Amateka y'Abarundi mu nkino za JO

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 07. 2024
  • 🥳🇧🇮 Abarundi 7 bari i Paris muri "Jeux olympiques". Twitege imidari ?
    😉 Mu kurindira kuzoja kubategerana amafirimbi, tube turibukanya amateka y'abanonotsi b'Abarundi muri izo nkino.
    Muri basketball y'Uburundi naho birashushe : inkino za VBL zica kuri Buja Tv 🏀
    Ng'ivyo bimwe mu bigize amakuru yacu y'uno musi. Kaze ! 👇🏾
    #KuMusi

Komentáře •