Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Bakunzi ba Jeanine tv ndabahaye mwaramutse mwese ndabifuriza igitondo ciza c'umugisha mwese aho mutumbereye.🙏
Hezagirwe !
Muurakoze cane none mwotubwira aho twogurira iryo bumba mwoba mukoze
Sha nukuri ibintu vyawe ndabikurikirana knd nkanabikora mgb ntagihinduka vrma
Murakoze cyane❤❤❤ iryobumba twarikurahe
Ma chri urakoze cane, jew nshak undangire umuti ukuraho umugara kumaguru
Urakoze cyane mubyeyi nikundira uzongere uturangire umuti ukuraho imvi
Ibumba ryera tworibona gute?
Twaraherey. Tuzoraba. Kobihera. Tuzagushimira.
muzoshinge intahe
Bsr mwinsi ntibahasiga?
Urakoze none ibumba baricururizahe?
Murakoze Jeanine ❤
Murakoze cn❤❤❤
Merci.iryo bumba umuntu yorikurahe?
Murakoze
ni sawa ndemeye
⚽
Murakoze ndangira amavuta yokwisiga nisabune yokwoga fise uruhu rwumutse
Aka kantu ko kunywa amazi niko ka mbere❤❤❤ kubera amazi akora isuku mu mubiri indani igasohoka,bikarinda umuntu kurwara indwara zurukoba.ibyo umuntu yakwisiga byose atanywa amazi,urukoba rwawe rusa nabi...
Urakoze cane chérie wacu
Urakoze warahezagiwe
Urakoze cane, none ibumba tworikure hehe ga Mme Jeanine
muba diventiste ririyo nukuri
🎉🎉🎉🎉❤❤❤
♥️♥️♥️
Urakoze mubyeyi urimwuza yradufasha
Murakoze cane turagukunda cane❤❤
nanje ndabakunda ncuti zanje nziza🙏♥️✍️
It's thebest
thanks❤️
Tubwire umuti ukuraho umugara
egome
None Ko nabonye mwakoresheje ikiyiko ntaco biheza ngo vyice mw'iryo bumba?
oyaya nukuri
Urakoz muvyey mwiza ndagukund
✅
Uturangire amavuta avyimbisha umubiri
Duhe namba zawe rwose
Murakoz caane,muturangir umuti wudusununu duto duto noire dutegwa n,amavuta
Twarikurahex
Murakoze cyane Mubyeyi ❤
murakoze gushima
Kunuka mukanwa bikizwa niki?
baraguhaye inyishu
Thanks you
🙏
Iryo bumba ryera rigurirwa hehe
muba diventiste
Jew ivyowatubwiy vyos narabikoz regulièrement arik vyos vyaciy binteribihere sinz rer icowomfash kuk karw narimfis uruh rutagir ibihere arik kuvah ntanguy gukorera ibint vyos utubwir hano vyantey uruhere😢😢😢
Ntucike intege,imicafu iba iri kuvayo,bizashira umere neza.kandi unywe amazi neza,...
Mrc.
de rien
Isabuni yabigenewe niyihe?
Nukuri nanje namye ndabiraba Jeanine usigaye usa neza mumaso cane gose Mercii
murakoze cane
Mercii Jeanine.Iryo bumba ryera umuntu yorigurira hehe?Tubwire tubwire s'il vous plaît !
muba diventiste b'umunsi w'indwi
Imana iguhezagire jeanine
amen 🙏
Ndasha gikukuru wazanyohereza??
Ibyo uvuga nibyo.Kandi birakora rwose.
Iryo bumba barigura hehe ryumweru
❤❤❤
♥️❤️♥️❤️
Kubijanye n'a double menton twokora iki?
Ayo mavuta y'inka ninkarya yo gufungura?canke umuntu yogurt amwe yokwisiga batekera mudu sachet?murakoze
Nange ndagukunda cyane Ariko se iryo bumba riboneka hehe?
