🔹Incanco zitangwa gute ku mavuriro ?

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 1. 07. 2024
  • 🔹Incanco zitangwa gute ku mavuriro ?
    🔹Abavyeyi bazitaba barararikwa bikwiye ?
    Twaragendeye akarere k’ubuvuzi ka ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura, twongera turaganira n'abavyeyi muri CMC Kamenge, ku bijanye nivyo bibazo vyose. Kaze mubikurikirane!!
  • Zábava

Komentáře •