Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Imana idufashe😢😢😢
Ramba
Nuko nyakubahwa nacanamanuka icogitora muzotubwire nubwo ataho ndabibona muburundi
Wewe niwidugirize ukwushaka kuko ntakiguhanze
Muratubariza Abo ba bakuru duhora tubon Ama photo yivy bimbuye mbeee bihora bishorwa heh cnk barabifungura vyose kumengo aba ar Ama Toni nama toni
Muga muratwenza none ushaka bazoze barashora iwawe?Uratanga commande kugira uze urabibona none gasha KO wewe utabera hose icarimwe wobibona gute mugihe batabishoye aho uherereye?
Ati ivyankenegwa birazimbuts???.Mbega abarundi bararonka ayomafaranga mwita make??.Abarundi bararushe hagezeko amajambo muvuga ave mumajambo aje mubikogwa.Abarundi barashonie ntahobakura amafaranga uokugura ivyokurya.
Ntubeshe inzara irahari ariko reka dukovye dukore kuko sinibaza KO harumuvyeyi yonezerwa abana bamusonzeye mumaso uwo cambu ca never wacu yoba arumuvyeyi gito
Imana idufashe😢😢😢
Ramba
Nuko nyakubahwa nacanamanuka icogitora muzotubwire nubwo ataho ndabibona muburundi
Wewe niwidugirize ukwushaka kuko ntakiguhanze
Muratubariza Abo ba bakuru duhora tubon Ama photo yivy bimbuye mbeee bihora bishorwa heh cnk barabifungura vyose kumengo aba ar Ama Toni nama toni
Muga muratwenza none ushaka bazoze barashora iwawe?
Uratanga commande kugira uze urabibona none gasha KO wewe utabera hose icarimwe wobibona gute mugihe batabishoye aho uherereye?