Fanny&libert hejur cane goseeeeeeee❤️
Non kontumvise bavugamwo Fanny na liber weho ubazanye hano gukoriki 😀😀😀😏😏😏
Sammy ndakwikundira nkakunda nibikogwa vyawe Imana ibandanye ibashoboza na bakinyibawebose
Uvuze ukuri Sammy Ndakunze ukuri uvuze kbx harabantu badakundak uwundi atera Imbere wubahwe
Love from mr sammycomedien dukundane pee
Cane mukundane harabishira hejuru ngonibo batumye mukina film atanumwaka uheze bamenyekanye ariko Sammy tukuzi kuva kera courage sha Sammy muje hamwe nabashaka abigize kobarenze mubihoze
@@jongon6940 Noe nind yakubwiyk Kumar imyak myish mukint KO arik kub ubwamber ham AB Bos n'abakiny b'abarund ntampamv KO kuvug ng kumenyekan cnk gukor iki Kuko uwubay uwamber ibyarivy vyos nyamb ar enveloppe nibazk nigihug gishikirw abafans reo muz muvyitonder cn
@@jongon6940 Noe nind yakubwiyk Kumar imyak myish mukint KO arik kub ubwamber ham AB Bos n'abakiny b'abarund ntampamv KO kuvug ng kumenyekan cnk gukor iki Kuko uwubay uwamber ibyarivy vyos nyamb ar enveloppe nibazk nigihug gishikirw abafans reo muz muvyitonder cn
@@joselyneahishakiye2359 ivyo biragusha iconzi nuko abatanguye gukina film tubazi apana abaje hirya yejo ngonibo batanguje film muburundi ivyobindi navyo nivyawe kumenya
@@jongon6940 unyumvir maman waw akin mubambere cnk mubanyum mbwir ndamugirir s.abonne🤣🤣🤣
Courage SAMMY
Ndimushasha ibutanyerera turabakunda ♥️
Mwubahwekwel kimwemugumanurukundo hagatiyanyumwese mubomukinana bizabandanyabitunezera kukoturabakurikirana caneee
Vyiza cane Kathia Benitha ukora ibiganiro vyiza! Love from NEA TV Ni Edidier Dany ❣️❣️❣️
Uwo ni Fanny lavine niwe urungitse ikintu cahandi hantu acagukura muri group 😀😀😂😂🗣️🗣️
Ndakwemera Sammy courage
Muburundi ntituzotera imbera kubera ntakuntu mukoresha ikiganiro umukibyi wafime mugabo akabariwe yamamaza ibikorwavyiwe umengonamwe ntimubibona Nikindi bemushira muri comatere link yafilm abarigukora kugirango mutezanye imbere
Umuntu ahebur ubufasha apfuye inzigo yarafisr atarater imbere yabony umeng yatey intambwe acarayiserura mgb ntaho yar bwagere hotum yikura kubantu
Wubahw sammy 🙏🙏🙏💕💕
Ushobora gukurikirana saison BUKEYENEZA uciye Kuri ino link
czcams.com/video/fQ968BtCdck/video.html
Uvuzukuri courage
Sammy wubahwe cane ndanakunda film zawe ahubwo uratubwira umwobo wurukundo iyowayishize
Terinbere kaka
Sammy karakunda ku dragua nkubu agira adrague🤣🤣🤣🤣ngo your so beautif😅😅😅😅
nukur
🔥🔥🔥
💕💕💕💕💕💕💕💕💕
Sammy terimbere murashoboye nukur
Sammy wubahwe
N grp y dodo urungitse link yabndi bac bagukuramw Murk RR kugum muvug Fanny wenyn
😂😂😂😂😂😂🌹🌹🌹🌹😂😂😂
Sammy uvuz ukuri mur film murakwiy kugir famille izoz irahanur habay ikibaz apan kwimaramaz kur réseau
Sammy uwo afise iyongeso ni grp yafany kweri utanzeyo iyindi link Ubu giye
😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳😳
Ngo Boka TV? My God!summy ntasoni?abanyokuru bacu ntibazi boka.
No mur groupe ya Fanny lavine ushizey iyind link atariyiwe aba admi baca bagukuramwo vrmt
@@jongon6940 oya vrmt urara uvuyey arik muyand ma groupe sik ndabibona
@@jongon6940urumva ntibipfuza gushigikira abandi nukuri dukwiye gukundana tukaraba film zose kuko twese turabarundi
@@Gloria26799 ego ashaka agume ariwe wambere nkuko Sammy yabivuze,ntiwumvise konabafana biwe bavuze koyababujije ngontihagire ibindi bikogwa vyabandi bazoraba atari gwiwe gusa😃😀
@@jongon6940 aha nihatari Fanny arinizingo imwembi pr uko Niko ameze
Emwe turamuzi natwe ushize link yuwundi mukinyi muri group yiwe acagukuramwo yisubireko pe
Namwe ntawe mutagirir ishari nn ububishiriramwiki?abayagutumiye?mwebwe mukund kwishiramwo umuntu gusa
@@francinendagijimana7686 oya narekinzigo sukumwishiramwo burya ahaturi harabandi gu publia link yumuntu nibisanzwe samahera abagusavye kandi umuntu agigwa nuwundi inzigo gusa hama ngobarasenga utipfuza ko ivyanaka navyo vyorabwa
@@francinendagijimana7686 😂🤣😂 iyo muva murazi gushigikir amafuti none barya bashigikirana ntaterambere bazoshikako??? Huuuum umuntu sha ahebur ubufasha apfuye burya fanny uwamufashij guter iyontambwe yugwanko yaramukwegey nivyataz ntawovuga ngo nivyo yigishijw kuko umuntu akomez ico yarafise
@@indirimbotv59 kabisa uwamuhenze kwazotera imbere kubera ugwanko yaramuhenze reka tubihe amaso ahaturi harabandi
Ahubwo icombona yarakwiye kuvugira muri Group ati tuze turashigikirana dukora share zabandi bantu vuoba vyiza yemwe
Nn iy link muyizan mur gpe yiw nkand🧐🧐🧐n gpe y kw Dodo ntivyemew k uzan link
Bose Niko bameze bareke kuvuga Fanny gusa umwewese afise groupe yiwe ushizeyo link barayikurayo apana kuguma muvuga Fanny Nuko menga niwe mubonera ba Dodo Bose Nuko bameze
@@JAime-mn3vm oya reka kubesha twebwe turi muri nyishi zitandukanye nrazo bakuramwo dodo nawe irya ni group yibidandazwa arafise iyondi ijanye na film uyishizeyo link ntanakimwe
Nkzbe mbon mur groupe ya alvella naho woshiramw link ukuyehe ntangorane nimw vrmt
@@edyssandayikeze8586 ego kabisa no kwa abel na Amedee ntangorane ushirayo link iyariyoyose ntangorane pe
Mr sammy musaza wubahwe uvuzukuri kabisa💯💯💯✅✅👌🙏
Kwl nimukundane ibikorwavyany Imana Ibihezagire mubikora Neza . Iryosozi ryurukundo turikumwe ❤❤🎉🎉