CHIMAMANDA atwengeje ISAAC na HAPPY RIVER😂🤣 kuvyo yavuze

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 28. 02. 2023
  • Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Komentáře • 197

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Před rokem +6

    Ariko Isaac naj ngiriyeko ntwenga wallah river irya ndirimbo iraruenze sn wallah brother ✅❣️ kandi ndinumufana wawe bro I'm divin nkwemera sn wallah Ariko iconovuga Moses nimbwa akaba nimbwakazi wallah mn WW river ndakwemera sn muri vyinshi mn ndakwemera muri film nomuri music 🎶🎵 Kandi uriko uranayaga ngoma ntwenga mumajambo make na comedy woyishobora bro ariko respect sn mn

  • @fabiolasilyvain8880
    @fabiolasilyvain8880 Před rokem +9

    😀😀😀😀 Nanjye mpise nseka 😀😀😀😀😀 ngamajwi ngo nayibikere😀😀😀

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn Před rokem +1

    Chimamanda Sha nuwambere mumuveko, aratumenyesha utwo mwikoza twose mwibanga 😅

  • @azozalafr4754
    @azozalafr4754 Před rokem +1

    Nukuri akabesha namba kuririmba sivyanyu nimukine film vraiment

  • @kanezasoso5878
    @kanezasoso5878 Před rokem +10

    😀😀😀😀😀😀😀😀😀 Rek 😀 kunsetsaaaaa 🤣🤣🤣 River 😀 Ng 😀 yavuze 😀 komwari 😀 Nyuma 😀 yiki 😁😁😁😁😁😁😁 Ndasetse 😀 Nukr 😂🤣🤣🤣🤣 Gus muraryoheye nukur 🤣 mbay Number one 🙏😍😍🥰🤣

  • @aullah257
    @aullah257 Před rokem +2

    Asha muratwishe nukur amajwi ngo nayiki yibikere🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @jeanpierrehabarugira177
    @jeanpierrehabarugira177 Před rokem +1

    Erega nimuze mwemera kubwigwa ukuri none Chimamanda yarabeshe wapi kbx

  • @aminajngabire2106
    @aminajngabire2106 Před rokem +2

    River ndagusavy urek kuntwenz🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ukomez uter imbere di👏👏💪💪

  • @emmanuelnzambimana5569
    @emmanuelnzambimana5569 Před rokem +3

    Ewe river uratwenza 😂😂WE bandanya wihindagurire iyo migereni sha 🇧🇮🇰🇪👍

  • @Nickdripmedia
    @Nickdripmedia Před rokem

    CHIMAMANDA ijuru azoryumva kwiradiyo....

  • @user-mc4tx2ym6v
    @user-mc4tx2ym6v Před rokem +3

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Chimamanda Hejuru can 🙌🤸🏻‍♀️🤸🏻‍♀️🤸🏻‍♀️🤸🏻‍♀️

  • @axellaassia8930
    @axellaassia8930 Před rokem

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣nukur chimamanda bamumureka kuko j sinzi vrt ngamajwi yimigereni🤣🤣🤣🤣🤣🤣nihatar j ntamuntu ndabona yishizemwo atamuvyonga ariko kubaho kwacu ni kw neema ya mungu 🙏

  • @lucieharerimana4705
    @lucieharerimana4705 Před rokem +3

    😂😂😂😂😂😂😂ndamanyutse weeee ati amajwi yibikere 😂😂😂😂River uranyeguye peee.

  • @cynthianikiza
    @cynthianikiza Před rokem +2

    Isaac zawicara urabamuri camer apanakurab umutumire kandi atariho camer uri😁😁🤭

  • @aicha9045
    @aicha9045 Před rokem

    Nukur jew uryamugabo chimamanda hamwe avugavy riva aranyish ngo amajwi nkayiki gusa kesh arahanur nuko ashiramw gutukana gusa murantwengej mwirijoro 🤣🤣🇧🇮🇴🇲

  • @user-il1ss7mz3p
    @user-il1ss7mz3p Před 8 měsíci

    Ahwiiiiiii 😢😂😂😂😂😂😂mbega ibigabo bitwenza😅😅😅jew nimudek imbavu zanj muzozibazwa😂😂😂😂😂😂😂😂😂 so ❤❤❤❤

