🔴 Muri Gabon, ngo ntanumwe yoba atazi ikiganiro

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 07. 2024
  • Muri Gabon, ngo ntanumwe yoba atazi ikiganiro #KANGUKA c’umuvugabutumwa w’umurundi Chris Ndikumana. Imbere yuko igikorane yaraye akoreyeyo gitangura, abantu benshi bari baraye kuri Stade cabereyeko. Hari n’abafashe ingendo ndende, bava mu bisagara vya kure, baza ku murwa mukuru w’ico gihugu kwumviriza ubutumwa bw’uwo mukozi w’Imana. Kaze murabe uko vyari vyifashe.
    #lesbeautesdecheznous #akezanet #kanguka #Burundi
  • Zábava

Komentáře •