Gusaba impapuro z'inzira ngo bigiye kworoha

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 3. 10. 2022
  • 🛂 Hoba hari abacibaza uko bazobigenza mu kurondera impapuro z'inzira ku rubuga ngurukanabumenyi rwa PAFE ? 🤷🏾‍♀️
    📽️ Inyishu ni muri iyi sanamu aho umuyobozi mukuru w'urwego ruraba abinjira n'abasohoka, aho yasigura uko ubu umuntu atanga impapuro zikenewe, uko aronka isango muri PAFE eka mbere n'uko batunganiriza abihuta canke uko abafise ikibabakiye babimenyesha vyose biciye kuri urwo rubuga 🤳🏾
    #intwaro
  • Zábava

Komentáře • 11

  • @uwimanakenny6604
    @uwimanakenny6604 Před rokem +2

    Waouh, finally we are getting somewhere.Uwo mugambi ni mwiza kabisa

  • @fellowyordyrabbi
    @fellowyordyrabbi Před rokem

    Respect mister Commissioner Jimmy. Vyabintu birimwumuco. Bikomeze birwanya igiturire. Biri na digitalized

  • @niyongerejuvenal578
    @niyongerejuvenal578 Před rokem

    très bien,cette decision

  • @claudenshimirimana2168

    Ah mwabitoy gukor uko kbx

  • @mathieunduwimana7631
    @mathieunduwimana7631 Před 9 měsíci

    Namahor??jew ndashak gusa rendez-vous arik nabuze ahonca

  • @yousufyousuf1320
    @yousufyousuf1320 Před rokem

    Yooo vyoba vyiza cane

  • @agacutv1325
    @agacutv1325 Před rokem

    Ndi nikibazo mbe ivyo vyoguha umuntu amasango ya kure mutanga wumva iyo ari rendez vous yabariko bakora canke yabicaye mbe ninde ataba yihuta
    Ayo masango maremare niyo asasira indava igiturire gira
    Isango rito kuko abarundi ntibatunze kuburyo boronka rendez vous ngufi

  • @linatikitoktikitok7357

    Egooo mama hamwe utanga 500ml kweli oya nukur

  • @yousufyousuf1320
    @yousufyousuf1320 Před rokem

    None batwereke uko bigenda kugirantibizotugore baduhe nizo nimero twocako

  • @linatikitoktikitok7357

    Egooo mama hamwe utanga 500ml kweli oya nukur

    • @guybellyarakaza9537
      @guybellyarakaza9537 Před rokem

      Mwotubariza ukungene ba rejette le dossier bakavuga ko iri incomplet par mail m kuri site winjiye muri suivi ugasanga ni document validé