Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Mbaye uwabere wowe zisaneza cane ikiryoshe ukoresha ivyo twaronka hano iwachu merci
Kumahera make dufungure neza
Vyiza caaaane
Bisa neza cane
Tugusabe uzoje uduza akajwi kugira tukwumve neza iyo uriko uravuga
Thank you
👍✅♥️
Uteka neza cane❤
Ndakwemeye uri simple mubikoresho kandi bikaryoha
amen amen
Asante
Gerageza uze uravuga unyarutsa
Merci bcp!
Merci à vous
Hello turabakunda cane
Oya numukozi vraiment
sintahuye
Bandanya utwigisha.
amen
Uri umwigisha mwiza ariko uvuga gahoro
Maman wubahwe pe
amen nawe hezagirwa
Intoryi kuki wazihase?ibishishwa byagendanye nintungamubiri
Vyiz can
Zuraduza akajwi tukumve
ndiko ndarihingura muminsi Iza rizoba rirongorotse
Biraryoshe. Ariko bifata umwanya muremure
nzogabanya umwanya
Non kuki izontore zaw zidashaya😂😂
nubuhinga wirinda kuzikomakoma ,Jew nkunda mfungure urutore ndarubona
Ubunyobwa mwisobe ubara iminota inahe
ubushiramwo zahiye nka 10 ou15
Oya numukozi vraiment😊😂🎉
♥️
Niyo mpamvu wifitiye akabiri karemvye ukunda imboga. Urasa neza cane
Amen
Merci bcp maman ndagukund cane
Merci maman courage