BEACH y"akataraboneka mu BURUNDI//Abantu bava i BURAYA na AMERIKA baratamarirwa//bishasha tuzanye

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 9. 07. 2024
  • BEACH y"akataraboneka mu BURUNDI//Abantu bava i BURAYA na AMERIKA baratamarirwa//bishasha tuzanye
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
  • Zábava

Komentáře • 146

  • @RuhagoRusengo
    @RuhagoRusengo Před 6 dny +5

    Njye ndumunyarwarwa rwose uburundi nibwiza cyane , muranyemeje

  • @Fitbdi
    @Fitbdi Před 17 dny +46

    Uno musi mbaye umwambere, mumpe likes zanje
    Kandi buri like ndonka ni pompage imwe nca nkora

  • @257-re7hb
    @257-re7hb Před 17 dny +10

    gufatamwanya mukamenyekanisha ikibanza nkiki. nagaciro kugihugu cacu. big up mr umukubito. nokumashusho meza uduhaye. let s get it nothing s impossible . uburundi bwacu buzotera imbere tu. icogitoro kibura ayomatara abura ayomabarabara tutarubaka tuzobishikako turikumwe twese kandi mumwanya muto

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana Před 17 dny +7

    Uburundi bwacu nibwiza harakayaga keza cane Mana turindire Uburundi ❤

  • @user-28Gerardineakimana
    @user-28Gerardineakimana Před 17 dny +15

    President arakwiye gushimira Gael kuko ntakwatagira kwerekana igihugu cacu cu Burundi

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 Před 17 dny +1

      Ko yamushimiye birenze 😊😊😊
      Wabonyehe President kw Isi aha umu you Tuber interview?
      Irya ni Public interview na TV stations zirota kuronka.
      Vyamuhaye views birenze,na popularity irusha!
      Kandi Gael yavyifashemwo neza kandi arushaho kutwemeza ko yarabikwiye❤👌🏽
      Hari Agashimwe karuta ako?n abuzukuru biwe azobereka!

    • @user-jm2ld3mf8k
      @user-jm2ld3mf8k Před 13 dny

      None,ningombwa ko president abimushimira!!??? Wowe ntiwabimushinira erega nawe nyene ariko arikorera kuko ivyiza vyose ntawabura kubishigikira!!!!

  • @ngenzihitimana8173
    @ngenzihitimana8173 Před 5 dny +1

    Jye ndi I Rwanda ariko turabona muri gutera imbere muri hospitality nibyiza nyaburanga imipaka niyugururwa tuzobatemberera congz to van business group

  • @jeannkuru2887
    @jeannkuru2887 Před 17 dny +9

    Nice one❤.
    Ibirya gusha birabaza bigashuha, rero uburundi 2040 et 2060 turimo turabubona.

  • @ImaniJobel-mf9vo
    @ImaniJobel-mf9vo Před 17 dny +6

    Abarundi twimereye ukuntu turanyegeza ivyacu nkaha iyaba arabanyarwanda amajambo abarimeshi nivyizaguhisha ivyawe nice my country

  • @reverienngendahimana7772
    @reverienngendahimana7772 Před 17 dny +7

    Nyumbani kwetu hejuru caane ❤❤❤ burundi 🇧🇮 ♥️ whatching from 🇿🇦 🇿🇦

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira Před 14 dny

      Reka kwitwenga mutabuze ababatwenga. Cndd fdd itwara igihugu muzorinda muja munsi y ivu

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 Před 16 dny +2

    This is the only channel which makes sense umukubito tv keep it up

  • @annonciatteahishakiy3693
    @annonciatteahishakiy3693 Před 17 dny +2

    Wao niheza vrmt bofrr wnj na mukuru wnj baranteyiteka ryokuhansohokana vrmt yari good sanaaaa

  • @MrNuurofficial
    @MrNuurofficial Před 17 dny +3

    Ryajambo rya nyenicubahiro Never niryo Eden ndayibony❤❤❤❤

  • @MC_Malova_the_hitMaker
    @MC_Malova_the_hitMaker Před 16 dny +2

    Gae courage kuz mwerekana ubwiza bw'IGIHUGU kabisa❤🇧🇮🇧🇮!!
    - *Zubarira aboba Boss batange akazi nokuri Tiktok dukorere umuti hose bro✌️✌️

