HAPPY RIVER ARABESHUJE IVYO BAVUGA YUKO ANYIKA

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 30. 03. 2022
  • Happy River avuga yuko akijijwe ivyo kunyika yuko atarivyo.
    #Letthestarshine #Tv
  • Zábava

Komentáře • 131

  • @user-nz4hk7hh8i
    @user-nz4hk7hh8i Před měsícem

    Nibagukureko iyobabonye uwitereye imbere baca batangura kumuvya kwabikura kwasatani bagaha icubahiro satani ukamenga niwe atanga umugisha gusumba imana yomwijuru

  • @tresornemerimana2072
    @tresornemerimana2072 Před rokem

    Sha nugusenga kweri Kuko ntivyoroshe tugeze mugihe canyuma Kuko kirya kiganiro nimpumyi yovuga ivyo yabonye.

  • @user-rz5zz1ml4i
    @user-rz5zz1ml4i Před 6 měsíci

    SHA narabibonye bamuvumbuye aranyika

  • @channyqueenniyokwizera1087

    Ivyo murabikora Imana igahora mukibazako ihwanye namwe yarivugiy ati izobahana ibitsishije imbere yamaso yawe uko bikurikirana ibintu iyo bimenyekanye ababa babibonye baba babibonye

  • @alklbahayoan9984
    @alklbahayoan9984 Před 11 měsíci

    Koreshumwanya yarakumvumbuye acavuga ngouranyitse

  • @asqw3873
    @asqw3873 Před 2 lety +5

    Haaaaa yesu yaraye aberekanye mwese wangu satani ntampembo yiwe ijambo ry'lmana ritubwir Ngo ivyurabikora nkinumura ukibaza ngompwanye nawe umusumwe nzobigaragaza imbere yamaso yabantu ukobingana reka rere iberekane twitahire honyene nimyitwarire yawe iravyerekana

    • @bernadettenkurikiye7690
      @bernadettenkurikiye7690 Před 2 lety +3

      Imana ibabarire abavugako Riva anyika iyo nifuhe

    • @anickegateka3955
      @anickegateka3955 Před 2 lety

      Nukuri nimureka gucimanza kuko imana niyo itucira imanza kuko abobarimukazi nukuri siryiza iriya yarimontaje vema

    • @anickegateka3955
      @anickegateka3955 Před 2 lety

      Nukuri nimureka gucimanza kuko imana niyo itucira imanza kuko abobarimukazi nukuri siryiza iriya yarimontaje vema

  • @asilaasila4624
    @asilaasila4624 Před 2 lety

    Ntimutubeshe uranyika kbx.

  • @nicesa...8882
    @nicesa...8882 Před 2 lety

    Ntamuntu Wimana Agira Ababodigari Sivyiza Kuko Ubuzikufise Imana Ikugendanira Ahuburihose Nurya Sandi Ntiyoroshe Nikwiyoberanya Kugira Mutunge Ntimuzemuharira Zamwemera Akabimurakuze

  • @engleberthentirampeba3452

    nuwugiye kwica agenda arahamagara Imana.abo barinyuma yiwe niwe bazomuhindukirira un jour.ntakwizera umwana wumuntu Imana niyicunga

  • @user-mx4yc1vc6c
    @user-mx4yc1vc6c Před rokem

    Imana izokugaragaza p

  • @azizaa7962
    @azizaa7962 Před 2 lety +1

    Kuberiki uwomuvugizi wawe yanka ko koreshumwany Akora kwawurya muhungu ngokand agaca mucumba kitarico ngo hariho ibindi abona Sha muhende abandi

  • @sandrenciza7688
    @sandrenciza7688 Před rokem

    Yesuniwe mucamanza ariko umuvumburo.warerekanye vyose

  • @francinemanirakiza2939

    Imana irihangana uravuzengo yesu ashimwe??🤭🤭urateye isoni mwarahinyutse motife ngo murasenga??kandi arukuyovya abantu.

