Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Merci Notre soeur Jeanine .Uhezagirwe .Indya ziryosh
amen amen
Waouh courage
Merci jeanine ndaj mubashitsi ntubimaree
Mrc uratwigishije neza courage
Birabonetse neeza❤Love from Uganda.
Courage ubikora neza
Merci beaucoup. Namye nshaka Chanel yumurundikazi ateka none waraje. Courage kandi urabizi, nzokwigirako vyinshi ❤
Urakoze kuntera intege mwiza
Nanje nuko dii niwe kuriyo ndaba from America
Courage muvyeyi
Bisa neza weee
Courage vmt
Vyiza cane muriko muduha ivyirwa ,so muzahore mugira video ngufi kuko video imaze kurenza 10min icirambira.Thank you
Mbega icyuma yewe izitema ikiganya nyuma ubure icyo ukoresha pe ndakubwiye. À part de ça courage Mama.
Courage
Byiza cyane
Merci bcp 😘
Murakoze cane kutwungura ubumenyi
murakoze gushima
Nibintu vyiza cane ngiye kubigeza pe!
Urakoze kuntera inguvu 'ndiho aguhezaire
Amen amen
Merci bcp
C'est délicieux vraiment
merci bcp♥️🙏👍
Thank you 🙏
Merci
Mpejeje kuyilaba amanzi yunzuye akanwa ndagukunze igene ubikorera kubintu twese tworonka ❤❤❤😂ndabakunda from 🇷🇼
Urakoze mubanyi mwiza
Iyi recette Niya B1, courage maman gusa nkaho ubu urata ibitunguru woza urageragez kunyarukisha video canke ukayikata muruy mwanya ub uriko urabikata, kuko iyo wakase igitunguru cambere kigahera tuba twahejeje kubona example, kubindii bitunguru biba busigaye woza urageragez kunyarukisha video !
🎉🎉
Wau biraryoshye
👍
Murakoze cane hanyuma uzoshiremwo tunguru sumu
murakoze cane
Mwenedata urakoze
Akayabagu kandi ziradyoshe merci kutwigisha
😅😊
Murakoze cane. Iyo preparation ntivuna kandi n'ibikoresho birazimbutse. Murder imbere Mme.
Murakoze cane
Ni byiza cyane gusa urakatisha icyuma kidatyaye
Nzogura ikindi
Courage gusa uwund munsi muzogire video ngufi imaze kuba ndende icirambirana ❤❤
urakoze nzogerageza
Vyiza cn kukumenya n umugisha
Mu masoko iriyo nka harya baranguza
Courage maman,ubikora neza
urakoze
Bravo madame
🙏
Ni sawa cyane
mrc
Vyiza gooose
🎉
Biboneka KO biryoshe bihebuje courrage maman❤️
cane uzobiteke bizokuryohera
Sha birasa neza koko nzabiteka
😋😋😋
Whawoooooooooooo💛💚
thanks
Turishimye
Uteka neza !!
Gusa bantu mumuca intege mubihebe nukuri
Karibu nukuri
Urakoze kutwereka uzongere kutwereka nibindi
egome ncuti NDI kukivi urakoze
Wakoze mama nzabigerageza nkuko wabikoze ndebe surtout gukamuriramo indimu
Egome
Uzobigeragez uzoryoherwa
Wigisha neza mama courage
Urakoze cane
ibandanirize disi #
Murakoze
Nshimye ukuntu ukoresha ibintu biboneka iwacu, imbabura, ibiribwa dusanzwe dukoresha...❤
Ariko aratinya ipiripiri,araduhenze ntayo ashizemwo
Biraryoshe cane jaka
cane gose
Prochaine fois fais des vidéos plus courte c'est trop long
Biraryoshe cane
ni soy sauce
Ma grnde sr urakoze cane imana ishishikare kugukomeza kwiyo mpano yawe kbx ndahaboneye vyinshi
Uranteye.ameru.wamugorewe
Zuragabanya umwany ugira video zito hm merci
egome
Nanje ndaje kuba umushitsi Jani🏃♀️🏃♀️
Karibu ncuti yanje uba hafi karibu
Izoninyama cank nibigufa???
Karibu Alice
Urahawe ikaze
Mrc bcp vrt ndasavy Num yawe
Kuri description iriko ncuti yanje
Urumuhinga nagukunze mais igitunguru ugikata difficilement,il te faudra alors t'apprendre comment on coupe les ognons.Du reste nagukunze ukuntu uzikwigisha neza . Merci
Uwutabizi.nide.
