Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Urakoze kutwigisha Ubutaha uzagabanye amavuta wakoresheje menshi hanyuma kugira bigutware umwanya muto ubanza ugategura ivyo ukoresha inyanya, ibitunguru ,poiro poivron uba wabikase kare ninaho amakara atagushirana niminuta ikagabanuka kubadakoresha Wifi mega zirabashirana
👍♥️
Tu es adorable ! Gusa ujye ugerageza gukoresha iminota mikeya. Byibura itarenze 10 kugira tunakore économie y'amainites❤❤❤
NN NT setsomat washizemw? Ahizotmatezigmazibnek?
Biraryoshye cyane mama ,Kandi waguke rwose
Waouuuuu merci kbsa ziraryoshe cne
👌wakoze cyane kunyibutsa iryo maman ya dutekeraga.biraryoha ndabizi.
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 muri make guteka sivyawe .Guteka urabiha umwanya ukitondaaa mwaramenyeye ibitetse ababoyi koko 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤭🤭🤭🤭🤭Gusa uyu mumama ni humble, sympathique. Namukunze ariko ukungene ateka si sawa cane il faut améliorer 👌
@@graciaparker1840 Biraryoshye kubera byateguwe n'umuntu mwiza. Ariko hari amavuta ni menshi, umunyu ni mwinshi, irengarenga zidakase😁😁😁, nakunze utegura ariko indya/ibiryo byo harabura ubumenyi.
Waou mbega mazina wajye ukuntu yanteye uburoho wee ibyunkunda cyane n'ubugali miam miam
Bravo JeanineNeza caaaneUwipfuza guteka abinona neeeezaNa jewe nobisubiramwo vraimentC'est très bien décomposé et très claireMerci
Et vs aussi
Merci bcp
Duhe num yawe
Ndagushimiy cn Madame, hm uwogushaka yogusanga heh?
Tres bien prepare. Merci jeanine
Merci Jaja
Zitetse neza cane courage madame
Ikintu nkunda cyane kuri iyi channel nuko wigisha neza,with details kdi ibintu byinshi local people twabona, God bless your channel and keep shining darling 💕
Eka nuko aru mwanda
Waooo vyiza cane
Mbaye uwambere abaza nyuma mumpe like
Les
Courage mwiza ukoresha ivyo twese dushobora kuronka knd bikaryoha merci
Très bien
Merci bcp .Waranyigishije gutekera umufasha wanje imfungurwa ziryoshe caaane ndetse n'abashitsi.
amen amen
Urakoze kutwigisha nukuri mama wacu,mu Rwanda tuzita imbwija courage courage
Dodo🤷♂️🤷🤷♂️🤷nibwira ko atari ngombwa imbwija. Imbwija ni biriya bibyibushye ariko wanakoresha izisanzwe nizo ziryoha❤
Hello ma belle courage
Bisa neza biraryoshe. Jeannine je ngira allergie ya arachides na poivrons. Sinja ndabiteka iwanje. Urumva ico mpomba.
nzokurangira umuti
Murakoze caane , nzobigerageza vuba
Zirabisa 👍
Merci beaucoup 🙏
Cool
Wumviriza vyinshi ahava ubuheza, kandi usubuzamwo ikiyiko warishije, si vyiza niba hari abandi baza kubifungura, uz ufata agasahani kawe ushireho wumvirize,
C'est Bio vraiment❤
merci
C' est appetissant
Waouh
Jeanine ndagunda uri uwa 1🤙🏾. Comments ushyiraho uri guteka zituma biryoha kbs😀
Ndagushimiye biraryoshe
Uteka neza cane❤
Félicitations vraiment
Mr6
Courage mugenzi ndabon biraryoshe cane
Urakoze cane icigwa cingirakamaro
Merci Mme Janine et bravo
biraryoshe cn
cane pe n'impabwa bantu
Neza cane kutwungura ubumenyi bwo guteka!!
