❤❤❤❤❤❤ Harahiye peeeeeee Enos the Amazing and Daniella Koze. Murubaka rugume muri SAGOBU n'umunezero udasanzwe si twebwe tubona harageze peeeeeeeee❤❤❤❤❤❤❤
ndishimye cne kubwa Danielle imana ikuje imbere nomubisigaye natwe tuzobashigikira
😂😂😂😂😂❤❤❤❤ubu wararamye murungo
Ntawuhora iwabo mamie wanje,nasevinze date❤❤❤
Narinziko ari indirimbo Chr imana igushigikire ❤
😭😭😭😭😭unkoroje amarira yumunezero Imana igushikire mukunzi wanje kuba ntahari ndababaye ariko Imaana izobane nawe muri vyose
Wouu Imana ikomeze obashigikire nukuvyina igisirimba mpaka umuriro wake 🔥 I'm proud of you servants of God ❤
Savinga date savinga money savinga gift tuhatwike🤣🤣🤣🤣bakwirekere pe. Twasavinze
That's so amazing, support from GOLD AFRICA TV 🤞✌️🤟👌
1er commentaires mumpe liké🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗🤗❤️❤️🫂
😀😀😀😀 erega jeho narinzingo nakaririmbo hhhh Daniella urantwengeje gusa birashimishije uzogir urugo ruhire mwiza wacu
Kefa bakaba bamukubise ku Deta😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Waaaaooouuuuwww congrats glory be to JESUS for this
Kabisa it's amazing song save de date lazima tuta support ss
Us
imbe neza ntumpo nyor
Afise nijwi ryiza
Wow that's really amazing my Sister
Wooow am your funs from Rwanda this song is amazing
Congratulations my Sister, It's Sky joël
Amen 🙏🙏
Waoooo jew vrt ntimurinde kungoza vyinshi munyarukirize ntibakugoze vyinnshi mwana wa maman
Kumenga ntihari bwagere😂😂😂😂 Imana imbere maze mwubake rugumeeee hagezee🎉🎉🎉🎉
😂😂😂😂Basha nanje nagira ni indirimbo !Félicitations beza
Waaaaaaaaaooooh mbega iki bajouuuu disiiii koze courage mwiza🔥🔥🔥🔥🔥🔥💓🔥🔥✍️✍️✍️💃💃💃💯💯💯💯💯💯💓💓💓🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎻🎻🎻🎻🎻✔️✔️✔️
Enos invitation yaw yanshikiriy
Murahumba ifanta yo nzoyigotomera , Imana ikomeze kuba no mubisigay vyose
Nukuri tuzoza kweli save thé date guys 😂😂😂😂😂 félicitations ma petite
Waouh,vyiza cne bacuti banje,reka mbe ndaca amaga😀
Waaaaoooo genda were iyugiye ma chrie birahimbaye
Waoooh so nice 🎉🎉
Super, Imyiteguro myiza 😂
Imana izotuma bikunda kbx❤
Jew uyumukobwa wanj arangoye nukur 😂😂😂😂😂😂
Waouuuhh ❤
Nukuri ntagusiba canke gucerwa
❤❤❤❤
Waouhhh Imana yivange muvyawe
Hit
❤❤❤🎉🎉🎉
Imyiteguro myiza sha Daniella koze
Imyiteguro myiza mukobw mwiz Yesu azotuma bikund
Wooow tuzoyora ntibakugore
𝐀𝐡𝐨 𝐮𝐣𝐰𝐨 𝐧𝐮𝐤𝐮𝐫𝐢 𝐜𝐚𝐧𝐤 𝐧𝐢.......
Nice songs save the date
Félicitation ma fille 🥰🥰🥰
Imyiteguro mwiza Daniella
Jew mbere nzogusereva nukur félicitation
Congratulations 🎉
Imana Ibajimbere caaane
It’s saved ✍🏾
Imana imbere Daniella
Waaaoo🎉 Daniella um Chuu ❤
Unvijwiiiii
Mungu mbere🎉🎉🎉🎉🎉
Can’t wait 💪🏻💪🏻
Ntagusiba kabisaaaa
WAOUH MUBIKORA NZA CN
Félicitations Daniella koze
Congratulazioni
Congrts Enos The Amazing
Izotuma bikunda maze
Kweli izotuma bikunda
Bizoba biryoshe cn p💓💓💓💥💥💥
Courage les gens bien❤
Hemweee 🤣🤣🤣🤣niho ncemera ko atari za comédie zawe🤣🤣ariko n'ubu kariyo🙈🙈 imyiteguro myiza bakunzi banje jewe nzoza mberewe maze
❤❤❤❤❤❤my dany 🎉karateus
😂😂😂 Binobintu bir sérieux😂
Waouh🎉🎉🎉❤❤❤
Wow 🎉🎉🎉❤❤❤
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉ntibikiribanga
Muzogire urugo rwiza bakunz banje
Neza cane mukunzi imana imbere.
Hejuru cane 💯
Hasigaye Arvella nawe
Waooo ❤❤❤❤❤
Waaaoo save the date
❤❤🎉🎉Nice
Congeratulation
You're Good
Congratulations
Igendere neza c hakuna lawama 😅😅😅
Nanje nzobwitaba
Hhĥh kunteb yimbere
Vyiz Cane
Ok 😂
Kl???
Uhmmm bivuge neza
That is song😂
None tuzorya🙄🙄🙄
𝐈𝐧𝐨 𝐬𝐚𝐯𝐞 𝐭𝐡𝐞 𝐝𝐚𝐭𝐞 𝐧𝐝𝐚𝐲𝐮𝐦𝐯𝐞
❤❤❤❤
😂😂😂nukur Daniella arantwengej ,nar ndamuz mur film agahinda ari umusazi ator amashashe nukur arantunguye knd ndanezerew
❤❤❤❤
Wow Daniela numéro yawe narayitaye mwiza yizane hano❤😂😂ibintu birakaze