Umugwi « God spirit Band » w’abigeme batatu bavukana bafise amajwi y'abamarayika.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 18. 06. 2024
  • Benshi mwarakunze umugwi « God spirit Band » w’abigeme batatu bavukana baririmba indirimbo mpimbazamana. Hari abakunze amajwi yabo abandi bakunda ubuhinga bakoresha mu kuririmba. Inyuma y’ihiganwa « Les Talents de chez nous » batsinzemwo barikumwe n’abandi banyempano 9, twabazanye mu kiganiro #OpenMic kugirango batubwire uko ubu impano yabo yifashe, n’ico bategekanya gukora muri kazoza ka vuba.
  • Zábava

Komentáře •