  • @girukwishakaclaudine8672
    @girukwishakaclaudine8672 Před 2 lety +1

    Nibakureke Happy kuko ntibashaka ko uterimbere
    Turifuza Sandra nawe 🎤

  • @mireillemuhoza5521
    @mireillemuhoza5521 Před 2 lety

    Non ico kiganiriro mwaciy mukorana kwataco twabony ko koreshumwanya yasiguy koyakoze ikiganiro
    Urinyuma
    Yakamera
    Mwe muri
    Namahinyu ariko haragowe uwowes yihisha muby'Imana

  • @sergeskarangwa1006
    @sergeskarangwa1006 Před 2 lety +1

    Mana happy river nibakureke j ndagukunda cane vmt n'a sanita iraryosh Can vmt

  • @user-bi9pn1pm8z
    @user-bi9pn1pm8z Před 2 lety +2

    Ikibazo nuko abantu bataramenya montage

  • @user-xd3kt2bs1r
    @user-xd3kt2bs1r Před 2 lety +4

    Ntamuntu yakijijw agendana nababogare abakizwa bagendana nayesu

  • @user-ro1ny9sh2q
    @user-ro1ny9sh2q Před rokem

    Igihungu nishetani ukocakubise koreshumwanya vahoho

  • @harerimananadia3433
    @harerimananadia3433 Před 2 lety

    Ayo namahra agusaza yaba atayo ufise ntuburiko urasama uko vyose nubusa mwenedata

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 Před 2 lety +1

    Nabasaz ahubwo nih bakibon montage nibirofa baragend barab Fany lavine akin na mutoy wiw barab film ishush yumuntu ya Peter nibakur amajamb ngah sivyo

  • @user-kd2pu9bp7z
    @user-kd2pu9bp7z Před rokem

    Jew happy river ndabakunda can 🥰😁

  • @nizerenene2793
    @nizerenene2793 Před 2 lety

    Abantu baragoye happy River bazouruha hama sanita ni film nziza cane nimunyarutse number 2

  • @liessemuhoza6291
    @liessemuhoza6291 Před rokem

    Vyemere uranyika twarabibony

  • @anickanick8060
    @anickanick8060 Před 2 lety

    Kurinduru wagisigowe nkaho uriko uvuga iki wadayimoniwe🇧🇮🇦🇪🤭🤭🤔

  • @yvonnerutebuka1862
    @yvonnerutebuka1862 Před 2 lety +1

    Iyi imbecile inajifananisha na Yesuuuuu 😭😭 toka shetani kwajina la yesu kristo

    • @babyniyomufasha9408
      @babyniyomufasha9408 Před 2 lety +1

      Mungu akusame!!nimb uzi akazi kab youtubeur ntiwar kwemez ivyo utazi!kko kiry kiganiro kur waka light Tv handitse ngo "turye show"rro imbere yokwandik ama commentaires ba mubanz kurab ama titre
      Knd sorry

  • @anetaaneta2767
    @anetaaneta2767 Před 2 lety

    Twika muhungu

  • @user-pd1bj6go7l
    @user-pd1bj6go7l Před rokem

    Nabandibavugukoo

  • @user-jm3pc7tu7c
    @user-jm3pc7tu7c Před 2 lety

    Kobikaze la

  • @EmmyNassor885
    @EmmyNassor885 Před rokem

    Ntamusi numwe naribwarabe film yiwe ndaba izabandi barundi mai kumbe umutima wanje ntiwigeze undingora kuraba ivyiwe kubera asa numwicanyi

  • @magnifiquekwizera7943
    @magnifiquekwizera7943 Před 2 lety +1

    Mwisi ntivyoroshe gusa nukwihangana

  • @user-sn2gw3rq2d
    @user-sn2gw3rq2d Před 2 lety +1

    Nimwihane.mwebwenyene.iman.yarabagaragaje.