  • @theophileniyongabo781
    @theophileniyongabo781 Před 17 dny +6

    Cameraman wa fake adashobora kwerekana ahantu neza.agumizamwo gusa abariko bakora ikiganiro.Ariko usanga Gael akunda kuguma aboneka muri camera😂.Gael waruborewe waguma utwenga gusa.ikiganiro cabishe

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 Před 17 dny +17

    Abarundi Turafise igihugu ciza turakwiye kwirata ubwiza bwaco mumakungu

    • @fatmahaf4951
      @fatmahaf4951 Před 17 dny +1

      Wiratiriki turazi.kwiremesha KL hhhhh😂😂😂

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 Před 17 dny

      @@fatmahaf4951 iyoninzigo nishari bikuri mumutima 😃😃😃 ariko imana ishimwe dufise igihugu ciza cokwishimira

    • @nizigiyimanayves9485
      @nizigiyimanayves9485 Před 17 dny

      Utugaya iki none?
      Ivyo kwirata birahari kandi nivyo vyishi kurusha ivyo twogaya​@@fatmahaf4951

    • @_-wt8ns
      @_-wt8ns Před 17 dny +1

      Uburundi nibwiza nukoharabagomba kuguma babutoba nayahandi igihugu cacu cariciza

    • @fatmahaf4951
      @fatmahaf4951 Před 17 dny

      @@_-wt8ns ego Sha niciza kibuze. Ababutwara bazima (ababuyobora) baciyubwenge nukur nahubundi butera busubieinyuma

  • @fistonnibigira167
    @fistonnibigira167 Před 6 dny

    Wow beautiful place🇿🇦🇧🇮

  • @GeorgesMucunga
    @GeorgesMucunga Před 17 dny +6

    Abanyarwanda nabo nimubareke bivugire badutyoza iciza nuko biyemera kuvyabo kandi umuti wugukira nukwishimira ivyiwanyu.

    • @gajou4491
      @gajou4491 Před 16 dny

      Oya Abanyarwanda turabakunda nyamara nimwe mukunda kudusebereza igihugu na President wacu. Ubwo natwe rwose tukabasubiza nyine! Burundi kuri Plage murafise kabisa! Peace

    • @user-bd3me7fz7v
      @user-bd3me7fz7v Před 7 dny

      Abanyarwanda se bakugizente wowe ishimire aka gahotel nuko nyene mwateye imbere ,mukama wikigongwe ngo iburaya bazakuraba?yayaya uzi ico ndakubarira iyo wivugira ngo abanyarwanda.edeni ????😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Sha muraraba nimba ntakibazo mufise mumutwe ,hama ngo abanyarwanda......

    • @Nziraph
      @Nziraph Před 6 dny +1

      Reka amacakubiri! Van Beach ikeneye aba clients bose, harimwo na nos cousins et cousines Rwandais. Stop divisions....don't bring politics into this amazing work that promotes our beautiful country.

  • @jojouwi3159
    @jojouwi3159 Před 6 dny

    Yeap ! Murakoze Badufashe bafungurimupaka Inkumi Tuze tujyubuzima 😂 Van Beach nakarusho 🎉🎉 . Umukubito komerezaho ❤

  • @amossinoden60
    @amossinoden60 Před dnem

    Roundabout mukirundi bayita mwihuriro wa kintuwe😂😂😂😂

  • @ndarishikijejeandedieu8860

    Roundabout mukirundi ni amasanganzira

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo Před 6 dny

    Congratulations 🎆 🎆 kandi mwiyumvire ikijanye no gukora iryobarabara uvuye kwikaburimbo mugashiramwo agakaburimbo kandi mwibuka Kwubaka na towers amahoteri yambere maremare muburundi burya mwebwe ndabemera mwobikora ❤❤💪💪💪💪

  • @NiyokwizeraBernardine-g6y

    Uburundi hejuru cane na van beach resort.