Neza cane
Vmt uragerageza ukibishyir kuri assiette gusa uhita wumva appétit ese watubgira ahantu utuye tukazaza ukaduhako natwe ndag❤️
Karibu
Ubikora neza cane
Akanjwi mandame kand mrc
Konahanu watweretse ushyira mwo sarisa s nago aringombwa Nanone usanze umunyu arimwinshi wamaze kwarura wagira ute?
Nkwigiyeho Imana iguhe umugisha 31:52
amen men hezagirwa,🙏
Hello mbere yogukora. Vidéo bubanza. Uhoze uwomwana WIGIHUGU muriko murariza
ntamwana muto ngira sinzi iyaba iyavuye,,❤️
Mwubahw kwer murazigutekaneza
merciiiiii❤
Urabikora neza mukutwigisha
Courage utwigishe muvyeyi.bisaba ibiro bingahe vy'inyama?
Ivyushaka bivanye nabo utegurira canke na ww ingene uzikunda uburyo bwabonetse
Courage mama❤
G gx f,
Abamuca intege bagerezengaho
Vyiza,ariko ico kirungo kiri mwicupa,uwogikenera yokironka gt?citwa ngwiki?
Yambu . Nukuri zamugerageza Gukoresha umwanya muto . Bitarenza nkiminot itantu . Ibidakenew Ukabisibisha . Uzorab ukuntu abantubenshi bazozabazirab. Harabantu atamwany munini tubadushzkumura .uciye utevya Nkuko.
nzogerageza
Ndanezewe caaane kubona umurundikazi aja kumboneshakure yigisha Guteka niwirambire Madame Jeanine utere uja imbere
Amen ncuti yanje
Mwaramutse
mwaramutse
Mubisanzw ateka neza ibintu biri Naturel kndi bigasa neza
Kweri urabandanya ariko utwo tuntu twiraburatwanyobeye utwaritwo naho nodukura .gerageza ukoreshe umwanya muto
❤️❤️
UrAtegura peee🤪
Jewe ivyo biri mukabuni sinabimenye umuntu yobigurira hehe
sindabitahiye
Ndagushimiye caane ukuntu utwigisha guteka lmana iguhe umugisha,kdi courage.Hama vidéo iba ndende gose muzogerageze kunyarutsa,nkibitunguru ukase kimwe ugaca ubandanya video kuko abantu barambirwa ningoga na video ndende
Ok ncuti ndiho akumpezagirire
Murakoze nzogerageza
Nzogerageza
Nzogerageza murakoze cane
Wagerageje
Merci wanje ndashimye
Urakoze ndagushimiye cane❤
Mpole ndabano urashoboye
urakoze cane
Muragize neza kutwigisha muvyeyi mwiza ariko izo magi ntabwo ari nziza k'ubuzima bw'abantu.
urakoze Maggi narahevye
Merci mais ivyo bintu wasutsemwo vyo mwicupa kumeng samakoto nibiki?
Soya sauce
wivugiramwo ntivyunvikana ivyurigukoresha ngotubimenye uvuga buke umwigisha arasohora ijwi
Nzogerageza kuridiza
Niho uvyibush ufungura utumez nez
yooooo aha ndavyibushe ntavyo nkunda sindenga aha
Nivyiza ariko habuzemo tunguru sumu
ntayo nifuje guteka
Senga ufungure rero
😂
Amen
Sawa uno munsi wagerageje kuduza ijwi birumvikana ivyo utubwira
Oya sukumuc'intege nukwigishanya kuko abikora neza kandi na remarques arazemera agakosora.Jeanine n'umu maman mwiza cane
Turakwissh
Sha urakavya😀😀😀 wumviriza isahani yuzuye?
cane nyene
Biraryosh pe!! Courage !! Ark harakantu NT meny! Tury wapimy k kiyiko twitw GT🤦🤦
Merci Jeannette !Ndakubaze urashobora guteka mu mazi make nta mavuta cyane ku barwayi batayarya byokunda?