  • @anetaaneta2767
    @anetaaneta2767 Před 2 lety +1

    💯🤝👍

  • @user-xd3kt2bs1r
    @user-xd3kt2bs1r Před 2 lety +1

    Ati muze mur amenya ngo mbega muvumbuy bande non ayoma jambo nayumuntu yakijijw bamureka gucafuza izina ryimana

  • @chamillairakoze6465
    @chamillairakoze6465 Před 2 lety +1

    izo ni jaloux nibakurek ham ndakundukuntu happy River avug

  • @khlaifaali245
    @khlaifaali245 Před 2 lety

    Niwuturize sha iman unagufashe

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    Ndajorewe

  • @user-bi9pn1pm8z
    @user-bi9pn1pm8z Před 2 lety

    Nibakureke River jewe ndagupfana

  • @ol8228
    @ol8228 Před 2 lety

    Twarabibonye ntusubire kutubesha ngo barakubeshera kandi twarakwiboneye

  • @hwhw5679
    @hwhw5679 Před 2 lety

    Paradiso ni number 1 ntuyishushanye na Sanita hama filmasoni ntiyemera koyiyunze River warahindutse birigaragaza

  • @kekeclaire5177
    @kekeclaire5177 Před 2 lety

    Twaravyiboney ntac muduhishya cnk muduhende

  • @user-pd1bj6go7l
    @user-pd1bj6go7l Před rokem

    Oyamurakoranamwrsee

  • @user-pd1bj6go7l
    @user-pd1bj6go7l Před rokem

    Oyaa.yaranyistee.ntamontajenkiryaa.nimwitwengeree

  • @sandrine5916
    @sandrine5916 Před 2 lety

    Teka kwirigw uravuga Meshi niwemera amareba arakoresh ivyuyomugabo yavuze vyonyene biravyemeza yamfuma Aho akarek kuvug birya nimuvyihoze

  • @janinenizkimana1762
    @janinenizkimana1762 Před 2 lety

    ukuntu mwiyemera kuk wemeye kunyika vyaramenyekanye lmana niyo mucamanza

  • @janinenizkimana1762
    @janinenizkimana1762 Před 2 lety

    bamureka babavumbure niho bibarivyukuri kuko ntimuba mwisuganije nivyo biba arivyukuri waranyitse nukunti yasohotse koresha umwanya yarafise ubwoba

  • @hwhw5679
    @hwhw5679 Před 2 lety

    Toka pale Mungu ndo chef hama umusenzi agenda na yesu ntabodidadi

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    Muradendeze

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    Iraryoche cane

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    Bitabaho vyukuru

  • @yvonnerutebuka1862
    @yvonnerutebuka1862 Před 2 lety

    Nta amen yawe dukeneye uru shitani bigaragaye River

  • @user-ur5uk3po7y
    @user-ur5uk3po7y Před 9 měsíci

    Mwes ntamunt numw azivyab iman yonyen niyomucamanz

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Před 2 lety +1

    Courage

  • @albelikane7005
    @albelikane7005 Před 2 lety +1

    Nibagukurekwinduru niwaba unyika birabara umwumwe wese azobazwa ukwiwe ndagukundaa ndana gufana kuvakera terimbere uyumwaka ukuber kwimigisha from 🇧🇮❤️

  • @user-pd1bj6go7l
    @user-pd1bj6go7l Před rokem

    Twarabahinyuyee.chaa

  • @nevitadam3978
    @nevitadam3978 Před 2 lety

    Nihatari

  • @azizaa7962
    @azizaa7962 Před 2 lety

    Uko Niko muzovuga ngo Noé mana ngo ntitwaba bakozi bimana ewe riva vyukuri muhende abandi irya Simontaje erega Imana yagiye kukugaragaz noe umukozi woman yambar ishanet na babodigadi

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 Před 2 lety +1

    Ww isambir kugatw kiwaw urek kuvug aboband non nimb babiny ww ucawireguz aband

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    Ego

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 Před 2 lety +1

    Abafundi turabiz ko montage irih knd can iry irabonek kwar Montag kuk sandrine numwe nta has ryiwe afis bro mwabikoz neza courage turarindiriy igic CA 2