  • @user-no5gr6zt2e
    @user-no5gr6zt2e Před rokem +1

    Amajwi ngo nayibikere kweri 🤣🤣🤣

  • @happy6376
    @happy6376 Před rokem +2

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ahwiiiiiiiii ndamanyutse yemwe chimmamanda

  • @happy6376
    @happy6376 Před rokem +1

    Ahwiiiiiiiii muranyishe ndaye ndaseka🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @mariamundayisenga4050
    @mariamundayisenga4050 Před rokem +2

    Nihatar ndamanyutse😂😂🤣🤣😂🤣🤣🤣🤣🤣 ngo mwaririmbirahe chimamanda imana izomuhana vrm aravuga nabi😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ngamajwi nkibikere🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔

  • @aminaodette5297
    @aminaodette5297 Před rokem

    Yesuwe 😂😂😂😂😁😁😁 murankuyameny naza nabona ikig aniro😁😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂arabatuka akabambika ibara kweri yooooo nabona

  • @user-kd4qr2iq7t
    @user-kd4qr2iq7t Před rokem +2

    Mumumurekenikokazikiw😂😂😂😂🤣

  • @salimadevista8954
    @salimadevista8954 Před rokem

    Chimamand hasigay Isayi nawe muranyish peer

  • @sandrass8593
    @sandrass8593 Před rokem +1

    Amasekaranyishe kl ngamajwi nkayiki😁😁😁😁🎤🎤🎤

  • @aimecesaire7197
    @aimecesaire7197 Před rokem +2

    Chimamanda mubabarire yaracangiwe😆😆😆😆😆😆😆

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 Před rokem

    🤣🤣🤣🤣🤣Muranyishe nukuri ikiryoheye nuko River adashavuzwa nubusa wubahwe muta🤝

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero2444 Před rokem +2

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ngwiki ngo nayibikere 😂😂😂😂😂😂😂🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️

  • @alineciza838
    @alineciza838 Před rokem +1

    Murandangije 😂😂😂 nukuri chimamand arabarembeje ntabujinga

  • @estachou6896
    @estachou6896 Před rokem +1

    🤣🤣🤣nanj mpise nseka ntararab nikiganiro🤣🤣🤣

  • @perpetuemukerabirori5460

    😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣ngo mwarinyuma yimigereni😂😂😂😂ngamajwi niyibikere murantwengeje ga basha

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Před rokem +1

    Amajwi ngonayibikere🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 mureke kudutwenza

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Před rokem +2

    River wubahw sn bro kandi mn uraberwa sn brother ✅❣️ ww Kuma stire ntubaho nkeee ariko bug up sn bro kandi courage sn mukazi kawe bro Kuko urashoboye sn mn Kuko

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Před rokem +1

    🤣🤣🤣🤣 ngo amajwi yibikere 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 urya ntakomeye neza🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @user-ro1ny9sh2q
    @user-ro1ny9sh2q Před rokem +4

    Oya ntamajwi mugira ntiyabeshe p mufise amajwi mabi p

  • @chemniyondiko9775
    @chemniyondiko9775 Před rokem

    Chimamanda aratwika gusa ico mukundira avuga ukuri pe

  • @angedarlene1770
    @angedarlene1770 Před rokem +1

    😂😂😂Isaac nawe azokuzira sha River nawe uranyishe ati amajwi yibikere😂😂

  • @ntigurisha7485
    @ntigurisha7485 Před rokem +2

    🤣🤣🤣🤣mbavunzanje

  • @francisniyokindi6737
    @francisniyokindi6737 Před rokem

    Azokwishura happy rindira abibone😂😂😂

  • @annickndayisenga3416
    @annickndayisenga3416 Před rokem

    😂🤣🤣😂😂😂😂🤣🤣😂😂muranyish bash

  • @iidd6782
    @iidd6782 Před rokem +2

    Gusa murantwengej 🤣🤣🤣

  • @jaliairakoze6617
    @jaliairakoze6617 Před rokem +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂River aranyishe nukuriii

  • @pacifiquerukundo8846
    @pacifiquerukundo8846 Před rokem

    Chimamanda kweli ararenze

  • @sandramugisha5401
    @sandramugisha5401 Před rokem

    😂😂😂Ngo hehe ga river

  • @dorianemanirakiza5482

    Hahahahahahah ntambavu ngira mundeke

  • @MomoMomo-ry2uk
    @MomoMomo-ry2uk Před rokem

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣nukuri ibint biraza nabi burya ntibizoroha

