AKEZA TV
AKEZA TV
  • 2 886
  • 11 064 854

Video

🔴muririmvyikazi Bénise Sweetbeats Aho avuga ati"Kare nahora ndirimba indirimbo z'isi ntarakizwa
zhlédnutí 25Před 15 hodinami
Kare nahora ndirimba indirimbo z'isi ariko munyuma maze gukizwa candahindura ingabire, nkora gospel", ivyo bishikirizwa nu muririmvyikazi Bénise Sweetbeats. Uno muririmvyi akaba asanzwe ari mwihiganwa Climat Africa Awards. #lesbeautesdecheznous #akezanet #OpenMic #Burundi
🔴KANGUKA muri Gabon: Wari umunezero udasanzwe kuri benedata bo mu gihugu ca Gabon
zhlédnutí 100Před 19 hodinami
KANGUKA muri Gabon: Wari umunezero udasanzwe kuri benedata bo mu gihugu ca Gabon n’ababa murako karere ka Afrika yo hagati. Bararonse umwanya wo guhimbaza no gutazira Imana mu ndimi zitandukanye harimwo n’ikirundi. Bakaba bashimira Umuvugabutumwa Chris Ndikumana ku butumwa bwiza yama abaha biciye mu kiganiro #KANGUKA hamwe n’amasengesho abakorera. #lesbeautesdecheznous #akezanet #kanguka #Burundi
🔴 Inyuma y’igikorane yakoreye muri ameroun, Chris Ndikumana yaraye akoze igikorane mgihugu ca Gabon
zhlédnutí 118Před 19 hodinami
Inyuma y’igikorane kidasanzwe yakoreye mu gisagara ca #Douala mu gihugu ca #cameroun, Umukozi w’Imana w’Umurundi Chris Ndikumana yaraye akoze ikindi gikorane kidasanzwe nkico nyene mu gihugu ca Gabon ( mu karere ka Afrika yo hagati ). Kikaba cari igikorane c’ubutumwa bwiza, gutabarwa, gukizwa no guhezagirwa mu vy’impwemu. Ico gikorane kikaba cabereye ku kibuga c’umupira w’amaguru bise « Stade d...
🔴 Muri Gabon, ngo ntanumwe yoba atazi ikiganiro #KANGUKA c’umuvugabutumwa w’umurundi Chris Ndikumana
zhlédnutí 48Před 19 hodinami
Muri Gabon, ngo ntanumwe yoba atazi ikiganiro #KANGUKA c’umuvugabutumwa w’umurundi Chris Ndikumana. Imbere yuko igikorane yaraye akoreyeyo gitangura, abantu benshi bari baraye kuri Stade cabereyeko. Hari n’abafashe ingendo ndende, bava mu bisagara vya kure, baza ku murwa mukuru w’ico gihugu kwumviriza ubutumwa bw’uwo mukozi w’Imana. Kaze murabe uko vyari vyifashe. #lesbeautesdecheznous #akezane...
PERFORMANCE LIVE: Birashoboka by Apollinaire Habonimana.
zhlédnutí 155Před 4 hodinami
PERFORMANCE LIVE: Birashoboka by Apollinaire Habonimana. #lesbeautesdecheznous #akezanet #Gospel #Burundi
🔴😣Ngiyi intahe y'umuririmvyi Spoks Man Burundi inyuma yaho agize ikibazo co guhungabana mu mutwe
zhlédnutí 482Před 4 hodinami
Ngiyi intahe y'umuririmvyi Spoks Man Burundi inyuma yaho agize ikibazo co guhungabana mu mutwe. Ubu yarakize kandi arashimira abantu bose bamubaye hafi. Nimumwumvirize!! #lesbeautesdecheznous #akezanet #OpenMic #Burundi
🔴Turinjiye muri Summer Open Mic Ibiganiro bishushe,abatumire bogutagata, na vibes
zhlédnutí 199Před 12 hodinami
🔴Turinjiye muri Summer Open Mic Ibiganiro bishushe,abatumire bogutagata, na vibes
🔹Incanco zitangwa gute ku mavuriro ?
zhlédnutí 90Před 14 hodinami
🔹Incanco zitangwa gute ku mavuriro ?
🔴😀Umviriza inkuru y’ubuzima Mutima le Comedien yaciyemwo kera atara menyekana
zhlédnutí 395Před 14 hodinami
🔴😀Umviriza inkuru y’ubuzima Mutima le Comedien yaciyemwo kera atara menyekana
ba Commandos bakoroka ku migozi bava mu ndege iri mu kirere, nko ku metero ijana (100m).
zhlédnutí 1,3KPřed 16 hodinami
