Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Urakoze cyane
Murakoze namwe gushima❤
❤❤❤ merci bcp
De rien
Urakoze ndakunda ibiganiro byawe, jewe ndasaba uzaturangire umuti uvura imvi zaziye imburagihe? Hama nkabari hanze uyumunyu wadushikira gute?
Reba mu biganiro byatambutse yarabivuze uburyo wivuramo invi
Murakoze cane'ubahe inbox
@@jeaninetv mumpe iyo video ivuga ukuntu twakwikiza imvi
None uwo munyu twowugura hehe ?
mu ba diventiste
Uzaturangire umuti uvura amarozi yamategano
Sawa ncuti
Bjr. Ndagira menye uwo munyu wamabuye uwo ariwo naho uboneka kuko nawuyobewe.
cumvi mawe
@@jeaninetv cumvi mawe iboneka hehe.
Mwaramutse neza muvyeyi? Uradufasha caane Imana ibadanye kuguha ubumenyi Hama umunyu dukoresha nurya dufungura cnk? Ntitwoga isabune ntakind kintu kijamwo?
Mwaramutse'n'umunyu wabigenewe witwa cumvi mawe
Pilipili manga
Amakuru yanyu,nagira ndababaze ukuntu nobona uwo munyu jewe mba mu rwanda kandi ico kibazo ndagifise cane,mrc
Nimeza cane 'yoooo ncuti yanje uzowurondere kandi bizogufasha❤🙏