None muvyeyi aho murasenga vyukuri cga murabivuga gusa?!!! Niba ukijijwe neza warogejwe n'amaraso ya Yesu Kristo Umwami wacu ibi bintu ko uba ubikoresheje Yesu Kristo aba ahagaze hehe ?? Akubona ate?? Ntubona ko Ari ukuroga se ?? Cga kwiremera izindi mana mu maso ye!!? Kdi abyanga urunuka musigeho mwihane mutazarimbuka niba muri abera mugende nk'abera niba kdi atar'uko biri ni mugendere aho mwahisemwo. NB amaraso ya Yesu Kristo n'imbaraga ze ntibirashira imbaraga pe.... Birakora kuruta ibyo mwibwira byose nabwira Bose kwihana bakava mu vyaha bagakurikira Yesu Kristo Umwami wacu nziko akora ibyo tutabasha kuvuga. Murakoze cyane.
Urakoze cane mugenzi!uraturonderera numuti wibimeme nurubandu!nukuntu twokworosha mukiganza
Merci Madame nd'umukunzi wawe wo mu Rwanda
Murakoze. Mbe .nigute twokwishuza. Amadeni❤❤
Murakoze gose uwomunyu twowuronka gt
muba diventiste
@@jeaninetv nkajew ndinyanza Lac ahangiyeyo nowuronka
Sha jeani urakoze cane komeza utugirira ubushakashatsi benubwo ❤
NDI kukivi
None vyaramaze kukubako wobihindura gute!hoho uwomuntu twowukurahe?
Urakoze cyanee
murakoze namwe gushima
Mbega ukuntu uri mwizaaaaa tres belle beauteee .
nikubera Imana❤🙏
Urakoze cane muvyeyi
namwe murakoze gushima
Umunyu gikurukuru numunyu wamabuye cnk nurya usyeye neza 😱
Urakoze cane mushi wavy Jeanine, uhezagigwe cane
amen amen
@@jeaninetv amahoro neza. Muradufasha vyishi cane.
Urakoze cyaneee mubyeyi
Amen❤
Murakoze cyane fpite umwana aratirimuka akuma mwijoro
Ndiho ababe hafi
Urakoze cne jeanine kndi usa neza cne turagkunda
amen amen 🙏
Asante sana
Asante n'a weye
Urakoze cyane Imana iguhe umugisha mwinshi
amen amen
Urakoze cane.none mugihe ayo mahera ari menshi usiga kunoti imwimwe mpaka yose.hama iyo ndimu uyimanitse izogumayo canke uyikaba haheze imisi ingana gute?
uravanga muri yose
Nigikukuru iseye kuko ubwoko bwinshi,iyikibuye ucuyihonda❤
None muvyeyi aho murasenga vyukuri cga murabivuga gusa?!!! Niba ukijijwe neza warogejwe n'amaraso ya Yesu Kristo Umwami wacu ibi bintu ko uba ubikoresheje Yesu Kristo aba ahagaze hehe ?? Akubona ate?? Ntubona ko Ari ukuroga se ?? Cga kwiremera izindi mana mu maso ye!!? Kdi abyanga urunuka musigeho mwihane mutazarimbuka niba muri abera mugende nk'abera niba kdi atar'uko biri ni mugendere aho mwahisemwo.
NB amaraso ya Yesu Kristo n'imbaraga ze ntibirashira imbaraga pe.... Birakora kuruta ibyo mwibwira byose nabwira Bose kwihana bakava mu vyaha bagakurikira Yesu Kristo Umwami wacu nziko akora ibyo tutabasha kuvuga.
Murakoze cyane.
Murakoze cane.Ariko muturangire aho twokura uwomunyu
ubahh
Ego uwo munyo nawuturangire
Jolieizabayo Imana iguhe umugisha
Amen❤
Uwomunyu ntawenzi wagikukuru nurya duteka😂
oyaye nukuri
Uwokoresha umunyu wariwewese harinakimwe Mr. Xana mama
kirahari bukuri
@@jeaninetv nabajije ati twebwe iyoturi ntamunyu urya uhari dufise uryawifu gsa womubisashi
Ivyo uvuze nivyo pe!