  • @barakablessed1810
    @barakablessed1810 Před 2 lety

    Bose bikika ngobarasenga

  • @alesa2782
    @alesa2782 Před rokem

    Ukuntu uwomugabo ybandanije ikiganiro vyaraboneka ko yanyitse

  • @nduwimanadidjaaimee5964

    Dukuremwo induru wamudaimoni we wa chetani iyo security kowayishizemo imwpwemu mbi yasatani nkawe koma nyoko wambwawe

  • @anetaaneta2767
    @anetaaneta2767 Před 2 lety

    River barekebimbome ivyovyitwa jaruzo zibaho

  • @nicesa...8882
    @nicesa...8882 Před 2 lety

    Nimpano Mufise Zitari imana

  • @laurencemateso8373
    @laurencemateso8373 Před 2 lety

    None montage bayikoze sangapi wew niwikorere ivyawe uzobazwa niyakuremye ivyovyokuguma uvuga ngontunyika twarabibonye

  • @yvonnerutebuka1862
    @yvonnerutebuka1862 Před 2 lety

    Hoshi, twarabyiboneye. Reka kwihakanya ahubwo ndasabira uwomu sister urikukubaza

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 Před rokem

    Oya ntagusenga kwaw nikib wakorey koreshumwany washats kumurya arimubisi

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    Ego cha

  • @nashmimendora907
    @nashmimendora907 Před 2 lety

    Ooooooh nihatari kbx nimumureke niba ari montage bizimana hamwe nawe ariko turavye ukuntu vyagenze ntamontage yabayemwo hubwo niba yaramenye Imana nagaruke kumana bigishoboka

  • @fafanduwimana282
    @fafanduwimana282 Před 2 lety

    Biragusa kuko tubona ufise nababodigadi

  • @tecquistenina2378
    @tecquistenina2378 Před 2 lety

    Ivyurik usiga nububesh kuk nubwob vyagenz ukuvuz abomwarikumw bagumy baharir kutahigez kd niyo sujet bagumyek yabarik vyaribimez wewarikugend nyen abantu babon ukavugat wetwumvikany ibinib😂mug wanyits nyen uri sirous😂kd wanasanuts ntanic wavuz😂 nkund ivyomfana mana🙆

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    Turabakunda cha nobanumu

  • @Sdfggg3243
    @Sdfggg3243 Před 2 lety

    nimuyishireko👌👌👌

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    Ego murachuche

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    Ego ubawha .cha

  • @aminajngabire2106
    @aminajngabire2106 Před 2 lety

    Nibagukurek urusaku River abantu babay gut ga yemw

  • @sfkl8257
    @sfkl8257 Před 2 lety

    Iconankira Riva nikimwe arijogonyora ntamuntu akijijwe yirata nkuko ubu arafisamafaranga kurugezo agendana nabo bagabo bamugendanira uzabantu bafisamahera meshi ariko bigendana nukwirata jew nkunda ukuntu ukina neza ariko ugabanye umyiryo ntamuntu arimuriyesu yirata😾😾😾

  • @suptanoman2091
    @suptanoman2091 Před 2 lety

    Oya abo ntibabonets k banyits hanyits river gusa kk ukunt bakoz ikiganir vyarumvikany cane

  • @harerimananadia3433
    @harerimananadia3433 Před 2 lety

    None abo babodigadi wishiman niwapfa muzojana reka kwishirahejuru iyi nisi

  • @meryorndi630
    @meryorndi630 Před rokem

    ntaco mfise novuga abisi niko bamez

  • @user-xd3kt2bs1r
    @user-xd3kt2bs1r Před 2 lety +1

    Numva ntoheza kugira commataire river urishirahejuru nukuri🤔🤔🤔🤔

  • @jeanbaptistemanirabaruta8435

    Nongere mbaz non urya sandy niwe sanita cank muga nubwo muharira sanita rivuye muri satani