Soyi sauce
Soy sauce
Simpaka ushiremwo amavuta kuko inyama ubwazo zirifitiye amavuta
Uburobe nibukeya
Ubundi buriho
Egome nukuri sinipunja
Uzi guteka rata turagufana
irambire ncuti yajewe
Nivyiza turabashimiye gusa turasaba komuduz akajwi ikind sinatahuy iryasosi mwashize kukiyiko
Gusa tuba dushaka kukumva ijwi ryawe
Nzogerageza mvuge cane'imbere niheza
Ndabona biryoshe cane!Nne umuntu yotekesha amazi angana gut? Ndavuga urugero
Bivana n'ingene ubona inyama yawe'ishobora kuba igumye canke yoroshe
Soya sosi twoyikuraheh
hose
None basha ndababaz jew iyosizemwo indim kobica birura
Ushiranamwo imbuto'canke izimaze iminsi
Merci Notre soeur Jeanine .Uhezagirwe .Indya ziryosh
amen amen
Waouh courage
Merci jeanine ndaj mubashitsi ntubimaree
Mrc uratwigishije neza courage
Birabonetse neeza❤
Love from Uganda.
Courage ubikora neza
Merci beaucoup. Namye nshaka Chanel yumurundikazi ateka none waraje. Courage kandi urabizi, nzokwigirako vyinshi ❤
Urakoze kuntera intege mwiza
Nanje nuko dii niwe kuriyo ndaba from America
Courage muvyeyi
Bisa neza weee
Courage vmt
Vyiza cane muriko muduha ivyirwa ,so muzahore mugira video ngufi kuko video imaze kurenza 10min icirambira.Thank you
Mbega icyuma yewe izitema ikiganya nyuma ubure icyo ukoresha pe ndakubwiye. À part de ça courage Mama.
Courage
Byiza cyane
Merci bcp 😘
Murakoze cane kutwungura ubumenyi
murakoze gushima
Nibintu vyiza cane ngiye kubigeza pe!
Urakoze kuntera inguvu 'ndiho aguhezaire
Amen amen
Merci bcp
C'est délicieux vraiment
merci bcp♥️🙏👍
Thank you 🙏
Merci
Mpejeje kuyilaba amanzi yunzuye akanwa ndagukunze igene ubikorera kubintu twese tworonka ❤❤❤😂ndabakunda from 🇷🇼
Urakoze mubanyi mwiza
Iyi recette Niya B1, courage maman gusa nkaho ubu urata ibitunguru woza urageragez kunyarukisha video canke ukayikata muruy mwanya ub uriko urabikata, kuko iyo wakase igitunguru cambere kigahera tuba twahejeje kubona example, kubindii bitunguru biba busigaye woza urageragez kunyarukisha video !
🎉🎉
Wau biraryoshye
👍
Murakoze cane hanyuma uzoshiremwo tunguru sumu
murakoze cane
Mwenedata urakoze
Akayabagu kandi ziradyoshe merci kutwigisha
😅😊
Murakoze cane. Iyo preparation ntivuna kandi n'ibikoresho birazimbutse. Murder imbere Mme.
Murakoze cane
Ni byiza cyane gusa urakatisha icyuma kidatyaye
Nzogura ikindi
Courage gusa uwund munsi muzogire video ngufi imaze kuba ndende icirambirana ❤❤
urakoze nzogerageza
Vyiza cn kukumenya n umugisha
Mu masoko iriyo nka harya baranguza
Courage maman,ubikora neza
urakoze
Bravo madame
🙏
Ni sawa cyane
mrc
Vyiza gooose
mrc
🎉
Biboneka KO biryoshe bihebuje courrage maman❤️
cane uzobiteke bizokuryohera
Sha birasa neza koko nzabiteka
😋😋😋
Whawoooooooooooo💛💚
thanks
Turishimye
Uteka neza !!
Merci
Gusa bantu mumuca intege mubihebe nukuri
Karibu nukuri
Urakoze kutwereka uzongere kutwereka nibindi
egome ncuti NDI kukivi urakoze
Wakoze mama nzabigerageza nkuko wabikoze ndebe surtout gukamuriramo indimu
Egome
Uzobigeragez uzoryoherwa
Wigisha neza mama courage
Urakoze cane
ibandanirize disi #
Murakoze
Nshimye ukuntu ukoresha ibintu biboneka iwacu, imbabura, ibiribwa dusanzwe dukoresha...❤
Ariko aratinya ipiripiri,araduhenze ntayo ashizemwo
Biraryoshe cane jaka
cane gose
Prochaine fois fais des vidéos plus courte c'est trop long
Biraryoshe cane
ni soy sauce
Ma grnde sr urakoze cane imana ishishikare kugukomeza kwiyo mpano yawe kbx ndahaboneye vyinshi
amen amen
Uranteye.ameru.wamugorewe
Zuragabanya umwany ugira video zito hm merci
egome
Nanje ndaje kuba umushitsi Jani🏃♀️🏃♀️
Karibu ncuti yanje uba hafi karibu
Izoninyama cank nibigufa???