  • @sj-dg8wg
    @sj-dg8wg Před 5 dny

    Ndahakunze❤🎉 from Rwanda

  • @BonithHavyarimana-t5o
    @BonithHavyarimana-t5o Před 17 dny +1

    Stunning Beach.All diaspora members,you 're welcome

  • @celestinmaniratunga7815
    @celestinmaniratunga7815 Před 17 dny +2

    Umukubito TV yubahwe kuko kuva kera badusomerako Eden irikwisi ariko inyegeje none twese turiko ubutuyibona neza pe , Reta nkozi igiringuvu amabarabara yomugisagara akorwe neza caaane kuyindi mpwemu idasanzwe kuko vuba tuzoronka ingenzi nyishi zije gufungura agafi nogutembera muri Edeni .

  • @azizasudi
    @azizasudi Před 17 dny +4

    🇧🇮 🇧🇮 amata n'ubuki ❤❤❤

  • @vyukusengechantalchantal8899

    Ndabona igihugu cacu carabaye neza ❤❤❤❤

  • @Twese.01
    @Twese.01 Před 17 dny +1

    Van beach muri top👌

  • @vestinntirampeba1415
    @vestinntirampeba1415 Před 16 dny

    Wow félicitation Gael kutwereka ubwiza bwigihugu cacu

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 Před 17 dny +2

    Burundi 🇧🇮 bwacu sayangana❤❤❤❤

  • @MC_Malova_the_hitMaker
    @MC_Malova_the_hitMaker Před 17 dny +2

    Waaaoooooh Burundi hoyeee❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @abdallahjuma7997
    @abdallahjuma7997 Před 17 dny +3

    Abarundi babanye nabanyagwanda n'ibo bakubwira kwo Umunyagwanda afise ibihumbi ijana atangura kukubwira ngo yatunze arikw umurundi afise iraki zitanu akaguma akubwira kwo akenye ibivyiza vyokabaye biri mugwanda umwaka worinze uhera bakivyirata ndashim Gaël yatugejejeh ibintu vyiza cneee nkibi.

    • @pacifique3943
      @pacifique3943 Před 16 dny +1

      Ntabwo abanyarwanda Bose ari bamwe kandi u Rwanda rufise abarwizatunga benshi kuruta uburundi!

    • @bizomenyimanaelias5455
      @bizomenyimanaelias5455 Před 12 dny

      ​@@pacifique3943reka reka abanyarwanda barakenye cane kandi burya abarundi baratunze cane gose hari nabarwiza tunga kurusha abanyarwanda

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns Před 17 dny +1

    Imanihezagiy ntawusubizamwo kabisa ivyisibiratangaj

  • @celiony257
    @celiony257 Před 16 dny

    Vraiment zirya bus zubahwe uyu musi zari ziyoboye❤❤

  • @yanganandeemmanuel7171
    @yanganandeemmanuel7171 Před 17 dny +5

    Aha hantu niheza kbs uburundi nibufungura nzabazanira amafranga kbs

  • @arindaabdul6053
    @arindaabdul6053 Před 13 dny

    I'll visit Burundi Isha Allah

  • @niyongabochretien2171
    @niyongabochretien2171 Před 17 dny +1

    Amazing bch

  • @maylaburundiantv9519
    @maylaburundiantv9519 Před 15 dny

    Nukuri kwose Abarundi n'Uburundi turi beza

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Před 15 dny

    Ndahumvira uburoho ❤❤❤😮

  • @Nikiza.Bellansine
    @Nikiza.Bellansine Před 15 dny

    Burundi bwacuburundi buhorechingicumumumakung❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @toyi7605
    @toyi7605 Před 17 dny

    ❤❤❤❤Bujumbura yetu mungu mbele sisi nyuma

  • @Xhcfj-ye3hx
    @Xhcfj-ye3hx Před 17 dny +2

    ❤❤❤❤❤❤

  • @hervenihezagire
    @hervenihezagire Před 17 dny +2

    Ndasavy akazi muri VAN kbxa

  • @henrisonphiri7136
    @henrisonphiri7136 Před 10 dny

    Ivyiza vyiwacu

  • @EagleLightbob
    @EagleLightbob Před 16 dny

    Good job

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Před 17 dny +2

    Eden❤❤❤❤

  • @passyk9968
    @passyk9968 Před 11 dny

    For sure jewe ndaje by God’s Grace.

