Irukana imyuka mibi munzu yawe canke ivyarivyo vyose bagutera mwijoro.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 1. 07. 2024
  • Irukana imyuka mibi munzu yawe canke ivyarivyo vyose bagutera mwijoro.
    / @jeaninetv
    #cooking #youtube #jeaninetv

Komentáře • 61

  • @user-gv7jq8nm8u
    @user-gv7jq8nm8u Před 2 dny

    Mwaramutse neza ndagukunda caaane Imana irushirize kukwitaho Hama jewe nshaka umuti wokudandaza ndadandaza ntibigende neza ikibanza nkoreramwo sindonka aba client

  • @ViolaIduharire
    @ViolaIduharire Před 2 dny +1

    Umunyu wamabuye barya ba mama bomuri ville badandaza ivyamwa uraba uhari nomwisoko mukinama nawubonyeho

  • @user-ud9np8dv9u
    @user-ud9np8dv9u Před 2 dny

    Urakoze ibyo byose uvuze ntacyo bitwaye umukristu kuko ubanza kubisengera Imanigakorera muribyo

  • @clementineminani842

    Umuti woguheba inzoga urakenewe tubsire please

  • @user-ml7yr4uf8z
    @user-ml7yr4uf8z Před dnem

    Byiza cyane

  • @user-ej3tx8ok7p
    @user-ej3tx8ok7p Před 2 dny

    Gusa umuntu wamabuye uragoye kubona uwokoresha uwo turya vyokunda

  • @JoselyneNTIRANYIBAGIRA-f3j
    @JoselyneNTIRANYIBAGIRA-f3j Před 17 hodinami

    Tubwire umuti utuma umuntu aheba inzoga

  • @user-pv8ul8pp5d
    @user-pv8ul8pp5d Před 2 dny

    Courage

  • @estellaniyonzima3031
    @estellaniyonzima3031 Před 2 dny

    Merci Jeanine

  • @kANEZABenigne-ux6sm
    @kANEZABenigne-ux6sm Před 2 dny

    Umunyu ataruwamabuye ntukora?

  • @shamedyoucannaaem6827

    Merci

  • @MunezeroConcessa
    @MunezeroConcessa Před 2 dny

    None ubikora imisi yose

  • @AnnonciatteDusabe
    @AnnonciatteDusabe Před 3 dny

    Merci Arik maman wofash kurond umut wo guheb inzoga wobukoze

  • @Coco-nu4of
    @Coco-nu4of Před 2 dny

    Ndakwikundi uritonda ❤❤❤😊😊

  • @ndayikezeclaudine
    @ndayikezeclaudine Před dnem

    Umuntu anuka nabi mukanwa ntaco mwomufasha???

  • @SmilingHarp-fw2gq
    @SmilingHarp-fw2gq Před 3 dny

    Jolieizabayo murakoze cyane Imana ibahe umugisha❤

  • @triphineumuhoza5306

    Wampa number yawe nkazakubaza neza uzabukoze

  • @VirginieNIZIGIYIMANA-zr4ct

    Nyihere numéro yawe

  • @Graceigabaneza-fd1pk
    @Graceigabaneza-fd1pk Před 3 dny

    Merciiii maman❤❤❤❤❤

  • @BakundakuvugaDesire-vq2fy

    Saw nivyiza cane none umunyu wamabuye uboneka gute? Ugurwa angahe ?

  • @Mimilove52
    @Mimilove52 Před 3 dny +1

    ❤❤❤

  • @user-hm8yt5ob8d
    @user-hm8yt5ob8d Před 3 dny +1

    Merci sis

  • @user-ed1dk9et3j
    @user-ed1dk9et3j Před 2 dny

  • @user-cm8qb2qj1x
    @user-cm8qb2qj1x Před 2 dny

    Nn uyumunyu igirirw heh

  • @user-uv6eq4zt4j
    @user-uv6eq4zt4j Před 3 dny +2

    murakoze cane Riko rongeretubwire uwundi muti uvurimvi wambere jewaranse ndawushize mwigihe umushatsi ntuhinduka

  • @signaturez6ne30
    @signaturez6ne30 Před 2 dny

    Bite nisaw none uyo munyu ugurirwa hehe

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 2 dny

      muba tempera bizewe ntimuzopfe kugura birya vyanze mumasoko

  • @user-km9nm4ue4n
    @user-km9nm4ue4n Před 3 dny

    Murakoze kutwigisha utuntu nutundi

  • @denisek2722
    @denisek2722 Před 2 dny

    None nkubaze mama ibyo wabikoresha ahantu bazinze ngo ntubashe kuhacururiza cg ntihagire nuwahakodesha

    • @Deborah562
      @Deborah562 Před 2 dny

      Ariko wamuntu kwizer'Imana yakuremye bikunaniza iki?
      Wewe IzerImana uyiyegurire ubuzima bwawe bwose atacyo usigaje, wihane Utandukane nIcaha nigisa naco..hanyuma uhamagare Uwiteka Imana yakuremye mw'Izina rya Yesu Kristo
      Niryo mbaraga zimira izindi..
      UwItekImana Izokurwanirira
      Pfakuyiyegurira gusa Aho imbaraga zumuntu zirangyirira niho Imbaraga zImana zitangyirira.gukora
      Yadukijije byinshi biteyubwoba kuruta ibyo byiwawe. Turabagabo boguhamya Ineza YImana..Yaremy'Ijuru nisi.tuguwe neza twaratabawe.
      Nawe Uzatabarwa n'Iwizera Imbaraga ZImana..Iri hejuru yibigirwa mana.❤

