Guteka/Karibu dutegurane inyama zomunda [ubutumbutumbu] n'intore bivyoshe cane utasonga ahandi.
Vložit
- čas přidán 7. 12. 2023
- Guteka/Karibu dutegurane inyama zomunda [ubutumbutumbu] n'intore bivyoshe cane utasonga ahandi.
/ @jeaninetv
#cooking #guteka #recipe #delicious
Merci kutwungura ubumenyi!jewe nyereka uburyo twotegura ibitumbura bitarimwo levure !ningene twotegura icapati kiryoshe camazi canke co gusunika
Imana iguheeagire caane wanje kugira duhindure ubundi buhinga bwo kuryosha ibifungugwa. Hama mutuntu nutundi uzushake shake ingene bavura amenyo
Sawa ncuti yanje
Amahoro cane!naje amenyo n'amatwi nabisavye
Wawo. Ndagukunda
et moi aussi
Urakoze cyane ubutumbutumbu nisawa
❤
Jw nahora mbanza poivron kubr umenga isa niyiteba gusha hama ivyobindi tunguru sumu nkayihereza kubr ndayihereyeko irafisukuntu icigomba kuzigira.ikindi nuko intore ntazikurako amashishwa nokuzikata ncishamwo imbugita kuburyo urutore rutavanako.zisha neza ntanimbuto zivamwo ruguma rukwiye kandi rufis gout nziza.ubutumbu ni gout yanje kabisa
Umva biraryoshye pe
cane ncuti yanje
Urakoze kweli
urakoze gushima
Courage ❤🎉
mrc bcp
Merci
Urakoze
urakoze gushima
Iraryoshye cyane kbs urakoze cyane nanjye nzayiteka gutya
courage et bn appétit ♥️
Nanjye nkunda ubugari biraryoshye cyanee from Rwanda 🇷🇼
Waouh mubanyi mwiza biraryoshe❤
Byiza cyane merci
👍🙏
Birashe unkumbuje i muhira nukuri ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Muraho neza.nanjye ndigutegura kuzajya mbagezaho uburyo bwo gutunganya amafunguro amafunguro .ndabasabye mumfashe gukora subscribe .ntabwo nzabatenguha
❤❤❤❤uratwerek ukobategura inyama zokeje nez
bien recu
Ntabirenze
Merc mungu akuone
Basha.urakoze.twereke.rero.nagatoke.naho
👍🙏
❤❤❤❤
♥️♥️♥️♥️
Biraryosh
Cane❤
❤❤❤🎉
♥️
Kugira inyama ishe ningoga ushiramwo tangawizi
Tangawizi nipilipili❤
Nindimu nisawa Na tangawizi nisawa
Bonjour nabonye i sauce
Ni nziza mumaso
Gira ama recettes yose
❤️
Urasa neza cane
Waouh Kubera Ndiho
Komeza utwigishe muvyeyi
NDI kukivi ncuti
Merci sana ❤❤❤
de rien
Urumwigisha mwiza
Nibirungo vyawe sikirenga kandi bikaryoha
amen amen
Narinkumbuye kuza ngaha
Karibu nzokwakira❤❤
Kwa Jeanine tv waranpevye❤
Ubwa mbere niwatangwa habaye iki?
@@jeaninetv vyarangoye ncuti
Urakoze cane hama nashaka kugusaba uzotwereka ingene bateka irya sosi yinyama bakoresheje ibitunguru gusa ata tomati zirimwo
sauce
Wapiii iyi sosi yabay amazi uku siyo
Ndahwereye nukuri ati camera ibona mwijoro 😂😂gusa courage maman
merci♥️
Bitese ese ni bicece birajyenda
cane gose ncuti❤️
Neza
merc
Kbxa
♥️
Urampanimero yawe
kuri Jeanine tv ziriko
A❤❤❤❤
de rien
Watetse neza cane ibi kubugari umuceri hose nisawa
Égome vyose birajana
Sorry isosi yawe ni trop liquide kandi washyizemo amavuta menshi.
ok
Icobimpa novyereka peee komera muvyeyi uzuratwereka utuntu nubund
murakoze♥️
Intore kozisha imbere yitomate akabarizo watanguj !! Ubwoo ntizishaya!!?
oyaye
❤❤❤❤❤
♥️♥️♥️♥️
Biraryoshe ark muri 10 min sinibazako ubutumbutumbu buba buhiye uzotubwire iminota ukoresha kugirango uhishe
ewe Fara erega nugusabura,in box fara
Bisa neza ariko 10 minutes gusa irakwiye guhisha izo nyama?
❤️
Kubera iki utazicisha mu mavuta nazo?
❤ushaka woziciaha mu mavuta,mais niyondi étapes yoguteka ja muri video za kera my frend
Uzuntumire umunsi umwe uzosubira guteka ibintu bijanye ninyama numve ako kanovera🤣🤣🤣🤣🤣
oh karibu Uba hh?
Merci ham uzodutegurire sauce blune wobukoz
sawa vuba cane
Meme avis
None ukoresha téléphone ?
kuvyerekeye iki
None muri 10 minutes ubutumbutumbu buba buhiye? Harimwo secret utatubwiye
nugusabura kandi munyuma nazishizemwo tomate nibindi ziba zihiye bien👍💯
None izo ntore zirazha neza? Hanyuma urakoze cane
urakoze gushima
La fois prochaine uzodutegurire salade 23:32
egome bien noté
Iyo sose umengo namazi ! Ntabintu ndakuboneye.
urakoze
Rekinzigo iyo sose Iranase sana
Urinzigo iyo sose ninziza cane Jeanine ndamwikundira niyikomerere
Kuri gaz inyama zo munda nziteka isaha 😂none ubwo izo zirahiye 10 min?
Isaha yose kwr
erega inyama ushiremwo indimu iyo minuta ubusabuye
❤️❤️
Uwoziteka mumazi agakataguriramwo ivyo vyose ntivyoroha
Neza cane niyo bita bucucu yubutumbutumbu Ivyo bindi vyose nukwirusha guteka nimumutwe ukongera ukigirira icizere
ukushaka vyose birakunda
None izo ntore ziba zihase?
oyaye sindazihwata
vitamine Iba ivuyemwo
Urakunda akawunga twebwe ubugari nubugari nyine bwimtumbati
Erega ubwa bigo ni énergie kumyaka yanje mfungura ibifata munda❤
Urankumbuje Muburundi muvyeyi namba harikint nkunda Nubutumbutumbu
yoooooo none ahuri ntaburiyo wihangane ncuti
Urakoze Jeani. Ariko uwundi musi uzozisabure hama uzikarange, hama wongeremwo aga poivre noir, urapiremwo agatangawizi, ushiremwo naka Laurier. Mugabo bagenzi, nugucunga umunwa n'ururimi kuko usamay urashobora kubirya vyose 😅
merciiiiiii😀😀😀😀