Ubuhinga budasanzwe bw’aba Para-Commandos,

SdĂ­let
VloĆŸit
  • čas pƙidĂĄn 30. 06. 2024
  • 🔮Kaze mukurikirane ubuhinga budasanzwe bw’aba Para-Commandos, igihe bakoroka bava mu ndege iri mu kirere, nko ku kirometero (1000m)
    Hari mu birori vyo guhimbaza imyaka 62 irangiye Uburundi bwikukiye, vyabereye kuri Stade INGOMA, mu ntara ya Gitega.
    #lesbeautesdecheznous #akezanet #BurundiAt62 #independenceday2024 #burundi
  • ZĂĄbava

Komentáƙe • 1