Uwu niwe mushikiranganji yarakwiye gutanga imihoho kubwa Olucome

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 7. 07. 2024
  • #indundinews : Olucome irakeza reta y'Uburundi ku ntambwe yo kwiyemeza gushira ubutare bw'igihugu mu muco, ariko kandi #Gabriel_Rufyiri aramutswa iryo shirahamwe aranegura ubushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo ivy'Ubutare akanagira asaba umushikiranganji gutanga imihoho.....
  • Zábava

Komentáře • 30

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 Před 15 dny +3

    Mr Rufyiri
    Grand Patriote🎩
    Pour laTransparence Burundaise😊❤✊🏾
    Bravo NEVA🇧🇮
    President, nimuhe Rufyiri protection Ikomeye kandi akwiye mu Gihugu.Abanyoni bataramuduhekura 😢

  • @user-ni3dc5wd3o
    @user-ni3dc5wd3o Před 16 dny +5

    Abarundi turakwiye impindukaa vrt kk biragaragara k atabantu bakorera igihugu dufisee🥲🥲

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 Před 16 dny +3

    Aho sha rufyiri ukerekana abahembwa amahera ya gusa

  • @BigBrother-lm7xo
    @BigBrother-lm7xo Před 16 dny +2

    Abantu twaramaze kuba ba nsumirinda umwe wese yipfuza guhanga niyo mpamvu bikitugoye gutera imbere niyo mpamvu magufuli yarumugabo wijunja nijambo kuko umuntu yipunfuza umushahara niwe mukunzi wigihugu

  • @wedanhelga8461
    @wedanhelga8461 Před 16 dny +2

    Banza mwubake amabarabara hamwe infrastructure kugira abantu baronke ubuzi. Ibarabara dya rumonge bujumbura kandi muhaca ntimugire ico muvuze. Kandi mubuze abaporisi kwama basaba amahera abanyagihugu hamwe namagari yabikorera ivyabo amahera bakagaburana. Mba america ntavyo ndigera mbona ivyo nabonye mu burundi. Imizana mumabarabara, abaporisi bakavyimba kandi bose bonze umengo ntibadya. Mwubake aeroport kwanza

  • @lilpaff93
    @lilpaff93 Před 13 dny

    Harakwiy gukora greve ihambay Kuruta iyiriko iba Kenya kuko ntivyumvikana

  • @HabaAugustin-fs2sd
    @HabaAugustin-fs2sd Před 14 dny +1

    Imbunuza zo turinazo pe nizo gusa muri leta

  • @BerchimasNyandwi
    @BerchimasNyandwi Před 14 dny

    Urumuntu wumushingantahe

  • @melchiadenyandwi-tv8kz
    @melchiadenyandwi-tv8kz Před 16 dny +1

    wavuga nuko ubwira intunva

  • @StevenMugando-ei6vb
    @StevenMugando-ei6vb Před 15 dny

    Wewe bandanya utwereka ivyotutari tuzi mutama ,nukuri uragerageza mutama bandanya ubabwira

  • @user-dh7nk2ue3r
    @user-dh7nk2ue3r Před 14 dny

    Igihugu kirakwiye kuba icatwese vrmt.

  • @abdulkabalundi3212
    @abdulkabalundi3212 Před 16 dny

    Komer cane gose

  • @yabesnshimirimana8530
    @yabesnshimirimana8530 Před 16 dny

    Igihug nicacu barakwiy kukwirikiza amategeko kk vyoash Caan

  • @wedanhelga8461
    @wedanhelga8461 Před 16 dny

    Igihugu kitagira ingege kandi abategetsi badakugwa bashireho abandi.

  • @Akagumyebagumako25
    @Akagumyebagumako25 Před 15 dny

    Ndabuze ico mvuga,
    None nimba inzahabu zarabuze, Nickel na yo?

  • @user-mq9kd7sk6f
    @user-mq9kd7sk6f Před 16 dny

    None ivyo bisuma n'abambuzi bofatwa na nnde ni Leta. Itabikoze niyo ibibazwa.

  • @Nolithajack12
    @Nolithajack12 Před 16 dny

    Nihatari kabisa😢

  • @thierrymanirakiza2018
    @thierrymanirakiza2018 Před 15 dny

    None no kugira twimbe ubutare bwacu turinda kubisabira uruhusha??

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před 15 dny

    None ayo marori aguma yambara yongera yambura gutyo😂

  • @jeanclaudenshimirimana6719

    Fata amabandi

  • @AlphonseNiyonsaba-i8l

    Babwire

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 Před 14 dny

    Ariko rero ayo ma conférence régionale des grands-lacs. Les grands-lacs iri dans le viseur des pieurs interntionaux . Le malheur yacu nuko abantu bazi ubwenge nka mwe, bagifise la naïté yo kwibaza ko la communauté internationale ' auto-proclamée". Iyo ni iyo kwegeranya ubutunzi bwa Afrika bakabuyora bwegeranye. La société civile ni iyo gucunga mareta. Uburundi buri mu ngorane économique kubera hakora abantu batazi ivyo bakora incabwenge zikumiriwe, ikindi nuko abo mwita communauté internationalité ishaka gufata les gd-lacs pour contrôler le monde. Umuntu akwumvirije ingora z' uburundi zitari locaux gusa muri géopolitique

  • @NdayidhimiyeGerard
    @NdayidhimiyeGerard Před 14 dny

    Wavug nuk ubwir abatumva kuk uwikorey ibihund ntiyumv

  • @jeanmariebizoza654
    @jeanmariebizoza654 Před 16 dny +1

    AKO KAGABO KARUBAHUKA

    • @Usbar-oc1kl
      @Usbar-oc1kl Před 15 dny +2

      Njye ndumva aka wita akagabo kavuga ukuri. None mu burundi abavuga ukuri nimubima ijambo hazatwara abameze gute?

  • @JeandeDieuBarutwanayo
    @JeandeDieuBarutwanayo Před 16 dny +1

    nukur wavuga muga nibihinduka nn iherezo nirihe!

  • @user-vk8wr8bu1q
    @user-vk8wr8bu1q Před 14 dny

    Urumugabo kabisa