👍🙏
Urakoz muvyeyi mwiza❤❤❤❤
namwe
Yesu aguhezagire cane Jeanine❤
amen twese🙏❤️
Merciii❤❤❤
♥️♥️♥️
Urakoze
Ariko uwomunyu wa mabuye twowuronka gute
Nivyiza cane Hama twowukurahe uwomunyu
mubadiventiste
Murakoze cane Hama mwozodukoreye umuti wa HASMA please
Sawa
Madame nkeney unsigurire umunyu wa gikukuru umeze gute?jew mba muri kenya imyunyu yose mbon ino itekey mudu sachet non uwo ntiwokora?
gikukukuru iri kwinshi Jew nkunda uwuseye
Jyewe mbura amafaraga burimunsi ndi angent ntaha i🎉gishoro cyagabanutse pfasha birandenze
senga ncuti isi iragoye
✌️
Merci bcp hama uwo munyu uwusiga kunoti zose ufise?
oyaye ushiramwo muriyose
Urakoze cane ncuti
🙏
Ok!
❤️
Urakoze cane
♥️🙏
Merci sana baraduhejeje MANA wamuti wokuvyara kurugero merci turagukunda
Inbox
Imp ya numero
@@jeaninetvmfasha nanj ubimbarire uzobukoze cane kk sinifuzakuja kur planing familliale
@iscana679762435218
@@jeaninetvnyihere uwo Muti muvyeyi
Merci beaucoup ❤❤❤
de rien♥️♥️♥️♥️
Murakoze cne .non ayo uba wasizeko umunyu ntuyakoresha??mugihe uba ufise menshi uyasigako yose?
None kuri icyi gihe dukoresha mobile money ayo woyakingira Ute ko aba Ari muri telephone ?
Murakoze caane
murakoze 🙏❤
Merci bcp
De rien
Je barampejeje Ubu naricay ndatekereza barampombejeman
inbox
subira ukore haracariho amahirwe
Muraho,ese iyo ukase iyo ndimu igice wakuyeho ugishyirahehe ko igisigaye ugikatamo Kane ukakimanika?
egome cane❤️🙏
Zuduha nimeroyawe.murakozecan.
62435218
Byihoze wamubye yiwe ndakora sintera lmbere
barakuzingamitse ukora ubakorera
Murakoze cne gusa uturangire ahotwowugurira
Egome mubahh
kamenge kwisoko impande yinyama no kur cotebu
Mersi❤❤❤
♥️♥️❤️
Namahoro Jeanine muturangire numuti wogukingira umurima abasuma baratwiba cane
Uzondondere nguhuze n'uwogufasha
mahoro neza ibox
Nanj kbx ndakuney Umuti wo Mumirima
Murakoze cane muvyeyi imana iguhezagire hama iyo ndimu umuntu ayicamwo 4 akagenda ashiramwo igipande buri costara
egome cane
Uwo munyu wagikukuru umeze gute muwumbwire mwoba mukoze
Ntanzu itagira imyenge
Uwomunyu twowukura hehe
muba diventiste
Urakoze
namwe
Urakoze 🙏 🙏
urakoze cane nawe
Icakabiri, amahera uyasiga umuntu yose canke usiga imwe yo muriyo ?
uwuvanga muri yose
Merci
de rien♥️
Hezegirwa muvyeyi
amen
Mwaramuts'amahoro,none iyi ndimu ucuyimanika yose ukwaribipande bine ?UVA uhejeje canke uguma ushiraho izindi
ni sécurité naho yokwamaho
Usiga lu noti imwimwe ?
Murakoze mama none iyo fu yigikukuri nimwe yibuye uhondahonda?
Gikukuru ziti kwinshi ariko iyariyo yose murabonako jewe iseye
@@jeaninetv nge nubwambere numvise gikukuri iseye kweli
None iyo ndimu uyimanika yose?
Hanyuma uwo munyu wa gikukuru ni umwe mu gifaransa bita sel de mer canke uwundi?
Ukooze❤❤
muarakoze
Uwo munyu wa gikurukuru twowugura hehe
Muba adventiste
Ifite gikukuru cyamabuye wagihonda ugakoramo agafu cg wakigurahehe?
uwusyeye nisawa 'uwamabuye uvura ibindi
Numunyu udasyeye cane urya urimwo mwutubuyebuye
gikukuru ziri kwinshi jewe nkunda uwusyeye
Muvyeyi urakoze cane harumugenzi acuruza ariko ntiyigera yunguka kandi aguma yongeramwo imitahe.harinigihe yarangura amavuta meza nyuma acahinduk ibintu bimeze nk'ubuyi😂
Nuko ishari n'inzigo nivyinshi
@@jeaninetvyooo mana yanje Imana imurengere ivyo yabivuze kumurozi yaguze ibitarivyo bari bamufuzne amaso. Hari nabagura amahenehene ngo nibiharage abandi bakabesha ngo ibiyoba kandi ari amahenehene
uragize neza
namwe
IMANA iguhezagir urakoze can.None indimu urayisatura arik ntuyitandukany?
oyaye
Nawe iguhezagire
@@jeaninetvnone iyo ndimu uyimanitse yose aribipande 4 ni bibi?