Karibu Alice
Urahawe ikaze
Mrc bcp vrt ndasavy Num yawe
Kuri description iriko ncuti yanje
Urumuhinga nagukunze mais igitunguru ugikata difficilement,il te faudra alors t'apprendre comment on coupe les ognons.Du reste nagukunze ukuntu uzikwigisha neza . Merci
Uwutabizi.nide.
Neza cane
Vmt uragerageza ukibishyir kuri assiette gusa uhita wumva appétit ese watubgira ahantu utuye tukazaza ukaduhako natwe ndag❤️
Karibu
Ubikora neza cane
Courage
Akanjwi mandame kand mrc
Konahanu watweretse ushyira mwo sarisa s nago aringombwa
Nanone usanze umunyu arimwinshi wamaze kwarura wagira ute?
Nkwigiyeho Imana iguhe umugisha 31:52
amen men hezagirwa,🙏
Hello mbere yogukora. Vidéo bubanza. Uhoze uwomwana WIGIHUGU muriko murariza
ntamwana muto ngira sinzi iyaba iyavuye,,❤️
Mwubahw kwer murazigutekaneza
merciiiiii❤
Urabikora neza mukutwigisha
murakoze gushima
Courage utwigishe muvyeyi.bisaba ibiro bingahe vy'inyama?
Ivyushaka bivanye nabo utegurira canke na ww ingene uzikunda uburyo bwabonetse
Courage mama❤
amen amen
G gx f,
Abamuca intege bagerezengaho
Vyiza,ariko ico kirungo kiri mwicupa,uwogikenera yokironka gt?citwa ngwiki?
Yambu . Nukuri zamugerageza Gukoresha umwanya muto . Bitarenza nkiminot itantu . Ibidakenew Ukabisibisha . Uzorab ukuntu abantubenshi bazozabazirab. Harabantu atamwany munini tubadushzkumura .uciye utevya Nkuko.
nzogerageza
Ndanezewe caaane kubona umurundikazi aja kumboneshakure yigisha Guteka niwirambire Madame Jeanine utere uja imbere
Amen ncuti yanje
Amen amen
Mwaramutse
mwaramutse
Mubisanzw ateka neza ibintu biri Naturel kndi bigasa neza
Kweri urabandanya ariko utwo tuntu twiraburatwanyobeye utwaritwo naho nodukura .gerageza ukoreshe umwanya muto
❤️❤️
UrAtegura peee🤪
Jewe ivyo biri mukabuni sinabimenye umuntu yobigurira hehe
sindabitahiye
Ndagushimiye caane ukuntu utwigisha guteka lmana iguhe umugisha,kdi courage.Hama vidéo iba ndende gose muzogerageze kunyarutsa,nkibitunguru ukase kimwe ugaca ubandanya video kuko abantu barambirwa ningoga na video ndende
Ok ncuti ndiho akumpezagirire
Murakoze nzogerageza
Amen amen
Nzogerageza
Courage
Nzogerageza murakoze cane
Wagerageje
Merci wanje ndashimye
Urakoze ndagushimiye cane❤
Mpole ndabano urashoboye
urakoze cane
Muragize neza kutwigisha muvyeyi mwiza ariko izo magi ntabwo ari nziza k'ubuzima bw'abantu.
urakoze Maggi narahevye
Merci mais ivyo bintu wasutsemwo vyo mwicupa kumeng samakoto nibiki?
Soya sauce
wivugiramwo ntivyunvikana ivyurigukoresha ngotubimenye uvuga buke umwigisha arasohora ijwi
Nzogerageza kuridiza
Niho uvyibush ufungura utumez nez
yooooo aha ndavyibushe ntavyo nkunda sindenga aha
Soya sauce
Nivyiza ariko habuzemo tunguru sumu
ntayo nifuje guteka
Senga ufungure rero
😂
Amen
Sawa uno munsi wagerageje kuduza ijwi birumvikana ivyo utubwira
Oya sukumuc'intege nukwigishanya kuko abikora neza kandi na remarques arazemera agakosora.Jeanine n'umu maman mwiza cane
Turakwissh
Sha urakavya😀😀😀 wumviriza isahani yuzuye?
cane nyene
Biraryosh pe!! Courage !! Ark harakantu NT meny! Tury wapimy k kiyiko twitw GT🤦🤦
Merci Jeannette !
Ndakubaze urashobora guteka mu mazi make nta mavuta cyane ku barwayi batayarya byokunda?