Murakoze Ko iyo clou de girofle couleur yayo idasa na ya clou de girofle watwereka yo gukoresha mukanwa pour une bonne haleine ? Imwe wavanga n'ibishishwa vy'umucungwe ???
Niba utuye i Kigali mu Rwanda, aho bacururiza ibirungo barazicuruza mu ma supermarket zibamo,abagorozi, urabaza baba bazizi.naba Islamu bacuruza ibirungo baba bazifite
Urakoze ntac udakora!ariko uraduha umuti kuba dame bipfuza kuvyibuha.
Sawa❤️
Muraho Maman Jeanine, ujye ugerageza urase kuntego uratinda cyane
Maman turagomba uturonderere umuti wizewe unyarutsa kuzana amazi kumugore.uzoba ukoze cane
😂😂inbox
Chayotte, umubirizi,Cuban oregano, watermelon...😂ibindi Jeanine yongereho
Mwiriwe mubyeyi karafu mukinyarwanda bayita ngwiki? Mudusobanurire
Murakoze cane ariko ako gafu sindakazi kwl
turashaka kumenya akogafu wavuze ntigatahuritse
Murakoze
Ko iyo clou de girofle couleur yayo idasa na ya clou de girofle watwereka yo gukoresha mukanwa pour une bonne haleine ? Imwe wavanga n'ibishishwa vy'umucungwe ???
murakoze
Mrciiiiii
de rien ❤️
Imana ikudukomereze mugenzi uruwakamaro
Murakoze mama❤❤
♥️♥️♥️🙏
❤❤❤
♥️♥️♥️
Mama turakwikundira cane hama nashaka udushakire umuti uzana amazi kuba dame vyihuse nububobere
irya yasa n'a chocolat iyi nayo umenga harimwo icatsi,iyi nayitumye Tanzanie haciye igih naje mbona bidasa
Uzagerageze watermelon kuyirya ubyitose urebe
fu@@jeaninetv
Iyo karafu niyo cloves?
Mrci mwarimu mwiza.mbega uhejej koga uwo muvango uciy ufata akabarafu ugacomeka indani sisawa?
oyaye ntagushiramwo barafu woga amazi akanye
Mahoro muvandimwe je ndi mushasha mwompa nimero yanyu ico mbibariza mwoba munfashij numva nfis vyinsh twoyaga
mahoro neza ,kuri Jeanine Tv ziriko ndaguhaye ikaze♥️🙏
Nanje ndagukurikirana nashaka uduhe umuti wamaribori wobukoze
Twashak dusigurire Neza akogafu ntitwagatahuye bikunze munakatwerek Neza kakiri kabisi katarabifu ngiranih twokabon nez mirakoze
Muvyeyi iyo clou de dirofe igurigwah?
Abarundi komutinya kuvuga zuvuga ikintu ukokiri ntawutsitara turagukunda
None nikarya karungo kirabura kameze nkagati canke nikarya kera kamota cane mwombwira
Nne iyo fu utubwiy ngo ni clous de girofle kumenga si yo? Jew mbonumenga nifu yz romarin ?
Ndagukunda ,nsobanurira mukinyarwanda kkarafu Niki mukuntarwanda
ntaconzi nuturungo txicayi'cloves'clou de girofle
Niba utuye i Kigali mu Rwanda, aho bacururiza ibirungo barazicuruza mu ma supermarket zibamo,abagorozi, urabaza baba bazizi.naba Islamu bacuruza ibirungo baba bazifite
Merci!wansobanuriye amazi akanye. ameze ate?
mukama
Imana ikudukomereze mugenzi uruwakamaro 1:56
Karaté muburundi ciza niki
Dusobanurire Ako gafu
Mwiriwe neza muvyeyi none Ayo arimwo indimu ntawoyicaramwo
Ntegereje igisubizo
uzoshinga intahe
Waturangira umuti wifumbi?