Ndabaramukije amahoro yimana nashaka kubaza umuntu wa gikurukuru ugurirwa hé?
muba doventiste
Uwomunyu wagikukuru umeze gute?
iri kwinshi iyamabuye canke iyiseye
Nkunda ukuntu uvugana ikinyabufura , wubahwe .
murakoze cane
Biriho kabisa naje vyarambayeko umuclient yazanye amafranga ngo mvunjira ndayasize muyandi agapukuru nasanze kagaragara😢😢
bibaho ncuti yanje abatavyemera ntibirabashikira canke banka kukuri kwa shetani kumenyekana❤️
Ima inomero yawe
ziriko hejuru ziriko
Merci beaucoup Madame abobageser baratwifatiye
egome
Merci bcp Madame
amen🙏
Umunyu wa gikukuru umeze gute?
narawubabwiye
Uwakoresha umunyu usanzwe
oyaye
Nububeshi
Yambiiii jeani hama harya naho umuntu aronka amahera agahera atacakamaro akoze ntiyigeze abura inoti nimwe arayakoresha ukazubona mumisi araheze atanivyakamaro akoze hoho biva kuki?
nivyo birimwo uyaronse ukababwa mpaka aheze😂
Urakoze mpa nimero yawe
62435218
Tubwire umuti wuruvyaro ncuti abifuza uruvyaro
Lobe❤❤
❤️❤️
Uwo munyu bawukura hehe??
Muba duventiste
Indimu uyishyiramo iikamaramo igihe kingana iki?
après 4 jrs urahindura
None iyo ndimu yumye urayihindura? Imarayo iminsi ingana gute?Canke uyishizeho rimwe gusa?
urayihindura nyene
Uwomuntu ntawotuzi twowugurirah?
Mubah
Uzagabanye mukorogo😂😂😂😂
ntayo nisiga nukuri
Uwo munyu uva heh ?muyandi mazina tumenyerey witwa gut ?
N'umunyu w'ingezi
Uratubwira icotwokoresha tugaheba planing wobukoze ingezeyo
Sawa inbox
Uwomuny sindawutahura ndagukeney kuk maraturembeje
muba tempera uriyo
Ko utadusobanuriye neza uburyo wamenye kogikukuri nindimu birinda?
umviriza vidéo neza muntu w'Imana
Vyovura uwobamaze guhumanya amahera yiwe?
Ukingira ibisigaye kuko uwukugirira nabi aguma yongeramwo, inbox
@@jeaninetv mumpe numéro yanyu
@@jeaninetv bonjour, jew nshaka numéro ya téléphone mbaze ivyo nipfuza
Bishobotse muduhe numéro yanyu
62435218
Nn uwo munyu wa mukurukuru umez gt? Madame
ntawe naberetse raba neza
Nikihe wakora kugira ntibakuririre?
sintahuye ncuti
Ariko se Jeanine uwomunyu ntituwutahuye,, nayahandi uvuze ukur,,dusobanurire uwomunyu
Wa gikukuru,umunyu w'ingezi
Umuntu yowukura hehe ? Ndangira mugenzi
Muba diventiste❤
Muba diventiste❤
Nonese umunyu wa gikukuri utandukanye nuwo munyanja?munsobanurire murakoze
No zany muzituronse
62435218
None inzu itagira ama closra iyo ndimu woyishira he???
Woshira hejuru kwitafari canke mugiti gihereza
Urakoze cyanee
Nonese uwomunyu umunu awubuze agokoresha wawundi wibuye wontiwakora ?
oyaye nukuri
Neno nkuyubika kur Banque naw bayaroga
0yaye Hari securite
None uwo baroze ngo niyacuruza ahombe, afunge ahore inyuma asabirize?
inbox
abansi b'umuntu nico baba bashaka
Muvyeyi mwiza mwoduha numero zanyu?
62435218
Uraho neza mubye nonese umucuruzi we abigenza gute??
Buri mugitondo asiga kumafaranga??
usiga rimwe ayugiye gukoresha projet
Gikukuru n'iki??
umunyu w'ingezi