ba Commandos bakoroka ku migozi bava mu ndege iri mu kirere, nko ku metero ijana (100m).
Ubuhinga budasanzwe bw’aba Para-Commandos,
zhlédnutí 2,6KPřed 16 hodinami
Ubuhinga budasanzwe bw’aba Para-Commandos,
Ntibazonkiza Saidi na Ndayishimiye Youssuf bagendeye Mira and Roofings
zhlédnutí 1KPřed 14 dny
Ntibazonkiza Saidi na Ndayishimiye Youssuf bagendeye Mira and Roofings
🔴Mwirabire incamake y’igiteramo ca bereye igitega kuwa 22 Ruheshi citabiriwe nabaririmvyi
zhlédnutí 160Před 14 dny
🔴Mwirabire incamake y’igiteramo ca bereye igitega kuwa 22 Ruheshi citabiriwe nabaririmvyi
Fabrice Manirakiza ahejeje gushikiriza ikindi kirwati gishasha, kigira 2 yise FABHOMES.
zhlédnutí 346Před 14 dny
Fabrice Manirakiza ahejeje gushikiriza ikindi kirwati gishasha, kigira 2 yise FABHOMES.
Saido Ntibazonkiza
zhlédnutí 251Před 14 dny
Saido Ntibazonkiza
Ndayishimiye Youssuf Nyange
zhlédnutí 83Před 14 dny
Ndayishimiye Youssuf Nyange
Ndayishimye Youssuf Nyange
zhlédnutí 102Před 14 dny
Ndayishimye Youssuf Nyange
Saido Ntibazonkiza
zhlédnutí 244Před 14 dny
Saido Ntibazonkiza
Dj Tyga ati: « Ivyashikiye Camamare naje vyarashikiye, ariko twarakoze urubanza abavyeyi badahari ».
zhlédnutí 88Před 14 dny
Dj Tyga ati: « Ivyashikiye Camamare naje vyarashikiye, ariko twarakoze urubanza abavyeyi badahari ».
Umugwi « God spirit Band » w’abigeme batatu bavukana bafise amajwi y'abamarayika.
zhlédnutí 76Před 14 dny
Umugwi « God spirit Band » w’abigeme batatu bavukana bafise amajwi y'abamarayika.
DJ FERNANDO VIDEO
zhlédnutí 1,8KPřed 21 dnem
DJ FERNANDO VIDEO
🔴Indirimbo mperuka gusohora na Olègue, mfise amahirwe make ku Kuko tuyisohoye Olegue yarazimye
zhlédnutí 108Před 21 dnem
🔴Indirimbo mperuka gusohora na Olègue, mfise amahirwe make ku Kuko tuyisohoye Olegue yarazimye
🔴💉💊kuruno wa 13 Ruheshi, muntara ya Kirundo ahugururwa isekeza ryo gutanga icanco zikinga agasama
zhlédnutí 25Před 21 dnem
🔴💉💊kuruno wa 13 Ruheshi, muntara ya Kirundo ahugururwa isekeza ryo gutanga icanco zikinga agasama
Mira Steel & Roofings, ihinguriro rya mbere rihingura ivyuma vyiza vy’ubwubatsi, muri EXPOSITION
zhlédnutí 222Před 21 dnem
Mira Steel & Roofings, ihinguriro rya mbere rihingura ivyuma vyiza vy’ubwubatsi, muri EXPOSITION
Ikigo CIEP caratunganijwe kw’igenekerezo rya 7 Ruheshi 2024,ikiganiro bise NKUYAGIRE kivuga ku ncaco
zhlédnutí 66Před 21 dnem
Ikigo CIEP caratunganijwe kw’igenekerezo rya 7 Ruheshi 2024,ikiganiro bise NKUYAGIRE kivuga ku ncaco
Abarundi bakoresha ibivuko vya Tanzania barashima serivisi bahabwa n’uburongozi bw’ivyo bivuko, TPA.
zhlédnutí 162Před 21 dnem
Abarundi bakoresha ibivuko vya Tanzania barashima serivisi bahabwa n’uburongozi bw’ivyo bivuko, TPA.
TPA ( Tanzania PortsTanzania ) : Partenaire privilégié dans les échanges commerciaux au Burundi
zhlédnutí 67Před 21 dnem
TPA ( Tanzania PortsTanzania ) : Partenaire privilégié dans les échanges commerciaux au Burundi
NIYA Carlo aratwiganira uko yabonye ihiganwa " Les Talents de chez nous"
zhlédnutí 103Před 21 dnem
NIYA Carlo aratwiganira uko yabonye ihiganwa " Les Talents de chez nous"
Amakuru agezweho y'Intamba Mu Rugamba
zhlédnutí 820Před měsícem
Amakuru agezweho y'Intamba Mu Rugamba

