Angelo Barampama: "Navuye mu Busuwisi kugira nze guterere aho mvuka"
Vložit
- čas přidán 9. 07. 2024
- 🤷🏽♂️ Si ukutaryana canke ukutaba mu ntambara gusa. Hari n'ibindi.
👴🏾 Ngo "ijambo ry'umukuru rivumba umukura"; ino nararibonye iradusangiza ivyo yabonye muri kahise, uko yabibayemwo n'ivyigwa yahakuye 👇🏽
#UmuntuNUwundi
#AkariKuMutima
Avuze vyiza kandi mu Kirundi ciza cane
Itaba iwacu
Félicitations et merci Angelo
Hanura abahutu bewanyu bahagarike ihonya bwoko.
Uri umurundi?
@@bik139 n'unyarwanda abo turabazi cane,