Mira Steel & Roofings, ihinguriro rya mbere rihingura ivyuma vyiza vy’ubwubatsi, muri EXPOSITION

SdĂ­let
VloĆŸit
  • čas pƙidĂĄn 13. 06. 2024
  • 🔮 đŸȘœIhinguriro Mira Steel & Roofings rihingura ivyuma n’ibindi bikoresho vy’ubwubatsi, rirafise ryarateguye ikibanza mw'i hayanishwa gurisha ry'ivyakorewe mu Burundi, ririko ribera mu gisagara ca Bujumbura ( impande ya Stade Intwari), ritunganijwe n'ubushikiranganji bw'ubudandanji bw'ifatanije n'ubushikiranganji bujejwe iyinjira ry'u Burundi muri #EAC.
    Ku bantu rero bafise ibibazo bijanye n’ivyuma vyo kwubaka, murahawe ikaze kugirango mubibaze vyose maze mwubake igihugu n'ivyuma bikomeye kandi biramba.
    #lesbeautesdecheznous #akezanet #Mirasteel #Burundi
  • ZĂĄbava

Komentáƙe •