Mwarahezagiw muje hageze
Ntako mudakora ndakwikundira.clou de girofle twoyisanga hehe?
muba diventiste iriyo
Ntibakagutere amabuye😂Muganga mwiza avura ibisebe neza atagica hejuru,kandi ibyo uvuze nibyo
🙏❤️
Clous de girofle igurirwahe ?mbega umaze gukora ivyo vyisuku ibikora rimwe ukaguma ubikoresha iminsi Yose?canke uzurakora uko ugira wiyoze ??sindatahuye neza
Nkeneye inama zawe byihariye
Ntayandi mazi umuntu yokoresha atarayakanye?
oyaye nukuri udakoresheje ayakanye uzoba uvyishe
Murakoze teacher none ko mbina ifu ya cloves isa nkumweru ko twe mbona ari chocolate
Kobitavuga
Oe iyo Calaf umuntu yoyikurahehe ziraboneka
Isa na Chocolat nicamera
ibiki
Naho intete woziteka ugashira amazi mukadobo ukicara kurya muhisha uregerana naho uba uvyaye cumi usigara uragakumi clou de girofe numuti pe
🙏🤣
Muvyeyi karafu sindayitahuye bayigurira hehe
muba diventiste
Mu super marche zibamo,mu abagorozi,aho aba Islamu bacururiza ibirungo
Mutubwire mukinyarwand Ako gafu ni tangawize?
Nn kusang harih abatoronk karafe isyeye bafis iry yibibuto boc babigenz gt
ariyintete ucuyitegura kumwe nabireka
Amahoro. Cyane
Kubatazicarafu.nigikise?
Mwodusigurira. Mukirundi
Cloves
Itwo tuntu twudufu tundi ushyizemi nuduki
Nshaka kumenya iyo fu ico kirungo citwa gute mu kirundi?
nikirungo c'icayi
Ariko iyo fu si iya clou de girofle ni iya romarain kk iya clou de girofle isa na chocola
Murakoze mwaduha number zanyu za watsap?
ziriko kuri Jeanine tv
Mwadusobanurira karafu ?
Karafu Niki mukinyarwanda ndagukunda ndagukurikira
ni clou de girofle naho mutoronka ifu ukaronka iyintete ucuyiteka kumwe nabireka ukarindira igahora
Utetse amazi nka 2l washyiramo tungahe ufite intete
Mwoduha numero yawe mwarimu wacu
ziriko ncuti kuri Jeanine tv
Uzotubwire uti wigisigo
uno munsi muri benshi Mbega nirumwe ryo munda
None kwoga amazi ashushe ni bibi
indani oyaye uyakoresha mukwibumba
Karafu yidusobanurire utubwire nahigurirwa
clou de girofle igurirwa muba diventiste b'umunsi w'indwi
Mumwanya wibaga havayokamoto kabi turagire umut
uyu wejo wogufasha'kuko Aho nahantu hubahwa udapfa gushiramwo ivyarivyo vyose
Uwo muti ni sawa batubwiye,ibindi,kunywa amazi neza,kunywa icyayi cya romare, teyi,kurya salade y'igitunguru, ...
Umwanya niki???
time
bivana n'ivyushaka kuvuga
Warabikoze ?
👍✍️
Ndagusabe ubwire ivyovyudufu ntavyontahuy nez
n'ifu ya clou de girofle
@@jeaninetv mama icokintu sindabitahura neza pe kiracitse nn uwutoyishiramwo akagira indimu gus.vyokunda
Murakoze cn jew nanje ndangira umuti w'ukuribwa umuntu yagiye mubutinyanka
Sawa
Ego muvyeyi urakoz caan
murakoze gushima❤️
@@jeaninetv yasabun waturangira yitwa daran narayibuze
Mrc maman waba dame hanyuma twipfuza kuturangir umuti ukura amasununu
Sawa sawa
Uzabwure nguhe umuti@@jeaninetv
Wamasununu
Wamasununu
Karafu ntabwo tuyizi sinzi mwotubwir
twaturungo twicayi twirabura tugurirwa muma boutique
Reka ngushigikire numuti uhambaye uciye ugata tunguru sumu ugakata mwo kabiri ugaterera murayo mazi mana ugira impumuro nziza cane igitsina cawe cama cifunze neza cane kandi gisa neza cane
egome cane
Claf zigirirwa hehe Narayibuze je nduwaruguru ibusoni
Ariko Ako gafu ntitwamenye uko kitwa mukinyarwanda
Wubahwe tantine wacu
amen amen🙏♥️
😂
Umuti wo gutumaa amabere yongere kuzamuka gatoya
Tantine wacu duhe number za we za WhatsApp ukoresha
Ndagukunda ,nsobanurira mukinyarwanda kkarafu Niki mukuntarwanda
Benshi bayita ikirungo c'icayi'mukinyamazuru clou de girofle'english cloves'curaba rero kuyisobanukirwa❤