Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Urakoze muvukanyi. Mwiza tugiye kubikora tuzokubwira icahindutse
bn chance♥️🙏
Urakoze can hm ushakak kugir ibisusu vyoroshe yokor iki
amahoro wamuti uvura imvi mumutwe jeho ntunkorera igikakarubamba nitunguru n'a erayo n'a kokonati haraciye nkukwezi ndabikora mwarakoze muratu rangire ibindi nivyaba bihari murakoze
coco nut yimvi koyabuzr wayikuyeh
Merci bcp Jeanine Hama ako kantu ukatirak ibintu twokaronk gt
Amavuta yinka yizewe ndayadandaza kubatoyaronka aho batuye mwombwira
mucururiza hh?
Hezagirwa muvyeyi.mfite akabazo abagabo barazana imiburu bakirabura ahamera ubwanwa mbega nabonyene bokwisiga vyohera?
egome cane
Merci bcp muntu wanje amavuta yinka niyabura ?udukorera umuti nukur murakoze cane
Ubikora kangahe mundwi?
kabiri canke gatatu kumunsi
Ukoresha amavuta adatetse canke atetse arya tugura mur alimentation?
Hezagiigwa mwamikazi murakoze cane muranezera ariko ujutwenga
Nshakumuti ukuza ibisusu wobneka
😂♥️👍
Merci boku
Adatetse
Ms'isoko canke the 2000
Merci beaucoup non urashobor kuvyisiga ukabirazako
ntaco vyica ncuti, ❤️
Ndatwenga nukuri kandi cane
De rien
Urakoze cane turagufana
murakoze namwe nanje nzobanezereza❤
Urashoshobor kubikora ukabika ukaza urakoresha?
Merciii noe uca uvyoga hahez umwany ungan gt?
20 min
Nahandi nko kwa siyoni planche ziriyo
Avura vyinshi cane ncuti
Ntushobora kubikora kumurango ntuje kuzuba?nokumaguru urisiga?
kumurango uguma hanze
Mabisi niyovmezz
Uhejj kuvyisiga nta savon wogesha? Ukoresha amazi yutuzuyazi gusa?
Muri the 2000
Uwutazoyaronka canke uwanka ingene amota nzomurangira ibindi
Egome oyaye nta savon'kubera imbere yo kwisiga uba woze neza'kuko ubikora mw'ijoro urareka akarara anyengera mumubiri
Ufis frigo 'utayifis urabiheza ucubisiga hose ntaco vyiza
Noe ntushobor kubiraran
Mabisi
Aleo nayo ntiwotubwira ingene ikora
elayo ikora vyinshi mugabo raba ivyo maze kubagezako
Bihera haheze igihe kingana gte?
urabandanya gushika biheze
@@jeaninetv nanje nzobikora nzoguha umusaruro
Egome ufis frigo
None,iminkanyari,iyoyaje,iragenda,burundu,munsobanurire
cane gose ikagabanuka pe
Urakoze muntuwanje❤najew amahere yaranyishe nagumambaza ivyonokwisiga kugira ibihere bimveko
None iyo wisize Ayo mavutaa nkabamwe usanga inyege aroz zirinzobe honyene bica bigenda gte ugasng ahand hirabura cank bamwe bagira Ama tâche kumwanya wibanga mbe hoho ivyo wabikoze woyasubirako??
Ntama tâche ku mwanya y'ibanga abaho
Ayo mavuta yinka narya badandaza mubusash muri ville ?tubwire nez
Oyay
Ariko amavuta y'inka ayariyo yose ariko yizewe ko yakozwe neza
Sintahuye
Merci bcp
mw,ijoro niho sawa