  • @happineshappy9359
    @happineshappy9359 Před 2 lety

    Reka kwirirwa urisigur biry mbona bibonek cane kwr montg abant bubu turagoye

  • @naninoni61
    @naninoni61 Před 2 lety

    Akicumunt kamuvako iyuzagutanga umwanyakare ibivugwa ntivyarikuvugwa reseaux sosial hose ni river umufrimasoni

  • @jeanbaptistemanirabaruta8435

    Non kirya kiganiro konakibony kowari wicay ucuranyik yabay montage

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 Před 2 lety

    Abafilmason ntab bazi iyab mwakoresh filmanson ubu mub mugez kur vues 1milllion ✍️😂😂😂

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    Ego .ubuze .neza cane

  • @babyniyomufasha9408
    @babyniyomufasha9408 Před 2 lety

    River pole sana!wahagurukiwe kbs bivuye kubashaka ama vues baciye kw'izina ryaw.asha turye show ya koresha umwanya iragakoze kbs!pole caan vrt

  • @therancemanirakiza6342
    @therancemanirakiza6342 Před 2 lety +1

    Happy river jewe ndamuzi ntafreemasoni arimwo kandi ntanyika irya ni montage, nubwambere yari montage abafana nimwe mudatahura.

    • @mykeke3255
      @mykeke3255 Před 2 lety

      Turazi konawe mukorana

    • @harerimananadia3433
      @harerimananadia3433 Před 2 lety

      @@mykeke3255 hhh uramwishuye kweri atinawe barakora a ndabira umusenzi agenda na babodigadi

  • @getrudairadukunda7155
    @getrudairadukunda7155 Před 2 lety

    None kari motange kwatasubiye kuboneka bagatangura guharira nikuberiki

  • @EmmyNassor885
    @EmmyNassor885 Před rokem

    Hhh abarundi turatwenza.mbe uwo mwokwita firmason muba mwabanje nokumuraba??nkuyu afisiki akamodoka kuburofa atanigorofa afise yoba filmason bihereyehe yoba atanga ibitambo vyagusa atanyungu bamuha.numuntu asanzwe yifata nkudaimoni

  • @swsw3394
    @swsw3394 Před 2 lety +1

    Wewe abo bandi bakinyi uriko ubahiga kwiki ntabo navuze navuze wewe

  • @dorinekaneza5470
    @dorinekaneza5470 Před 2 lety

    🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼

  • @dorinemuhimpundu2807
    @dorinemuhimpundu2807 Před 2 lety

    Uridayimoni twaravyiboneye, none abo bagucunga nabiki ukijijwe Kandi ukorana n abadayimoni ntikibuza kuja gusengaaaaaa. Gendana na Bible kukijijwe

  • @ntakirutimanavianney5405
    @ntakirutimanavianney5405 Před 2 lety +1

    None River, nikuki mwavuganye k akupa hama akaguma akurondera akerekana n'ibicapo kunzu yawe, knd mwavuganye kwabikata? Kuki bagumye b'insista kuca freemason mpaka agasohoka yiruka ng turahatswe!!

  • @emelyneuwayisavye419
    @emelyneuwayisavye419 Před 2 lety +1

    Nibindi bigiye kugaragara kwel reka tubirindire😳😳😳

  • @loverylovery4514
    @loverylovery4514 Před rokem

    If you believe God heaven why you have the rings ?

  • @user-ey3rc2lx9o
    @user-ey3rc2lx9o Před 2 lety

    Ego irrelevant sanita

  • @anselmeadamsmbona6025
    @anselmeadamsmbona6025 Před 2 lety

    River uvuze ukuri ntamuntu bunyama anyika,uwo mukobwo avugako azi ko umuntu anyika nibaza ko atazi neza ivy umpwemu mbi uko bikora,hanyika impwemu ariko ikibiribiri kigumaho