Irondoka: kutarenza abana batatu vyoba biva ku bagabo ?

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 10. 07. 2024
  • 😃 Ubona gute abagabo bipfungishije burundu kugira imvyaro zigabanuke ?
    🤰🏾Ehe raba : umugabo yotera inda abagore cumi ku musi, ariko umugore atwara inda imwe amezi icenda. Wumva gute ?
    ⚰🇧🇮 Ibisigarira vya prezida Buyoya ngo bigiye gutahukanwa mu Burundi. Nayo muri kahise, dusanga ejo haheze hararumanye imyaka 31 prezida Melchior Ndadaye yerekanye ubudasa mu gushinga Reta itangaje.
    Vyose ni mu makuru y'uno wa kane 👇🏾
    #KuMusi
    #ukubaho

Komentáře • 4

  • @IduhangazePrince-pp3pn
    @IduhangazePrince-pp3pn Před 22 dny +1

    ABAGABO bo muri South Africa Navuz Ko IMANA itavyemeraa😂 ivyobintu vyokwipfungishaaaaa!!
    Hari nababavyara Bagaterimber mbiswa Baburiw

  • @iradukundasereine4674
    @iradukundasereine4674 Před 22 dny

    🥰

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 Před 22 dny

    Buyoya ntiyapfuye ni amayeri y'abahima baguze ikiziga cuwundi muntu kugira ntagume aronderwa ngo akubitwe intahe mugahanga

  • @msajigwa9882
    @msajigwa9882 Před 22 dny

    Nimureke shaa kwigana ubwo bugome bwabazungu.biblia iravuga tuvyare turwire ntumusenyi wo kwitanganyika mwebwe naho mukazana ibinyurayo nayo.numuhisi Magufuri yavuze Africa tuvyare uko dushaka kuko abantu numutahe ukwiye