Vyiza cane. CANADA 🇨🇦
Uwo Happy Riva numva adasanzwe afise numuvugizi! 😂 Canke ni comédie
👍👍💪
Ntiworekaa gutera amashurwe uwaguhaye akazii.urumucangerooo
Iconico abaruta vuba.arinjira U S A.azocana nijeriya.kuboneka kumbugangurukana bumenyi .atacovyomufashacane atagikogwayerekanye.happy liva numukambwe yu bahwe cane
Kwiyemera ubihabwa namahera aguha.mbe iyo rwagasore aba akiriho ntabatama bamusumba baba bamwubaha kuba yararondeye ukwikura mumyaka yarafise?kuba igihangange suburambe ahubwo nibikorwa bimwerekana.
💥💥💥💥🔥🔥🔥🔥🔥
Uyu mugabo avugana akagaye kenshi. N'umucangero yemejwe
Courage bagenzi