Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Urakoze cane ndagukunda ariko uriko urateka uze uvuga cane kugira twumve ivyo urimwo kuvuga kuko navyo birakenewe cane.
Urakoze cane Muvyeyi mwiza. Jew mpora ngira ukwo nyene, ngashiramwo n'agatunguru sumu harya ibitunguru biravye, hama harya ndi mukubihisha nkaca nongeramwo n'aga persil. Birasara sinokubesha.
😮😅
Urakoze cane
Merci beaucoup courage 🙏🙏
Merci beaucoup ndirutse kubikora umunoho uranyishe
Courage di maman💟ham abantu muragoye PE erega abantu ntitunganya ubushobozi umuntu akora ibijanye nivyo afitiye ubushobozi ibikoresho afise nivyonyen kko nivyo afise kandi ntibisigurako ingabire yiwe itoja ahabona ub uwoza iwanyu yosanga ariko muhira amasuku kwl?nihatar uwabinenze arakora gwiw azane naw dufane😀😀apana kunegura ivyabandi nimba harico utashimye ukivugana urupfasoni mugakosorana 😎😎nirenganira daaa
hanyuma x uwo umunenga yakoze ibyiwe tukabibona cyakoza abantu bariyenza wallah gusa ndacyeka nagashyari kaba karimo rata courage mubyeyi imana iteze imbere change yawe nukuri
@@siffahhassan6977 Sifa ndakuramukije na hano turahahuriye hhhh uyu mubyeyi ndamukunda cyane ndamukurikira
Biraryoshye pe👌
Courage mama
Merci jeanine nukuri warahise
de rien❤
Merci beaucoup Jeanine,nahora nkurikirana abo mu Rwanda,ugasanga barashiramwo ivyo tutazi ino i Burundi
de rien❤️
cyakoza watuma nza muburundi namaguru wallah 😋😋😋😋😋😋😋😋😋😋😋
Nihatari kabisa
Akarobe ko mu minago kararyoshe cane courage 😋😋😋
Usanga ibitunguru vyarazimbutse 😂😂😂
oyaye
Courage muvyeyi
Merci mama et bn appet nciy ndabishak
Uzobitegure
Courageeee
Merci jeane ndagkunda kndi utxigisha neza gusa ukorera ahantu hatabona neza
Ni camera nzohindura mwiza nsengera
Murabandany kutwerek nubundi buhinga.komer
Urakoze
Courage
Ico nabonye co nuko ukunda uburobe 🤣Courage merci
Courage Imana ikuje imbere
Amen amen
Ni good
Jeanine mazina ndagukunda uzoze uragira video atari ndende
Nukuri nanezerew niyinyigisho uduhay .courrage courrage.
Wow wow 👌 biragaragara nkaho biryoshye 🤪🤪like and subscribe to your channel ❤
Ivyo bintu ndabikunda kubi maman
Courage ngiy kuza ndategura isose y'irengarenga nakare turazirimira
uvyukana akabiri karemvye
Nciye ndabishaka
Karibu
Uteka neza
Nuko dukunda ibitukura ariko njye nkunda ibirimo inyanya gusa
Ivyo biroroshe cne nubwo atamavuta ukoresha ugakoresha ibitunguru nindimu namagi ,gusa indagala uba wazicishij mumavuta ugacuyakuramwo.
Uwokoresh mamesa vyokunda
Gabanya umwanya wa vidéo kabisa uwo mwanya ni munini. Hama courage
Nivy p
Nzogabanya
Uciyunyibutsa akakera indagara zikiboneka
egome
Karibu ncuti yanje
urakoze aloko iyi maggi abataramenya ko ali uburozi baracyayikosha! Uzayireke
Nuburozi gt?? Tubwr
@@parfaitemugisha6844 yooo barabyigisha cyane wangu. Reba you tube ngo; le danger de maggi tube! ubishoye arayireka, ikibazo nuko murugo dutekera benshi batabimenya; wongereho inalyoha!