  • @MaryMary-bc5cy
    @MaryMary-bc5cy Před rokem

    🤣 🤣 Murankorey umunsi ndatwenz ndijenyen hemw

  • @user-ro1ny9sh2q
    @user-ro1ny9sh2q Před rokem +1

    Ntiyababesheye p ntamajwi mugira arajwangarara

  • @shizomaniga9627
    @shizomaniga9627 Před rokem +1

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😂😂ISAAC gaman urakunda Imanza🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 Před rokem

    Nawe Bury Isaac uzoshikirwa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 Před rokem +2

    Gusa murantwengeje ngo ngwiki.river ngo mwaririmbiy.mwiwese😂😂😂😂😂😂🤔🤔🤔🤔ngo amajwi nkiki? Gusa Isaac zurareka kurunga umunyu uko bakwita gateranya sivyiza🚶🏼‍♀️🚶🏼‍♀️🚶🏼‍♀️🚶🏼‍♀️🚶🏼‍♀️

  • @arbinuwamahoro7370
    @arbinuwamahoro7370 Před rokem

    NAUTOKWIKAUSHA GUTWENG🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @kwizerasalima766
    @kwizerasalima766 Před rokem

    Nukr nivyo irya ndirimbo 😅😅😅😅😅

  • @meshoalqahtani394
    @meshoalqahtani394 Před rokem

    Uzuratuzanira mwenabo pan vyabisuma ngo ni fani

  • @joleal7941
    @joleal7941 Před rokem

    Ndamanyutse🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣river imana ikubone🤣🤣🤣🤣

  • @IfunguroYumutwenzi
    @IfunguroYumutwenzi Před 8 měsíci

    Chamamand yubahwe anamesha ukweli kbx

  • @gerardmanirema4621
    @gerardmanirema4621 Před rokem +1

    Amajwi ninkayibikere 😁😁😁😁😁😁😁

  • @albabrowndushime
    @albabrowndushime Před rokem

    😂😂😂😂 None irya ndirimbo bt vyayo 😂😂😂😂

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757

    Ndatwenze n,imbavu zihakwa kuhasigara😂😂😂

  • @user-hu9ym7vg6n
    @user-hu9ym7vg6n Před 18 dny

    😂😂😂😂😂 muratwenza

  • @user-nw9dq5hp1b
    @user-nw9dq5hp1b Před rokem

    Ijahace.aramberarakweli🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @nduwimanadivine2981
    @nduwimanadivine2981 Před rokem

    Gospel irakunaniye kuyisobonura 😂

  • @michouchalome7482
    @michouchalome7482 Před rokem

    Hahahaha happy levi uranyishe

  • @elyseeelysee5620
    @elyseeelysee5620 Před rokem +3

    Commandant ntakwij nimurekanenaw lsaac bamureka kumviriza ivyavuga urya numudayimoni Ari muriwe akwiye gukizwa

  • @ivonneirakoze5736
    @ivonneirakoze5736 Před rokem

    Ndamanyutse impavu🤣🤣🤣

  • @meshoalqahtani394
    @meshoalqahtani394 Před rokem

    Ngomenga mwarimuhagaze nyuma yiwese

  • @joleal7941
    @joleal7941 Před rokem

    🤣🤣🤣ariko basha Muranyishe kandi river aratwenza yihoreye

  • @happy6376
    @happy6376 Před rokem

    🤣🤣🤣🤣ndakwikundira mazina

  • @erickjonas9780
    @erickjonas9780 Před rokem +2

    River kubegwa kabisa nivyiwe yambay araberwa

  • @ndereyimanajclaude
    @ndereyimanajclaude Před rokem

    Ngo ibigopo nimigereni🤣🤣🤣🤣

  • @malicaahmed4997
    @malicaahmed4997 Před rokem

    Chimamanda jew aranyica ngo amajwi nkibiker

  • @Yamnah7102
    @Yamnah7102 Před rokem +2

    🤣🤣🤣🤣🤣mbavu zangu

  • @yusrairakoze3966
    @yusrairakoze3966 Před rokem

    😂😂😂😂😂😂😂😂ngira bari bariye nyene ibikere😅😅😅😅😅😅

  • @nininahazwedonavine3349

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂nukuri weee ndapfuye no guseka Ahwiiii ndasetse pe 😅😂nukuri ikikiganiro ahumuntu akirabiye hose araseka agakumbagara nukuri CIMAMANDA yarabituniyeko mwe na SANDY NUKURI mwihangane ❤❤🙈🙈🙈🙈🙈🙈🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @nishimwetressy7215
    @nishimwetressy7215 Před rokem

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣 arabanka ndak cim...