Komentáře

  • @ELICENSENGIYUMVA
    @ELICENSENGIYUMVA Před 7 hodinami

    Umusi Burundi buhura na Kenya Mulimarawi Malawi yavugako Burundi butotsinda Kenya Kubera Kenya yigezegutsinda Malawi 4 ku 0 mugabobaratangaye babonye Burundi bunganyije na Kenya uburerobabonyeko Burundi bushoboye

  • @ELICENSENGIYUMVA
    @ELICENSENGIYUMVA Před 7 hodinami

    Umusi Burundi buhura na Kenya Mulimarawi Malawi yavugako Burundi butotsinda Kenya Kubera Kenya yigezegutsinda Malawi 4 ku 0 mugabobaratangaye babonye Burundi bunganyije na Kenya uburerobabonyeko Burundi bushoboye

  • @ELICENSENGIYUMVA
    @ELICENSENGIYUMVA Před 7 hodinami

    Mumenyeko Malawi azobariryambere ihuye nu Burundi nikwipanga sawasawa

  • @AlineBenimana
    @AlineBenimana Před 9 hodinami

    Imana yivange mu buzima bwawe niwo mugisha nkwipfurijye

  • @hashimaezechiel1215
    @hashimaezechiel1215 Před 9 hodinami

    Let deaf music be heard

  • @NépomucèniNiyorugira
    @NépomucèniNiyorugira Před 12 hodinami

    Egera kumpande 😂😂😂😂❤❤

  • @onewize-sr6mn
    @onewize-sr6mn Před 20 hodinami

    Sana b fece

  • @FabiolaNikezwe-wy2sc

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @WATT_TV_KENYA
    @WATT_TV_KENYA Před dnem

    i wish diamond can know how much love he had this years ....this was real music

  • @user-vx9ri6oz4i
    @user-vx9ri6oz4i Před dnem

  • @pacitozi7612
    @pacitozi7612 Před 2 dny

    still 2024

  • @MugishaEvodie
    @MugishaEvodie Před 2 dny

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @saidikhalid-o2q
    @saidikhalid-o2q Před 2 dny

    naitwa.saidi.burundi.jipangeni.vizuri.mtashinda

  • @Nana-fv5yn
    @Nana-fv5yn Před 3 dny

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪

  • @nancyina5241
    @nancyina5241 Před 3 dny

    👍🏽👍🏽👍🏽👍🏽👍🏽👍🏽👍🏽

  • @DonDivinNgendakumana

    ❤❤❤❤

  • @umucoafricatv5508
    @umucoafricatv5508 Před 3 dny

    Vyiza cane

  • @claudiopoeta-yl4xn
    @claudiopoeta-yl4xn Před 3 dny

    Ntibakoroka ahubwo BARURURUKA😀😀😀😀😀😀

  • @cedricniyonkuru4436

    Vision 2026 yarapfuy kwl

  • @nancyina5241
    @nancyina5241 Před 4 dny

    Gitega OyEee Oyee OyEeeeee🥳🥳🥳🔥🔥🔥🔥😅😅😍😍😍😍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾🌹🌹🌹🌹🌹🙌🏾🙌🏾🙌🏾♥️♥️♥️♥️🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾!!!!

  • @davincikerr3942
    @davincikerr3942 Před 4 dny

    What kind of parade is this? Very disorganized check out Rwanda's RDF parade. Borrow a lief from your neighbors in the North.

    • @James-Jabari
      @James-Jabari Před 3 dny

      Abanyarwanda 99.99% mwigishijwe kwigaragaza neza mugahisha inzara ibarya ijoro numutaga kubwimisoro ya RPF (rupfu).

  • @user-me6tx1fg2e
    @user-me6tx1fg2e Před 4 dny

    Mbega akarasisi😂

  • @IsmaProductionsTV
    @IsmaProductionsTV Před 4 dny

    Stade intwari, izohera ryari?