Nukuri ziratesa
Merci courage
Madame courage vraiment ndagukeje urashoboye
urakoze kuntera intege
Urakoze, ariko zugerageza ugabanye umwanya kuko vidéo imara 38min Nini cane gose, vyibura 15min sawa
Egome ncuti mrc
uwomwany simunini urakwiy niho bibonek neza
Komeza maman
Utanguje indagara munsi mugihe zumye zica zitetera zikabura goût.ni cukucuku
😂
Good cuisines ❤ ❤❤
thanksi♥️♥️♥️
Madame courage wigishe abantu gufungura neze
Merci murundi kaziwiwacu🤝🤝🤝❤❤❤💓💓
Zisaneza pe
Wawooo félicitations ✌️✌️👏👏♥️♥️♥️
Muhezagirwe biraryoshe
Kabisa wigisha neza❤
Neza cn
Courage vmt nabahungu tutazi guteka bientôt tuzobimenyaa
Egome komeza murabe
Courage mwige guteka neza mutazimbwe
de rien
Bravo mazina yanje
waouh
Waoooo mubandany kuk birik bitwigish
ndi kukivi
Courage madame c est bon
mrc bcp,♥️
Woooow nice
thanks
Merci Jeanine
murakoze gushima, ❤
Mrc
Inyabutongo reka kunkumbuza
❤❤❤❤❤❤❤❤
Nivyiza can
Courage ndabona dukora umwugumwe wubahw
Uyumuntu arakumbuye kabisa😅😅😅
Biraryoshe cyanepeee
muzobitegure bizobaryoheraa
Ndagukeje mwana wamama twigishe kurya neza
Nukuri ayo mapishi nosawa
Ndamukunda ibyo akora ndabikora bikaryohera
Komeza ncuti
Byiza cyane
Uratunyibukije kbs
Kbs,biraryoshe pe.nzobiteka kweli.wubahwe muvyeyi
Amen
Urakoze gushima
Biraryosheeee! Duheko twumve
karibu
Urakoze kutwigisha,ki
Nicc cooking
Thanks my frend
Thank u
Courage ubikora neza
ndashima uko wigisha uri uwagaciro, abarundikazi turashoboye
Merci Madame ubikor nez
amen
Komera komera cane..
amen amen♥️
Iyo uzikata, uko bijagaraye birashisha😜😜😜😜
Good
good
Murakoze caane muvyeyi ndiko ndabitegura nanje
Murakoze
Très délicieux uuuuihm
Merci beaucoup , Ndabon bisa neza kwuryoh ntivyobura
biraryoha cane
ok
Nukuri biraryosh nanj nzobitegura
Urakabya guteka amavuta menshi azogutera indwara😢
Ubikora neza,wigisha neza❤
urakoze gushima
Waoo
,♥️❤️
Urakoze kutwigisha.uwokoresha amamesa harico vyica.
Ntakibazo Ayo umuntu aronse kuburyo bwiwe
Ntaco vyica nukuri
Umwe wese kuburyo afis'ariko udukoto nitwo sawa'ucugura agace kukoroboyi binganya ibeyi n'ammesa
Uraho cyanee urakoze kuri iki kiganiro Izongizo zamababi manini mu Rwanda tuzita imbwijaDodo nizazindi zamababi matoyo
Ok mubanyi mwiza hezagirwa
Ohhh sawa ncuti ubantahirize aho iwanyu
Bisa neza cane biraryoshe
egome
Nciye numva ndazikumbuye kuzirya 😂😂
Uburoho buranyishe
Ndakumbuye indagara undungikire nanje.
yooooo mpore
arachides Yaba isyeye canke idaseye
Nari nagukumbuye guma uzana bisha urarashoboye
amen ncuti NDI kukivi, ❤
❤❤❤❤❤
,♥️❤♥️
❤❤❤❤❤❤❤
❤️♥️
Nivyiza mugabo uteka amavuta menshi
Izomboga zitegerezw kuryoha bivany nuko kuntu wabiteguy
Jewesha kanimero yaweyawastp shakico tuvugana 38:42
62435218
Please ntamuntu ateka asiga inzara!bamumenya amategeko yo mugikoni!
