Riva na Sandy bose nicokimwe barirata peee!!nibagabanye ubwibone
Nkunda river ukuntu atamutima mubi yiftiye aguma yitwengera❤❤❤ hezagirwa muhungu nakaz,imbere ibindi bixinyuma.
River yarimahoronije nico ndamukundira🎉🎉🎉
uwomutip ndamukunda cane vrt ibikogwa vyose abarimwo biranyuzuza niyakire 🎉🎉🎉🎉🎉
Dico terimbere wakoze kumuzana ham Iman ibandanye iguteza imber turagukunda aha Rumonge 💗💗
Duhe akazi river please🥹🥹🥹
❤❤❤❤❤❤ river ndagukunda sha ihangane ibitqbuze nibihundq mubitoke
Nukuri naje hariho aho nabonye rive agiye gusoma sandy aranka
RIVER vrt j ndamwikundira uzomugarukane ikiganiro ciw ntikirambirana🎉❤❤❤
Nubwambere nzakuraba ikiganiro cose kubera Riva😂😂😂😂
Gs uwo muvungu river ndamwemey afisibanga ntameneker hose kuber ukunt uyo mudiko ukungen amutohoj abayamenets yose ndamwemey numugumyabanga yubahwe
River ndamukundira amagambo yubwenge nukuri yubahwe gusa muzosubize hamwe na Sandy mwibanire muraberanye nukuri ❤❤❤
Hanza boy😂😂😂😂 River aranyeguye😂😂
Happy river mwenyewe uyo
River ndamwikundira terimbere ❤❤❤
Dico icondamwemerera ntarambirwa naho rive yagumye ashaka kutemera ivyo Sandy yivugiye Dico akomeza kubimwibutsa😂😂😂 ngoninda ndesho ukubahuka guterivi🤣🤣ewe Dico akokantu kantwengeje
River kumbe azi kuririmba kabisa❤😂😂 aranantwengeje cane
River reo ndakwikundir and sandy
River uratandukanye nababagabo ba fany ba libert bavuga nkabasahuraaa
Uri umu comedie adasanzwe kwer❤❤
😂😂😂ikikiganuro ndakimara cose navyisinye🎉🎉
Nukuri ndamwigiyeko lives courage urasingiye impanuro
River aguma yitwengera gusa! Akwepa n'ibibazo😄
River Imana imbere vyose bizokwikora kumutima mwiza ufse
Mugasubira murukundo muce mukora marriage 💑 mubikure mumagambo
Dico nanka ukuntu ubatohoza kugira habe haratokombera . Gusa River arakwanikiye peee
Umm
Sinkunda kugira comenti vyukur ariko ndakunda ibiganiro vya Fresh tv nimwakire 💐💐💐💐💐💐yanyuu Dico ayamashurwe yose nayawe musaza uri kukivi knd natwe abakunzi banyu turashima ibikorwa vyanyu
NUKURI RIVA NDAMUKUNDA MURI FLM GOSE ❤
Agatwengo karanyishee😂😂River arakwepa ibibazo
Kuririmba vyovyo ntavyo muz Arik murikundaniy nbn❤
Abantu bamvaye mwenizompeta nsabatonya pee
The Son 😂😂😂😂weweeeeee 😂😂sawaa
River🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
River jewe nipfuza gukina filme uzobimfashemwo vrt ndabikunda gsa ndose uwumpinguvu nohimbagwa🎉
Baricakundanye ❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂
River uvuze ukuri❤❤
Jew ga mana. River arantwenza sanaaa😅😅😅😅😅😅😅😊ngo suzana
Courrage Riva❤❤❤❤❤😀😀😀😀😀😀
River urumunyabwenge kweli
Ntiyoheba film yoba ahemutse,ahubwo nagaruke muli film
frm pladizo niho yaranyigishije sana gushika nubu kbs ndacamukurikirana ivyoguhebwa navyo niyihangane ibitarivyawe biragenda
Happy Riva Sha ndamukunda arantwenza😂😂
Dico muradutwengej mw na river sana zibira girl😁😁😁
Nihatari ibintubizanabii
Ash yaras twarabibonyeee😂😂
😂😂😂😂😂Sawa Dico
Ndakunda river kuko nimukozi❤
Hm narahomvy upost picture yiw ntavyo nabony harikibazo nashaka kumwibariza mbon nocandika ubutaha ukazokimumbariza
Mbega umuntu afite impano yokuririmba indirimbo z'Imana mur hiden talent bomufasha gute???
