Igiswahiri: kubera iki kidafatisha mu Burundi ?

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 2. 08. 2024
  • 🤩 Wazungumzaji wa kiswahili oyee ! Nimuze mwishure 👇🏾
    Bibagwa neza mwumvise ngo urwo rurimi ruvugwa n'aba "escrocs" ? Ni ibiki vyatumye igiswahili kitakirijwe impundu mu Burundi ? 😒
    🗳 Ibigezweho muri poritike : imigwi ijejwe amatora hagati mu ntara yatanguye kujaho.
    Vyose twabikinjitse neza mu makuru y'uno musi 👇🏾
    #KuMusi
    #imico

Komentáře • 1

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana Před 23 dny

    Noe ivyo biswahili bizodushikana he ?? Ko arivyo ngaha muro East africa gusa😂😂😂😂