Ww uruwahh
Uri umu contre succès gusa
Bte koresha umwanya muto
Biraryoshe cane
cane
Haraburamo intoryi😅
Zisa neza
merci❤️
Watetseneza nkokugaceri nisawa kubwabigori nisawa ekahosi birajanye bandanya utwereka n'bindi
Urakoze kutwigisha
Ubutaha uzagabanye amavuta wakoresheje menshi hanyuma kugira bigutware umwanya muto ubanza ugategura ivyo ukoresha inyanya, ibitunguru ,poiro poivron uba wabikase kare ninaho amakara atagushirana niminuta ikagabanuka kubadakoresha Wifi mega zirabashirana
👍♥️
Tu es adorable ! Gusa ujye ugerageza gukoresha iminota mikeya. Byibura itarenze 10 kugira tunakore économie y'amainites❤❤❤
NN NT setsomat washizemw? Ahizotmatezigmazibnek?
Biraryoshye cyane mama ,Kandi waguke rwose
Waouuuuu merci kbsa ziraryoshe cne
👌wakoze cyane kunyibutsa iryo maman ya dutekeraga.biraryoha ndabizi.
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 muri make guteka sivyawe .Guteka urabiha umwanya ukitondaaa mwaramenyeye ibitetse ababoyi koko 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤭🤭🤭🤭🤭Gusa uyu mumama ni humble, sympathique. Namukunze ariko ukungene ateka si sawa cane il faut améliorer 👌
@@graciaparker1840 Biraryoshye kubera byateguwe n'umuntu mwiza. Ariko hari amavuta ni menshi, umunyu ni mwinshi, irengarenga zidakase😁😁😁, nakunze utegura ariko indya/ibiryo byo harabura ubumenyi.
Waou mbega mazina wajye ukuntu yanteye uburoho wee ibyunkunda cyane n'ubugali miam miam
Bravo Jeanine
Neza caaane
Uwipfuza guteka abinona neeeeza
Na jewe nobisubiramwo vraiment
C'est très bien décomposé et très claire
Merci
Et vs aussi
Merci bcp
Duhe num yawe
Ndagushimiy cn Madame, hm uwogushaka yogusanga heh?
Tres bien prepare. Merci jeanine
Merci Jaja
Zitetse neza cane courage madame
Ikintu nkunda cyane kuri iyi channel nuko wigisha neza,with details kdi ibintu byinshi local people twabona, God bless your channel and keep shining darling 💕
Eka nuko aru mwanda
Waooo vyiza cane
Mbaye uwambere abaza nyuma mumpe like
Les
Courage mwiza ukoresha ivyo twese dushobora kuronka knd bikaryoha merci
Très bien
Merci bcp .Waranyigishije gutekera umufasha wanje imfungurwa ziryoshe caaane ndetse n'abashitsi.
amen amen
Urakoze kutwigisha nukuri mama wacu,mu Rwanda tuzita imbwija courage courage
Dodo🤷♂️🤷🤷♂️🤷nibwira ko atari ngombwa imbwija. Imbwija ni biriya bibyibushye ariko wanakoresha izisanzwe nizo ziryoha❤
Hello ma belle courage
Bisa neza biraryoshe. Jeannine je ngira allergie ya arachides na poivrons. Sinja ndabiteka iwanje. Urumva ico mpomba.
nzokurangira umuti
Murakoze caane , nzobigerageza vuba
Zirabisa 👍
Merci beaucoup 🙏
Cool
Wumviriza vyinshi ahava ubuheza, kandi usubuzamwo ikiyiko warishije, si vyiza niba hari abandi baza kubifungura, uz ufata agasahani kawe ushireho wumvirize,
C'est Bio vraiment❤
merci
C' est appetissant
Waouh
Jeanine ndagunda uri uwa 1🤙🏾. Comments ushyiraho uri guteka zituma biryoha kbs😀
Ndagushimiye biraryoshe
Uteka neza cane❤
Félicitations vraiment
Mr6
Courage mugenzi ndabon biraryoshe cane
Urakoze cane icigwa cingirakamaro
Merci Mme Janine et bravo
biraryoshe cn
cane pe n'impabwa bantu
Neza cane kutwungura ubumenyi bwo guteka!!