River ndagukunda cn nkundukuntu uba série muri fim
Riva avuga nkumuntu wumugabo kwl
Umwana wanje mumperakazi
Muhebanye na Sandy vyombabaza canee
Ndangir Iya 15milion
Ngo imodoka zitanu uri umu frimason 🏃🏃
Zose nisandi azikugurira yemwe dumva mugorewawe abikora neza gose .. oyajewe naravuzeko biryabintu yavuzeko yaguhoye arubusa. Ntakundi uzotwara uwundi abakobwa barahari.beshi.
River ni comédien ntarambira kwumviriza aguma hyitwenger
Akagahungu kazohava kamera nka berry Chris 😂😂😂😂😂
River bamwerekanye wese, guhera hasi gushika ku mutwe, nciye nibuka uwuraho yabwiye Akes Don ngo naze yambara yikwiza mu gupfuka ikivyimba afise hagati y'amaguru akaca yiyambika udupantaro tumufata kubi tumwerekana wese😂
😂😂😂murantwenza peee😂😂😂
❤❤❤❤❤❤❤❤
Ndabaza riva ubu kwatakiduh ibigezweho na sandy vip muko wapi
Dico nukuri Ahondi hose nguma nibuka ijambo wabwiye Rive ngo urumugabo winda nindesho ugagerivi 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 nukuri ngumansanga natwenze
Manawee ndatwenze mpakwa gupasuka, River yubahwe😂😂
Ayayayaya gusa uvuzukuri urukundo ntiruhera ikindinaco uraparangana😂😂😂😂 ndakurahiye ngofise iminduga 5 uwanyuma 35mill 😢😢 ewana ndumvako jefasharero nabuze visa ya USA ntamahera narose wofasha muta wobukoze cane
Wubahwe papa
Yitwa yuza😂😂😂wa muhunguwe nugende uratwenza nukuri
Kubadahari mwobakira
Yoooooo sandi yaragiz nabi vrm 😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Murankuyeho ew River sha 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ngurukundo rushingiye kuco urondera 😏😏😏😏
😂😂😂ati n'inda n'indesho?uranyeguye dico😂😂😂
Rekananawe uzoronkuwundagukunda iconicoyocaguhebera huuu yarafisabandi
Turagukunda.ukina.neza
❤❤❤
Sandy nawe yarimwo amahinyu kuko uwukunda uramwemanga
Ivyo nivyo river waramusomye aranka
Rive. Ntubeshe kwel Sand yarabeshe harihahari urukundo ntiyari kubivamwo ngonuko warugirukore birya ahubwo rero wagirukore vyiza ahubwo afisuwundi iyari bemerana cankese niwe ashingitegeko ahubwo aragayana sand
😅😊
Kweri umugabo afise urukundo rwinshi
Riva ndamwikundira
Azumviririza mwiradiyo yatobotse😂😂😂😂Aki river uransetsa
River afise look yubustar kandi nibogare kabisa, sandy azorira 😢😢
River ndagukunda knd ndakunda ibikorwa vyawe ariko cane cane film kuko niyombona ushoboye cn ariko kuririmba vyukur sinokubesha ntabwo arivyawe mutama ahubwo vyiza wopfuma uzuracompoza indirimbo ham ukazigurisha ubundibwo ijwi ryawe ntabwo riryohera amatwi ariko sorry vyukur niko jw ndabibona
Uyumujama muzomugarukane ndake aranryoheye cane
Biranse koryama ntamaze kino kiganiro ca River ndihangana mpaka giheze
Niyijogonyore azicuza Sandy kwr 😢😢😢 Kuko yakizamakosa
Sandi numwanamubinaranamwansepeee kwel ntiyamukunda bibonekeko aramukunda nubwoyoterivintacobitwaye sandi numwanamubi yarafisabandi bahungu sha
❤❤❤❤❤ riva
😂😂😂😂😂 jewe river aranyica
Ingo twikundanire jewe urya ntiyagukunda😂
Dicoooo urakoze nari ndagukumbuyeeeeeeeeeeeeeeeeeeeeee
Ngo ngwikiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiiii😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
.ayo mazina yanyu aratesa
River ntakosa wakoze ahubwo ntiyagukunda suprise ninziza ahantu hose sinziko yakuziza ikiza 😂😂
😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤Nimwirambir kbx❤❤❤❤😮😮😮🎉🎉😂😂😂😂
Ngo yaramusomye aramwanka akakanyuma niko kabi 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
niwe mukinyi nataguye kumenya kera warakina river gusumba ubu
Yavuze ati uwovyokundira yomera nkanje niko paul yavuze
Ngi Paulo yavuzengwiki?😂😂😂Dico nawe ngosindumusomyi cane wa bibiriya🤣🤣🤣🤣🤣nkomeza gutwenga
Iyabantu barambiye murukundo akeshi ntibabana abamaze kubibona mubinyereke mukundemera muciy kuriyo foto 💋💋💋❤❤❤❤
Ndagushigikiye kwijambo uvuze ncuti