Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Hari abantu benshi batazi guteka cyane mu byaro,KD nasanze harimo ubwenge bwinshi
Busigura uko uvyumva hariho abatabizi ivyo vyose utangurirarako. Abatabikunda nibabe begeza imbere batangurire aho utangurira guteka.
Utwereke uko bategura isosi
Komereza aho umwigisha nuwusigura ❤️🙏
Twigishe muvyeyi abo video irambira nibaxe basimbisha bigixa imbere
Murakoze kurizo mpanuro
Merci bcp
Mbaye uwambere
❤❤
Izo tomate n'uburozi Kuko iyo detane bazipompa ifise demi vie ya 30 ans kandi iri kugishishwa. Kandi iri concerigene. Donc vyiza n'ikuzi rappa.
Courage et merci
et vs aussi
Mrc muvyeyi nkukunda trop
nanje ndagukunda
Maman merci ariko kubwanje mba nshaka uhere kuntango etape par etape nivyo vyiza kandi vyofufasha hariho abatabizi
urakoze nivyo harabatabizi
Ndabaza iyomisoma wari wayitetse? Cnk wayicishije mumakoto?
raba video urabibona
Niwirambire
Amen amen
Gabanya amagambo teka gusa
Mureke asigurire abatabizi wewe bawegeza imbere utangurire aho ushaka.
Inyama yakagufa gahekenyeka bayita akameme!
N'urubeshi ni bon igira akagufa keza
Igugwa gute mutubwire natw turye ibimota neza murakoze
inki ncuti yanje
Ico gishishwa Kiriko umuti witwa detane kandi utera cancer
Zurasigur neza maz harih abatabizi
Egome ncuti kubabizi nabatabizi twese nukuzuzanya merci
None so yisose twoyigurirahe?murakoze
mumasoko hose ubu ni 12 mille
Ubwo wafashe ibiki ko twakwiyamye.
Jewe ndazikunda uku ww urazirapa ntuzorware burya tubayeho kubw'imana
❤❤❤❤ jaja
Jeannine hindura nahuvug nguratevy nt video imar iyominota nukuz ura resuma uzogire copie kwaba ba nyarwandakazi video itevy imar 15min
Navyumvise nuguhindura nukuri murakoze cane😊
Uko nukur!bakuremw ibidakenew bashiremw ibikenew gus!nimb yob akoresha caméra itar iya téléphone umu cameraman wiw azohindur ukwakor!gushiramw ibitunguru ukabitwerek vyahiy c'est normal!kuk ntamuntu atazi ko atetse igitungur cank itomate arindir bigasha!🙈🙈🙈🙈
Nukuri
video yabaye ndende muntu wacu
Nuguhindura nukuri murabona bihinduka kuva uno munsi
Nzogerageza kugabanya
Tumbwire akamaro kiyo soya sauce
None hatarimwo so y.isose nturyoha ? K' umuceri ho ntibiryoha ni zonyama ?
Biraryoha