Uradukumbuje akarobe nukuri
Sha nisawa kabisa ,
merci
Merci mam ntucik integ ndgkund peee, ubikor nez WP yaw ndayikener
urakoze kuntera intege
Birajyoshyepee
cane gose
Ibyo biranaciriritse ntawutabibonera ubushobozi pe thanks
Vyiza cane ariko muze mugira ilinota mikeyi
Corage maman
Indagara zibitunguru ntapwavro nashiramwo
Courage madame Jeanne
Amen
Huuum
Uzatwigishe gukora uburobe
Cane gose ninaza iwawe uzokanzimane ka minago ncuti
Uzewige kunyarusta video ibitunguruvyonyene ubukase isaha yose haha
Wewe rero bixokugora kuko ntuzi gugira video zigufi
Wirya wenyine!
Karibu dusangire
Biraboneka kobiryoshe Hama alameda ntiyobikora kobeshi ariyusanga birira?
courage jeanine
Kurag bandanya uzana nibindi madam jeanin
Ndi kukivi
Ntaco ntazokora kugira ndabanezereze
Nukur naj ndibak
ndabona biryoshe ariko jewe sinogerageza kubera ngwara igifu, iyo ndimu na magui byo hava bindrya
Inbox nkurangire umuti
Gusa maman ko ntabonyemo inyanya?
oyaye ntazo nashizemwo nabishimye uku♥️
KO urya urumwe😂
karibu♥️
Jew nanezerejw nizo ndagara zinye gs
Subira ugende kwiga guteka,
Washizemo ibitunguru vyinshi bagabo Ni vyinshi gusumba indagara
Mbese nindagara zi100 nibiro 5 byibitunguru
@@ingabireshakira9631 ndangira indagara zi100 aho zigurigwa
Indagra nukumotesha nyinshi zovahe zirazimvye😅
Video ni ndendepe
Ni ndende kubera ariko arateka, abereka du début à la fin gushika bishe.
Ubwo burobe ntabwo babushyushya?
😁😁😁😁😁
Poa sana
poa
Nta tomate ushiramo ?None iyo sauce ni nyabaki itagira tomates ?
Nindagara zibu'itungur nt tomat
Aho ntibishik indagara zikazigira?
Gusa nisawa
Wapi ibyo natwe turabizi pee nta naga tunguru sumu ushyiramo ?? Oya pee ubumenyi sikirenga sorry ariko
tunguru sumu sibose bayiteka kandi biraryoha.
@@nirenganira8433 rwose
Hubw wew niw utabiz indagar zibitungur nt tungur sum ijamw wew hubw birab nez akwerek kk
Ndabona bifite umwanda pe
Ziba ikomereze muvyeyi
@@user-ro1ny9sh2q ziba nawe, unzibisha nkande, ndeke kuvuga ivyo ndaba rero? Sans honte???
Wibesha,nuko ari mucyaro. Kandi abantu bose ntibanganya ubushobozi n'abadafite amakaro bararya disiweee
Nta mwanda ahubwo kuvugish ukuri vyarabananiye.
Je mbona ivyo akoresha vyogejepe nimba umuhora ikindi da
Biraryoshe ariko ibyo ubiteguriramo bisa nabi isafuriya amasahani arashaje akamamiro ko ntiworaba hindura mubyeyi
🤣🤣🤣🤣
sha solange nukuri urishima pe bisa neza ntamwanda biriko umuhoye kuba mucaro vyonyene
Isafuriya ubucafu ifise nubuhe?gabanya umwiryo sha Aho uwoza iwawe wosanga ufise ibisa nabi kurusha uko ubivuga!biramaze
Mwirinde kugayana , kunegurana mwige gushigikirana , jogutezimbere bagenzi banyuuuu... Ndirenganiyeeee
Ubwose se wowe ibyawanyu cyangwa se iwawe birasa bite?,Uko umaze guteka uca ujugunya ibyowatekeyemo🤔,Ukagura ibindi bishya☹️,Twirinde kunenga.
Emwe biraryoshye pe.
murakoze ,♥️
Kirazira gukatira ibintu muntoke.
