Isoko nkuru ya Bujumbura izohava yubakwa? Umushikirangaji yabamaze amazinda

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 26. 10. 2023
  • #indundinews :Ibijanye n'imizibikiro i #Nyabututsi ahazikwubakwa Ingoro y'Inama nkenguzamateka na Nshingamateka.
    Ivy'inyubako zigeretse mu gisagara ca Bujumbura , ivyo n'ibindi umviriza Umushikiranganji w'inyubako #Dieudonné_Dukundane
  • Zábava

Komentáře • 18

  • @georgetown9676
    @georgetown9676 Před 8 měsíci +3

    Urumugabo ministre
    Guma kwivola.
    Wew urashoboye.

  • @tumwamamazetv1079
    @tumwamamazetv1079 Před 8 měsíci +1

    Murahoneza ndabakunda cyane

  • @vitalniyokwizigira906
    @vitalniyokwizigira906 Před 8 měsíci +1

    Uwuguze parcelle bukeye kabiri akayigurisha amahera menshi, ikiriho n’ugushiraho itegeko fiscale rigaruza kuri iyo plus-value igice kiboneka muri Leta. Ariko ntacomubuza kudandaza igihe yagize mu mategeko. Ariko mu kudandaza Leta igashinga impôt iboneka kuri iyo plus-value… muri France ivyo mbona iyo impot sur la plus-value de cession du foncier yegereza 65%

  • @edwardmisigaro3790
    @edwardmisigaro3790 Před 8 měsíci +1

    Nukuri turashima ijambo
    Wavuze. Ninyishu mwataze kubanyamahaga.

  • @arthemonniyibizi9947
    @arthemonniyibizi9947 Před 8 měsíci

    Aba batama ndabakunda cn ivyo biyemeje gukorera abanyagihugu kunyungu zabenegihugu ziradindira, ariko ingingo zokubohera amaboko mumugongo abenegihugu zirihuta gushirwa mungiro

  • @robinsontubili899
    @robinsontubili899 Před 8 měsíci

    Ukubaka ni vyiza Mugabo nikubaka inyubako zigerecye icyuro 20 mirogwi ibili cyanke hejulu yaho twiteze iBurundi kuba nka'America New York
    nikubaka inyubako kuma Buye ahatamera

  • @thierrynduwimana6144
    @thierrynduwimana6144 Před 8 měsíci +1

    None abenegihugu ayomategeko barayazi! Ko aguze parcelle yataye igihe co kwubakwa,yasubiye muminwe ya Leta

  • @Rameckndayikengurukiye
    @Rameckndayikengurukiye Před 8 měsíci

    ministre urachoboyecane komera mubikorwa

  • @jeanmichelnishimwe8284
    @jeanmichelnishimwe8284 Před 8 měsíci +1

    Ariko Iwacu I Burundi imigambi y'iterambere bavuga kitaja mu ngiro ivy inyabututsi igihe vyavugiwe nubu wapi

    • @Bagenzi4life
      @Bagenzi4life Před 8 měsíci

      Kuvuga vya nyabututsi gusa ivyi soko navyo kuva 2013 kuger nubu bavugak bagiy kubaka iyindi ariko biherera mumajambo

  • @niyonkuruperes6253
    @niyonkuruperes6253 Před 8 měsíci

    8:07

  • @user-rz6qy4wm2n
    @user-rz6qy4wm2n Před 7 měsíci

    Koresha ayamwahinduye kubera iki murondera amadorari ayanyu ntimuyemera?

  • @niyonkuruperes6253
    @niyonkuruperes6253 Před 8 měsíci

    6:56 6:

  • @vitalniyokwizigira906
    @vitalniyokwizigira906 Před 8 měsíci

    Aho ni kubantu badandaje ivyuma y’imyaka mike bagize. ( kandi 5 ans ni mike kugira tunguke umurengera k’uyo….

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 Před 8 měsíci

    Mushikiranganji , nibaza ko utabona neza ico utegerezwa gukora. Akazi kagiye kukunanira mu misi iza ,uzovamwo canke wirukanwe kuko uriko ukora nabi. Urabona aho ingorane ziri ariko utaratinya kuko abasuma baripanze neza, aho ni CNDD-FDD, ntaco uzoshobora gukora. Ayo majambo uvuga ntakamaro afise. Bandanya uhembwa umushahara ntakindi.☺☺☺

  • @ivyishakaeltonjohn7370
    @ivyishakaeltonjohn7370 Před 8 měsíci

    Yokwubaka iyiheretse kabiri kubera afise iyo yiba amafaranga y'abanyagihugu nkuko mubikora , murarabantu bimbwa cane