Abarundi bakoresha ibivuko vya Tanzania barashima serivisi bahabwa n’uburongozi bw’ivyo bivuko, TPA.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 11. 06. 2024
  • 🔴 Abarundi bakoresha ibivuko vya Tanzania muri rusangi barashima serivisi bahabwa n’uburongozi bw’ivyo bivuko, Tanzania Ports Authority (TPA). Bamenyesha ko kuba ubwo murongozi bufise ibiro nserukizi hano i Bujumbura, bibakurikiranira ingorane baba bahuye nazo, vyatumye mu kazi kabo borohegwa.
    Amashirahamwe asanzwe yinjiza ibidandazwa vyinshi mu Burundi nayo nyene arashima. Kuva ivyo biro nserukizi bishinzwe mu Burundi, ngo ingorane zabo zitorerwa umuti vyoroshe kandi bikanyaruka.
    Tuvyumvirize hano
    #lesbeautesdecheznous #akezanet #importation #TPA #Burundi
  • Zábava

Komentáře • 1