    • @Funny-ks9cu
      @Funny-ks9cu Před 2 dny

      ​@@Deborah562 nawe niyavuze ibyibigigwamana yavuze ubanza gusenga ahubwo wewe watahuye nabi yavuze imana niyo nkuru n'iyigeze avuga nabi imana nimwe musubiza abantu inyuma Imbere y'ukuvuga urumviriza yavuze neza cane kandi yatwunguye ubwenge Imana imuhezagire❤ Jeanine imana imushikane kure Aho abansi badashaka Yuko ahagera

    • @Deborah562
      @Deborah562 Před 2 dny

      @@Funny-ks9cu Uburyo yabivuzemo bwose nubuyobe. iconzi Imana ntibangikanywa.. nikintu nakimwe.. Irihagije ..Ninkomezi zimira izindi....kandintakintu dukeneye gukora ngo tuyifashe..wowe rero uvugako Jnn yagufashije imana yawe yarisanzwe arinyantegenke..bivuze ko AtarImana
      Nubundi yaremyijuru nisi carikigirwamana.. Kuko Abafise Imana nya Mana ntibayikekeranyako bayizera muri vyose Kandi Ikabarwanirira muri vyose..
      Mbere ndiwewe sinoharira nubwobwenge uvugako wungutse utarabona kobikoz nuko bidakoz..
      Icobikoze murazi kwizera Umuyaga pe...

  • @ndayipfukamiyeemelyne1903

    Merciiiii.uwo munyu wamabuye none twowugurirahe?

    • @Deborah562
      @Deborah562 Před 2 dny

      Ninde yababeshe ko aba Dayimoni batinya umunyu nutwo tumanevre twosee??!!
      Wewe niwegurire Yesu Kristo ubuzima bwawe hama umuhamagare ntanumusegondebizotwara...upfa kwihana nezaaa ugakizwa ukamaramaza..Azobaruhura..
      Nahubundi nuguterekera mukundi...nabagirinama yokujakubapfumu kk ivyo Jeannine aberetse ntaho bitaniye nubupfumu..

  • @user-fy2cr8nh6v
    @user-fy2cr8nh6v Před 2 dny

    None Jeanine nkubaze uwo Munyu w'amabuye utandukanye numwe bavuga bita umunyu womunyanja ??? Canke nuwonyene ???

  • @MawazoEmmanuelline-fx3ov

    Urakoze cane.hama none ivyo tuzobikora rimwe gusa?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 3 dny

      Nukuri naho hoba gatatu mundwi ntangorane

    • @Deborah562
      @Deborah562 Před 2 dny

      Mwabantumwe nimujijuke muvibuzimu mujibuntu
      Ntamuti wirukana abadayimoni ubaho. umuti nukwiyegurira Imana yabaremye mugakizwa neza.. mukareka Icaha nigisa naco hamamukayiha ubuzimabwanyu ikabayobora..Ikabarinayo ibarwanirira.. Mumana yaremye Ijuru nisi niho harinkomezi zimira izindi..yihamagare mwizina Rya Yesu Kristo numuti uruta iyomyunyu nivyovyose muri guhendwa.
      Kuko ivyovyose Jeannine aberetse nicokimwe nokuja mubapfumu.muburyo bwagisirimu( umva satani ntashobora kwiyirukana) Humuke Uhoraho niwe fungabreki.nimumwizere Azo bakiza..100% Yadutabaye ibikomeye ,biruta ivyo..Turatekanye.❤

  • @ladislaskanuma8442
    @ladislaskanuma8442 Před 2 dny

    Mohoro wokwivura gute intongangira

  • @user-lm3cb7gj7b
    @user-lm3cb7gj7b Před 3 dny +1

    Ndagukundakuvantangurakugukurikirana ukorerahe ayomavutagugwangahe wewe nuyarangure tuyaguririwawe kuko harabagurishaya pirate mpa nimeroyawe yawhatsap urumumwigishamwiza ugururaho twobigurira iwawe ndabigusavye

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 3 dny

      Haaaa ntavyo ncuruza ariko n'akazi mubisamvye muri benshi nobikora'hama murakoze gushima❤

  • @user-lm3cb7gj7b
    @user-lm3cb7gj7b Před 3 dny

    Kumwe ham ham avugati ingomubiguririwanje nawe bigiruko haruwambajijeko mwomukorermuti wimvi yazimezehataragera murumvakomufisisoko

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 3 dny

      Abo bitakunze mwihangane 'umuti vuba urashika kubera idolali ryazimvy

  • @kevincandy3488
    @kevincandy3488 Před 2 dny

    ❤❤❤❤

  • @AnnonciatteDusabe
    @AnnonciatteDusabe Před 3 dny

    Merci Arik maman wofash kurond umut wo guheb inzoga wobukoze

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 3 dny

      🤣🤣egome nukuri ibisabo vyawe birumviswe.

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před 3 dny

      Imana ibibemwo❤

    • @pascalineharerimana1015
      @pascalineharerimana1015 Před 2 dny

      😂 😂😂

    • @Deborah562
      @Deborah562 Před 2 dny

      Umuti woguhebinzoga
      Nuko wokizwa ukiyegurira Imana yakuremye...ukihana ivyaha vyawe vyose ataco usigaje..Hama uyomu dayimoni abigutera azohunga mumwanya muto.nawe uruhuke..iyongoyi.