🔴 Inyuma y’igikorane yakoreye muri ameroun, Chris Ndikumana yaraye akoze igikorane mgihugu ca Gabon

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 07. 2024
  • Inyuma y’igikorane kidasanzwe yakoreye mu gisagara ca #Douala mu gihugu ca #cameroun, Umukozi w’Imana w’Umurundi Chris Ndikumana yaraye akoze ikindi gikorane kidasanzwe nkico nyene mu gihugu ca Gabon ( mu karere ka Afrika yo hagati ). Kikaba cari igikorane c’ubutumwa bwiza, gutabarwa, gukizwa no guhezagirwa mu vy’impwemu.
    Ico gikorane kikaba cabereye ku kibuga c’umupira w’amaguru bise « Stade de l’Amitié » canke kandi « Stade DANGONDJE » kiri i Libreville, ku murwa mukuru w’ico gihugu.
    #lesbeautesdecheznous #akezanet #kanguka #Burundi
  • Zábava

Komentáře •