Nukuri ziratesa
Merci courage
amen amen
Madame courage vraiment ndagukeje urashoboye
urakoze kuntera intege
Urakoze, ariko zugerageza ugabanye umwanya kuko vidéo imara 38min Nini cane gose, vyibura 15min sawa
Egome ncuti mrc
uwomwany simunini urakwiy niho bibonek neza
Komeza maman
Utanguje indagara munsi mugihe zumye zica zitetera zikabura goût.ni cukucuku
😂
Good cuisines ❤ ❤❤
thanksi♥️♥️♥️
Madame courage wigishe abantu gufungura neze
Merci murundi kaziwiwacu🤝🤝🤝❤❤❤💓💓
Zisaneza pe
Wawooo félicitations ✌️✌️👏👏♥️♥️♥️
Muhezagirwe biraryoshe
Kabisa wigisha neza❤
Neza cn
Courage vmt nabahungu tutazi guteka bientôt tuzobimenyaa
Egome komeza murabe
Egome komeza murabe
Courage mwige guteka neza mutazimbwe
Merci bcp
de rien
Bravo mazina yanje
waouh
Waoooo mubandany kuk birik bitwigish
ndi kukivi
Courage madame c est bon
mrc bcp,♥️
Woooow nice
thanks
Merci Jeanine
murakoze gushima, ❤
Mrc
Inyabutongo reka kunkumbuza
❤❤❤❤❤❤❤❤
Nivyiza can
Courage ndabona dukora umwugumwe wubahw
Uyumuntu arakumbuye kabisa😅😅😅
Biraryoshe cyanepeee
muzobitegure bizobaryoheraa
Ndagukeje mwana wamama twigishe kurya neza
Nukuri ayo mapishi nosawa
Ndamukunda ibyo akora ndabikora bikaryohera
Komeza ncuti
Byiza cyane
merci
Uratunyibukije kbs
Kbs,biraryoshe pe.nzobiteka kweli.wubahwe muvyeyi
Amen
Urakoze gushima
Biraryosheeee! Duheko twumve
karibu
Urakoze kutwigisha,ki
de rien
Nicc cooking
Thanks my frend
Thank u
Courage ubikora neza
amen amen
ndashima uko wigisha uri uwagaciro, abarundikazi turashoboye
Merci Madame ubikor nez
amen
Komera komera cane..
amen amen♥️
Iyo uzikata, uko bijagaraye birashisha😜😜😜😜
Good
good
Murakoze caane muvyeyi ndiko ndabitegura nanje
Murakoze
Très délicieux uuuuihm
Merci beaucoup , Ndabon bisa neza kwuryoh ntivyobura
biraryoha cane
ok
Nukuri biraryosh nanj nzobitegura
Urakabya guteka amavuta menshi azogutera indwara😢
Ubikora neza,wigisha neza❤
urakoze gushima
Waoo
,♥️❤️
Urakoze kutwigisha.uwokoresha amamesa harico vyica.
Ntakibazo Ayo umuntu aronse kuburyo bwiwe
Ntaco vyica nukuri
Umwe wese kuburyo afis'ariko udukoto nitwo sawa'ucugura agace kukoroboyi binganya ibeyi n'ammesa
Uraho cyanee urakoze kuri iki kiganiro
Izongizo zamababi manini mu Rwanda tuzita imbwija
Dodo nizazindi zamababi matoyo