Ibumba ryera rigurigwa hehe?
mu ba diventiste
Mbes idy bumba umunty yorikura hehe
Mwaramutse neza ibumba ryera barigurira hehe?
mwaramutse mu badiventiste
Ark nibyo koko cg muba mushaka kutubeshya
Mbega iryo bumba murikurahe ?
Ukonukuri
Naturangire aho tworigurira iryo bumba aha ibujumbura kandi uzoba ukoze
Hariya kumashurwe kuri Stella rirahari
Jewe mba igitega ibumba sindabona ahonorikura
Non riravura ibihere?
egome cane
Mrc tanti tugomb umuti wisununu plz uturangir
Honye kirazira kuvanga ibumba nikiyiko ukoresha igiti gusa
Good
thanks♥️
Mumbabarire vyanse kwuguruka.bakoresha argile blanche gusa? Ntaco bavanga?😅
Ibumba ryera ribonea hehe?
Iryobumba riboneka hehe?ariko jewe ndi hanze
Uzambwire uburyo wakoresheje kuko nanjye umuntu nisize amavuta ntarebye ubwoko bwayo kuko nari mu rugendo nyuma ya 2 semaines uruhu rutangira kuzana amabara y'umukara . None nagiye kwa muganga ariko mbona bitaza neza.
None ukoresheje erayo ntibikora?
Ma chr ndangira umuti ukurakunukamukwaha
Uzaze ushiramo indimu irabikiza
Mr6 Maman ,Hama nashaka uturagire umuti utuma amabere yaguye asubira guhagarara neza murakoze
Muzohava mumubaza umuti wokugarura ubusugi kabisa
Turashize noneho
Wagiye ukora sport ijyanye nigituza se kuri CZcams byose bibaho
Hello hello mbese umuntu abonye ibumba ritari umweru yarikoresha
Wotubwira aho twokura iryobumba
Wazadushakiye umuti ukurimvi mumusatsi
Kuri Amazone
nonese ibumba ryumweru umuntu yaribona gute
Uraduhenda ukavuga ngo urazi umuti ukuraho imvi Burundu noneko. Nakoresheje ça gitunguru gitukura Naya ariwe n'a mavuta ya elayo
Jolieizabayo yes nanjye byaranze yaratubeshye
Mw'izosi no ku ntoke ntiwisiga?
ntangorane
Jtm ma chr gusa ndashak umbwir umuti utum umuntu afis turya dutobor tuza kumatam (pole dilaté)
I bumbag ry'umweru riboneka he?
None Jeanine wanje iryo bumba ryova hehe? Ntabindi mwoturangira bikora ataribumba
Riruzuye vill hariya kuri athenee
Murakoz.ham nanj mfis akabaz kk nsanzw mfis uduher mumaso bambwiy ng ni allergie arik umut bampay kur pharmacie ntac urik urankorer knd nomugatuntu turiko ,mwoshobor kumbwir umuti nokoresh kugir ngo nisiz iryobumba ntihazogir ikibaz bintera
Njewe ndi murwanda ibumba ryumweru waribona gt
nibazako iyo iwanyu ririyo
Muisoko ubajij ,waribona bano bagurish imiti ya knyarwanda yemew baba bayafite uzabaze ,naza turmeric ziba zihar
M6bcp
Uzotuzanire umuti ukuraho imvi hama tubwire aho baridandariza iryobumba
Athenee
N' ibumba risa gute?
None ufite ibumba ryicyatsi kibisi ntibikoramo kimwe?
oya suko
kuko argile blanche nukuryisiga bararyisiga'rya vert niryo kunywa
None iryo bumba turi kura hehe?
Mbega iryo bumba rirakura iminkanyari yo mw'izosi?
None KO bakubaza Aho borikura ntiwishure?
👍🙏
Mahoro cane uzotirangire umuti uvyibusha ibisusu

Nukuri nanje namye ndabiraba Jeanine usigaye usa neza mumaso cane gose
Mercii