🔴KANGUKA muri Gabon: Wari umunezero udasanzwe kuri benedata bo mu gihugu ca Gabon

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 07. 2024
  • KANGUKA muri Gabon: Wari umunezero udasanzwe kuri benedata bo mu gihugu ca Gabon n’ababa murako karere ka Afrika yo hagati. Bararonse umwanya wo guhimbaza no gutazira Imana mu ndimi zitandukanye harimwo n’ikirundi. Bakaba bashimira Umuvugabutumwa Chris Ndikumana ku butumwa bwiza yama abaha biciye mu kiganiro #KANGUKA hamwe n’amasengesho abakorera.
    #lesbeautesdecheznous #akezanet #kanguka #Burundi
  • Zábava

Komentáře •