  • @uwimanaaimee765
    @uwimanaaimee765 Před 4 dny

    Sha murinyuma nkumurizo pe

    • @James-Jabari
      @James-Jabari Před 3 dny

      Sawa, ariko namwe (Ugwanda) nimba mwiyizera muzogeze Uburundi murabe ukuntu bazobagira

    • @afrigifttv1038
      @afrigifttv1038 Před 2 dny

      Karyumurizo wanyokorome,none wewe uratiki

    • @James-Jabari
      @James-Jabari Před 2 dny

      @@afrigifttv1038 Gutukana si vyiza mwene data. Atiko ntakundi. _Iyijya kwonera umunyamwaku ituruka i Rwanda_

  • @elpadrino7872
    @elpadrino7872 Před 5 dny

    Copa America ni 1/4 de finale et non 1/8

  • @TiyeriNkurunziza-w3r

    Bien ❤

  • @KabayiSaid
    @KabayiSaid Před 5 dny

    Turakumva bwana mutama Zambia

  • @rgs97
    @rgs97 Před 5 dny

    Little did we know this was just the beginning of so many worship hits. Thanks RV for the last 10+ years❤❤❤

  • @ndayikengurukiye257

    huyu mwarabu ni mkal bro

  • @martinhabimana
    @martinhabimana Před 6 dny

    Ariko se President Mahamat ari kuvuga uruhe rurimi?

  • @hoffmannted-frank8618

    Je suis très content de voir comment le peuple burundais se réunis pour supportés leur équipe. Je suis aussi très impressionné de voir comment ils se sont organisé au niveau de la logistique. Mais je pense qu'il y a toujours une place pour l'amélioration (Caméra Principale). Ila prochaine foix, il faudra faire en sorte que tout soit bien cadré et visible ( toujours F=filmer en grand plan). Sinon tout était magnifiques. ;)

  • @burundishallsmile1day109

    Reverien grand visionnaire❤🎩

  • @nol7828
    @nol7828 Před 7 dny

  • @JAYPRWANDA-xh5sj
    @JAYPRWANDA-xh5sj Před 7 dny

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @orlandocosta5682
    @orlandocosta5682 Před 7 dny

    incrivel!!!!!!!

  • @user-hs9kt7fw6s
    @user-hs9kt7fw6s Před 7 dny

  • @user-hs9kt7fw6s
    @user-hs9kt7fw6s Před 7 dny

    Kbxx

  • @masterjeanluc3136
    @masterjeanluc3136 Před 7 dny

    😂😂😂😂😂😂

  • @EduardNGENDAKUMANA-tr1di

    Courag Francine wacu♥️

  • @NDAYISABACedrick-qr8xy

    💪💪💪🎸🎸🙏

  • @user-cz3ce5bd5w
    @user-cz3ce5bd5w Před 7 dny

    Igihugu c'amahoro n'iterambere ibihevyose nabarongoz babikwiye 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Před 7 dny

    Hinduribintu vyuburind vyayanzaye can ahomuvyomurikomwikukiramwo vyose abarundi turarush gos.ntimugum mutera amashugwe igihugu cacu kandikirikogisubirinyuma bivany nukudahuza mwabobategetsi mubijeko warayi mugarure igihugucacu

  • @user-so8kr2di5p
    @user-so8kr2di5p Před 7 dny

    ❤❤ uburundibwacu mbubahwe

  • @ngendakumanagregoirengendakuma

    Hejuru cane mon pays 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @user-dx3vp5ee1l
    @user-dx3vp5ee1l Před 7 dny

    Biraryoshe

  • @user-dp5qy8zl4d
    @user-dp5qy8zl4d Před 7 dny

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @user-dw4nr4kh5u
    @user-dw4nr4kh5u Před 7 dny

    Burundi 🇧🇮 is poor how can the president come in that vehicle?

    • @emmanuelntirushwa346
      @emmanuelntirushwa346 Před 7 dny

      igiturire hhhhh

    • @user-lq7yn4oc7i
      @user-lq7yn4oc7i Před 7 dny

      Mutize rwawe wewe udakenye

    • @James-Jabari
      @James-Jabari Před 3 dny

      @@user-lq7yn4oc7i Afise iki ko ari amagambo gusa munda atakiriyo. Abanyarwanda 99.99% bigishijwe kwigaragaza neza bagahisha inzara ibarya ijoro numutaga kubwimisoro ya RPF (rupfu).

  • @AimecesaireCesaire-fh5nm

    Au Zambie nous sommes en ligne

  • @DesireNiyonsaba-we9xc

    Who still listening in 2024?

  • @vvestinedushimirimana

    2024❤❤ndacakumviriz❤❤❤❤❤ mugong link