🔴muririmvyikazi Bénise Sweetbeats Aho avuga ati"Kare nahora ndirimba indirimbo z'isi ntarakizwa

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 07. 2024
  • Kare nahora ndirimba indirimbo z'isi ariko munyuma maze gukizwa candahindura ingabire, nkora gospel", ivyo bishikirizwa nu muririmvyikazi Bénise Sweetbeats. Uno muririmvyi akaba asanzwe ari mwihiganwa Climat Africa Awards.
    #lesbeautesdecheznous #akezanet #OpenMic #Burundi
  • Zábava

Komentáře •