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 Před 17 dny +1

    Ndekatubane🎉🎉🎉🎉

  • @user-fk3pl1jj4p
    @user-fk3pl1jj4p Před 17 dny +1

    Courage

  • @mayaciza8337
    @mayaciza8337 Před 12 dny +1

    Sinzi strategies za Gael mais Sinumva ingene atereka neza aho ahantu pour faire une belle publicité.... Kuguma tubabona mwebwe n'est pas intéressant.
    Gael, urafise potentiel nini caaane....mais werekana inusu...
    Et c'est vraiment dommage.
    Gira aga formation.
    Paix sur vous

  • @mariechantalkwizera7319
    @mariechantalkwizera7319 Před 17 dny +1

    Ubaka nation❤❤

  • @claudinenkunzimana8435

    Gael arakwiye agashimwe , ikiganiro aduha kiradushimisha

  • @KasendrLukadi-pj7xy
    @KasendrLukadi-pj7xy Před 17 dny +2

    Wow c beau labas

  • @bigosr779
    @bigosr779 Před 12 dny

    Nice 👍 place I’m there 🔜

  • @sindalove5831
    @sindalove5831 Před 17 dny +3

    Nanje shaka dukorane ikiganiro

  • @rosettecimpaye4090
    @rosettecimpaye4090 Před 16 dny

    Juste gael nkunda iyo mvugo ucanga umwanya muto nikiyindi mpwemu idasanzwe

  • @iradukundamariechantal6404

    ❤❤❤❤❤

  • @amolam97
    @amolam97 Před 17 dny

    God keep blessing our country biratesa🤍❤💚🇧🇮

  • @chadrackroutine
    @chadrackroutine Před 17 dny +3

    Uno mujama ahakwa ngusa na chitaaa

  • @donnezi9884
    @donnezi9884 Před 15 dny

    Burundi bwacu burundi buhire
    Ibaze iyaba abanyamafranga bose bokwiganye boss wa Van bakagwiza ama projet zikaze muntara zose apana bimwe ngo orora inkoko😢

  • @waw-91
    @waw-91 Před 16 dny

    @umukubito, uwokenera kuvugana n'uwo mu patron wa Van Beach yomuronka?

  • @burundishallsmile1day109

    😊❤
    👌🏽

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl

    Niyambere kbsa mu Burundi

  • @ChadrackNiyonkuru-bn9uz

    Nimundangirw aho harerey basha nzoze kuhanwera

  • @ZakiaCadette
    @ZakiaCadette Před 12 dny

    Mukirundi ni mumahuriro yibarabara😂😂😂

  • @user-hl3vk3tk9h
    @user-hl3vk3tk9h Před 17 dny

    🙌🙌🙌🙌🙌

  • @didamseto8280
    @didamseto8280 Před 17 dny

    hejuru can🇧🇮🇧🇮🙌🙌

  • @NizeyumukizaAbdallah-h9l

    Nisawa kubanyamafaranga hagati mugihugu ntaco bitumariy

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Před 17 dny

    Murazogiraho na Sauna na Massage ndabahe uwundi mutwe.

  • @ericazero9736
    @ericazero9736 Před 17 dny +1

    Uyu mujama mwakoranye interview Ni muzima nanje ndamwemeye twohuza kuko nabonye Yuko yanyoge jus ariko Imbere ya jus yafashe akandi kantu mwaduhishije.niyavuga KO nabeshe azondondere inbox

  • @user-go9nx6qh6l
    @user-go9nx6qh6l Před 17 dny +1

    No beach in Rwanda. They will never get a beach like this in Rwanda. Guys these beautiful beaches find in Burundi

    • @user-jl9nn5dw9x
      @user-jl9nn5dw9x Před 17 dny +1

      Were they gonna get great beach like this but there talking to much things ❤❤❤❤ I love my country

    • @pacifique3943
      @pacifique3943 Před 16 dny +1

      They’re going to build a massive artificial beach at Gisenyi it will cost 350$ and I bet it will make much money than all tanganyika resorts combined …Kivu is beautiful too!