  • @nduwimanadidjaaimee5964

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Happy river aranyishe amajwi ngo nayibikere 😂😂😂😂

  • @michouchalome7482
    @michouchalome7482 Před rokem

    Amajwi yibikere nanje nzozakuririmba ayimisiba

  • @sarahndayishimiye613
    @sarahndayishimiye613 Před rokem

    Ewe river nawe! Naw woba umu comedien. Urantwengej ndatembagara

  • @nimpagaritsenadine7486

    None kabash kontanguye guseka hakiri kare nzaguhez ngeze hehe😅😅😅😅😅😅😅😅🤣😂😅🤣😄😃

  • @safithomas9606
    @safithomas9606 Před rokem +3

    😁😁🤐eeewe

  • @bellabelle1593
    @bellabelle1593 Před rokem

    Ndamanyutse🤣🤣🤣🤣

  • @beatricenduwimana5567

    Mundangir aho notora uwo mu chimamanda mbona avuga ukuri

  • @aisha5154
    @aisha5154 Před rokem +2

    😂😂😂😂 ngogwik 🤣🤣🤣🤣

  • @dieuestaucontroleamen1259

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣mbavu zangu 😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄😄

  • @ernestniyonkuru3599
    @ernestniyonkuru3599 Před rokem

    Ngo wumva adasara ndakeseri😳😳😳😳 unyaruke nkusengere wavangiwe

  • @bigirumanalululouise4540

    Uranyishe🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 Před rokem +5

    Courage sha River, ihondere imigereni 10.mureke umusi Isaac yashikiriwe nawe tuzokwitwengera 🤣🤣

  • @DevalineInyishuyimana-lq7nb
    @DevalineInyishuyimana-lq7nb Před 10 měsíci

    Ishanete kuyambara nibintu bisanzwe we nawe

  • @anseit7530
    @anseit7530 Před rokem

    Muramvuny imbavu ngo muri imigereni nibikere🤣🤣🤣

  • @sosomh5430
    @sosomh5430 Před rokem +2

    Isaac ivyo bintu vya chimamanda mbona wabigarutseko cane, ngira birimo akantu 🤔🤔

  • @omansur4343
    @omansur4343 Před rokem

    Issac rek gutweng birandukir kbx 😂😂😂 uyo mugabo yabarembej kwr 😴😴😴😴

  • @michelinemiche442
    @michelinemiche442 Před rokem +4

    Jw ni Somera comment gusa😂😂😂😂

  • @fettyfetty
    @fettyfetty Před rokem

    Gusa sanddy ifite ijwi ribi kbsa kuririba birajabuka

  • @niyonkurujoshua571
    @niyonkurujoshua571 Před rokem

    Uyu mujama vyaramucanze mama yang ngo zose Ni Gospel 🤭🤭🤭🤭🤭 niyompamvu avuga ko afse hidden talent.niyo yokwishura uko niyo peee.Narumiwe nama interview

  • @violetteniyongabire3859

    Camamande aratwenza abantu

  • @estellauwikunda177
    @estellauwikunda177 Před rokem +1

    Imbavu zanje hhhh

  • @nshimirimanaemmanueline3410

    🤣🤣🤣🤣rek ndegane

  • @sarandayisenga6686
    @sarandayisenga6686 Před rokem

    Chimamanda numutandero numumutahure murabona ningene asa honyene nibitama bimunanira😅😅😅

  • @Zadig_Le_Juste
    @Zadig_Le_Juste Před rokem +4

    😂😂😂

  • @hamidahamida4116
    @hamidahamida4116 Před rokem +1

    Hahaha

  • @itanganezadondivin4416
    @itanganezadondivin4416 Před rokem +1

    Ngwamajwi yibikere ngobaririmbiy ngwinyuma ya twarete nkeee ariko urya yarayinze numusazi kandi ararwaye