Vyandits he
@@habibapristie1881 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
urabeshe ntikizira
Kobazirisha se.upfakuba wakarabye neza
abanyafrica cane abarundi na banyarwanda turakunda kunegurana kweri. Ngo kirazira gukatira ibintu mu ntoke woe ubikatira he?mu birenge
No good that is not how the cooking
Merci Jeanine bisa neza cane
Biba bimara ndumva urumufana
Urakoze cane ndagukunda ariko uriko urateka uze uvuga cane kugira twumve ivyo urimwo kuvuga kuko navyo birakenewe cane.
Urakoze cane Muvyeyi mwiza. Jew mpora ngira ukwo nyene, ngashiramwo n'agatunguru sumu harya ibitunguru biravye, hama harya ndi mukubihisha nkaca nongeramwo n'aga persil. Birasara sinokubesha.
😮😅
Urakoze cane
Merci beaucoup courage 🙏🙏
Merci beaucoup ndirutse kubikora umunoho uranyishe
Courage di maman💟ham abantu muragoye PE erega abantu ntitunganya ubushobozi umuntu akora ibijanye nivyo afitiye ubushobozi ibikoresho afise nivyonyen kko nivyo afise kandi ntibisigurako ingabire yiwe itoja ahabona ub uwoza iwanyu yosanga ariko muhira amasuku kwl?nihatar uwabinenze arakora gwiw azane naw dufane😀😀apana kunegura ivyabandi nimba harico utashimye ukivugana urupfasoni mugakosorana 😎😎nirenganira daaa
hanyuma x uwo umunenga yakoze ibyiwe tukabibona cyakoza abantu bariyenza wallah gusa ndacyeka nagashyari kaba karimo rata courage mubyeyi imana iteze imbere change yawe nukuri
@@siffahhassan6977 Sifa ndakuramukije na hano turahahuriye hhhh uyu mubyeyi ndamukunda cyane ndamukurikira
Biraryoshye pe👌
Courage mama
Merci jeanine nukuri warahise
de rien❤
Merci beaucoup Jeanine,nahora nkurikirana abo mu Rwanda,ugasanga barashiramwo ivyo tutazi ino i Burundi
de rien❤️
cyakoza watuma nza muburundi namaguru wallah 😋😋😋😋😋😋😋😋😋😋😋
Nihatari kabisa
Akarobe ko mu minago kararyoshe cane courage 😋😋😋
Usanga ibitunguru vyarazimbutse 😂😂😂
oyaye
Courage muvyeyi
Merci mama et bn appet nciy ndabishak
Uzobitegure
Courageeee
Merci jeane ndagkunda kndi utxigisha neza gusa ukorera ahantu hatabona neza
Ni camera nzohindura mwiza nsengera
Murabandany kutwerek nubundi buhinga.komer
Urakoze
Courage
Ico nabonye co nuko ukunda uburobe 🤣
Courage merci
Courage Imana ikuje imbere
Amen amen
Ni good
Jeanine mazina ndagukunda uzoze uragira video atari ndende
Nukuri nanezerew niyinyigisho uduhay .courrage courrage.
Wow wow 👌 biragaragara nkaho biryoshye 🤪🤪like and subscribe to your channel ❤
Ivyo bintu ndabikunda kubi maman
Courage ngiy kuza ndategura isose y'irengarenga nakare turazirimira
uvyukana akabiri karemvye
Nciye ndabishaka
Karibu
Uteka neza
Nuko dukunda ibitukura ariko njye nkunda ibirimo inyanya gusa
Ivyo biroroshe cne nubwo atamavuta ukoresha ugakoresha ibitunguru nindimu namagi ,gusa indagala uba wazicishij mumavuta ugacuyakuramwo.
Uwokoresh mamesa vyokunda
Gabanya umwanya wa vidéo kabisa uwo mwanya ni munini. Hama courage
Nivy p
Nzogabanya
Uciyunyibutsa akakera indagara zikiboneka
egome
Karibu ncuti yanje
urakoze aloko iyi maggi abataramenya ko ali uburozi baracyayikosha! Uzayireke
Nuburozi gt?? Tubwr
@@parfaitemugisha6844 yooo barabyigisha cyane wangu. Reba you tube ngo; le danger de maggi tube! ubishoye arayireka, ikibazo nuko murugo dutekera benshi batabimenya; wongereho inalyoha!