    • @TresorNishimwe-jz4wy
      @TresorNishimwe-jz4wy Před 16 dny

      ​@pacifique394😂😢😮3

    • @user-go9nx6qh6l
      @user-go9nx6qh6l Před 16 dny +2

      ​Please come to Rumonge you will see our beautiful Beaches like Blueberry beach. Guys Burundi is beaut like chick. No you can't find any beach in Rwanda

    • @kevinjr1
      @kevinjr1 Před 14 dny

      Nubwambere ngize comment kuva nabah sinz kutihenz 350$ arakora beach ko muburundi dufis ibibanz vyishi ngenda nkore ijana

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 Před 17 dny +12

    Burundi ni Eden💯

  • @user-xj8nf2gt7w
    @user-xj8nf2gt7w Před 15 dny

    Les prix svp 😅

  • @danielmucowintore5267
    @danielmucowintore5267 Před 17 dny +2

    Muga iyo hotel ntabirenze muga ni flsh

  • @indebirahariadiel9882
    @indebirahariadiel9882 Před 17 dny

    Muramubwira Neva yugurure imipaka

  • @AlthrayhGold-qh1ii
    @AlthrayhGold-qh1ii Před 17 dny

    Haratesa

  • @user-cp6tf2wq8l
    @user-cp6tf2wq8l Před 17 dny +1

    Samasigariracicaro😊

  • @antoinetteharerimana6824

    ego👍👍👍👍👍👍👍

  • @Bapfunya
    @Bapfunya Před 14 dny

    Burundi uratunze

  • @jocelyneliaminarukundo3633

    Cameraman😢😢😢😢

  • @user-dq1pk7cj2b
    @user-dq1pk7cj2b Před 17 dny

    Uburundi bwacu nibwiza caane

  • @waw-91
    @waw-91 Před 16 dny

    hari abantu ba burofa. Izi num za maison de passage watanze umuntu abandikiye ntibishura. That's boring

  • @user-no6yf8lz1d
    @user-no6yf8lz1d Před 17 dny +1

    Aho hantu ndahakeneye nzohasohokere

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Před 15 dny

    ❤❤❤😅

  • @GeorgesMucunga
    @GeorgesMucunga Před 17 dny

    Banka bavyemera Uburundi buhoro buhoro bugiye kuba igihugu c' iyubashe.

    • @JosephSikogukira
      @JosephSikogukira Před 12 dny

      Urarota ku murango sha !

    • @michelinemiche442
      @michelinemiche442 Před 6 dny

      ​@@JosephSikogukiraarota kubera iki?wew uraba hafi niyo mpamvu,nawe uri tobiya muzindi

  • @PrinceTuyishime
    @PrinceTuyishime Před 12 dny

    😂😂😂😂😂😂

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 Před 17 dny +3

    None kimwuback bujumbura yonse arik. Ntimwarushya kigali❤turabarenze 10l10

    • @joyeuxniyonkuru2701
      @joyeuxniyonkuru2701 Před 17 dny

      Aho nkawe wosanga urya rimwe k'umusi ariko uraho urasamye😂

    • @joyeuxniyonkuru2701
      @joyeuxniyonkuru2701 Před 17 dny

      Kigali se mugira beach?😜😜😜

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 Před 17 dny +1

      ​@@joyeuxniyonkuru2701ahubwo wosanga anataha mumwobo nkifuku nayo kurya rimwe nivyabeshi 😂😂😂😂😂

    • @joyeuxniyonkuru2701
      @joyeuxniyonkuru2701 Před 17 dny

      @@nirenganira8433 Je abanyarwanda barantwenza nukuri😂😂😂

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 Před 17 dny +2

      @@joyeuxniyonkuru2701 erega abirirwa bavuga nibamwe ataco bifitiye bamwe babayeho kukigongwe cya president Kagame 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @PATRICK-dg7Hamstercombat

    Aha ni hezs kbsa

  • @clovis994
    @clovis994 Před 17 dny

    We Jamal aca ongo iyo ni hypocrisie, Ndeka bwiwe ni muzima yiciwe namwe abarundi guterimbere biracagoranye,Gabin yarivye hirukanwa abataribo muramureka iyi documentaire fake kbs

  • @innocentmanirambona6495
    @innocentmanirambona6495 Před 17 dny +1

    😂

  • @clovis994
    @clovis994 Před 17 dny +1

    Gabin abatwara bwite numusuma hama ngo ntabusuma bubayo!!yibuke imivinyu yivye aba tennisman birakomera muramureka kubera ico mupfana,ntavyo twibagiye

  • @user-fj5hh7pc1f
    @user-fj5hh7pc1f Před 15 dny

    ❤❤❤❤❤