Igice ca kabiri c'intahe ya Evariste Ndayishimiye aho avuga Isezerano Petero Nkurunziza yamusigiye

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 21. 08. 2020
  • #Burundi Umviriza Intahe ya Prezida Evariste Ndayishimiye aho avuga Isezerano Petero Nkurunziza yamusigiye. Iyo ntahe yayishikirije kuri uwu wa gatandatu, ku munsi ugira gatatu w'amasengesho y'iminsi ine ariko abera mu ntara ya #Ngozi, i #Buye, muri komine #Mwumba

Komentáře • 13

  • @abelbaraka263
    @abelbaraka263 Před 3 lety +1

    Nyanza-lac Pentecost Church oyeeee! God bless y'all

  • @burundikugatumbatv16
    @burundikugatumbatv16 Před 3 lety +2

    Amen.
    Amen.
    Amen.

  • @fahimafah349
    @fahimafah349 Před 3 lety +1

    Nyakwubahwa none kuvuga usekaseka nkabona umunga igihecose ufise akamwemwe nikuberiki kweri ndakwikundira ariko harabantu bandenganije uze undenganure ikindi urintwari

  • @hatugimanaalex7995
    @hatugimanaalex7995 Před 3 lety +1

    Imana musenga iratangaje siyo tuzi kuko iyo tuzi siyo kwiba nukwica nugutoteza abo mudasangiye ivyiyumviro mwatomboye abarundi nuko benshi Ari ibigugu

  • @alouisengendandumwe49
    @alouisengendandumwe49 Před 3 lety +1

    Nimureke kubesha intahe nyabaki kandi yarivye amatora harumuntu atazi ko cnl yatsize amatora

    • @lamanene8848
      @lamanene8848 Před 3 lety +1

      😆😆😆 icyaha cyububeshi bisigaye arubusa bararinda ahubona

    • @kingsaidovolcano9651
      @kingsaidovolcano9651 Před 3 lety

      Noe nigiki utumva bisigura niw yamwiche mutam uzobazua vyinchi vmrt ww sw