Uradukumbuje akarobe nukuri
Sha nisawa kabisa ,
merci
Merci mam ntucik integ ndgkund peee, ubikor nez WP yaw ndayikener
urakoze kuntera intege
Birajyoshyepee
cane gose
Ibyo biranaciriritse ntawutabibonera ubushobozi pe thanks
Vyiza cane ariko muze mugira ilinota mikeyi
Corage maman
Indagara zibitunguru ntapwavro nashiramwo
Courage madame Jeanne
Amen
Huuum
Uzatwigishe gukora uburobe
Cane gose ninaza iwawe uzokanzimane ka minago ncuti
Uzewige kunyarusta video ibitunguruvyonyene ubukase isaha yose haha
Wewe rero bixokugora kuko ntuzi gugira video zigufi
Wirya wenyine!
Karibu dusangire
Biraboneka kobiryoshe Hama alameda ntiyobikora kobeshi ariyusanga birira?
courage jeanine
Kurag bandanya uzana nibindi madam jeanin
Ndi kukivi
Ntaco ntazokora kugira ndabanezereze
Nukur naj ndibak
ndabona biryoshe ariko jewe sinogerageza kubera ngwara igifu, iyo ndimu na magui byo hava bindrya
Inbox nkurangire umuti
Gusa maman ko ntabonyemo inyanya?
oyaye ntazo nashizemwo nabishimye uku♥️
KO urya urumwe😂
karibu♥️
Jew nanezerejw nizo ndagara zinye gs
Subira ugende kwiga guteka,
Washizemo ibitunguru vyinshi bagabo
Ni vyinshi gusumba indagara
Mbese nindagara zi100 nibiro 5 byibitunguru
@@ingabireshakira9631 ndangira indagara zi100 aho zigurigwa
Indagra nukumotesha nyinshi zovahe zirazimvye😅
Video ni ndendepe
Ni ndende kubera ariko arateka, abereka du début à la fin gushika bishe.
Ubwo burobe ntabwo babushyushya?
😁😁😁😁😁
Poa sana
poa
Nta tomate ushiramo ?
None iyo sauce ni nyabaki itagira tomates ?
Nindagara zibu'itungur nt tomat
Aho ntibishik indagara zikazigira?
Gusa nisawa
Wapi ibyo natwe turabizi pee nta naga tunguru sumu ushyiramo ?? Oya pee ubumenyi sikirenga sorry ariko
tunguru sumu sibose bayiteka kandi biraryoha.
@@nirenganira8433 rwose
Hubw wew niw utabiz indagar zibitungur nt tungur sum ijamw wew hubw birab nez akwerek kk
Ndabona bifite umwanda pe
Ziba ikomereze muvyeyi
@@user-ro1ny9sh2q ziba nawe, unzibisha nkande, ndeke kuvuga ivyo ndaba rero? Sans honte???
Wibesha,nuko ari mucyaro. Kandi abantu bose ntibanganya ubushobozi n'abadafite amakaro bararya disiweee
Nta mwanda ahubwo kuvugish ukuri vyarabananiye.
Je mbona ivyo akoresha vyogejepe nimba umuhora ikindi da
Biraryoshe ariko ibyo ubiteguriramo bisa nabi isafuriya amasahani arashaje akamamiro ko ntiworaba hindura mubyeyi
🤣🤣🤣🤣
sha solange nukuri urishima pe bisa neza ntamwanda biriko umuhoye kuba mucaro vyonyene
Isafuriya ubucafu ifise nubuhe?gabanya umwiryo sha Aho uwoza iwawe wosanga ufise ibisa nabi kurusha uko ubivuga!biramaze
Mwirinde kugayana , kunegurana mwige gushigikirana , jogutezimbere bagenzi banyuuuu... Ndirenganiyeeee
Ubwose se wowe ibyawanyu cyangwa se iwawe birasa bite?,
Uko umaze guteka uca ujugunya ibyowatekeyemo🤔,
Ukagura ibindi bishya☹️,
Twirinde kunenga.