Ivyo utwigissha ni vyiza.Ariko jewe nashaka kubaza uyu munyu wacanze n'amazi ashushe yo kwoza ibirenge ko utoba ari urya dusanzwe duteka mu mazu iwacu.Dusubiriremwo uko witwa,wongere uturangire aho twowugurira.Ivyigwa vyawe ni vyiza kuko biri mu vyo benshi bipfuza kumenya
Urakoze mubyeyi kubumenyi udusangike
Mmmjjji732😊😊w2😊w😊t😢😢😢😂
Courage ❤❤❤,uradutohoreza ivyerekeye indugu
Good. Thank you
Mubyeyi mwiza Yesu aguhe umugisha
Urakoze ma chr
Merci bcp couraaaage mn maman ariko uduhe inyishu Maman wacu
Courage madame
Urakoze cyane
Urakoze cyane mubyeyi ndagukunze cyaneeee
Urakoze cane
Udihaye umuti kbs❤
Merci bcp
Urokoze cyane
Merci beaucoup ❤
Courage
Courage madame wigisha neza
merci bcp
Urakoze mugenzi
urakoze gushima
Murakoze cane muvyeyi, uwutoronka uwo munyu wa gikukuru agakoresha sel mer hari ingorane? Murakoze.
Courage muvyeyi
amen amen
Uyo munyu ugurirwa hehe?
Murakoze caneee
murakoze gushima♥️🙏
Madame courage 🙌🙌
Merciiii, ❤️❤️🙏
Murakoze cyane kuko mutugira inama cane
Ndifuza Yuko mwondangira umuti uvura amarozi yamategano muzoba mukoze
murakoze gushima inbox❤️
Murakooze cane uwomunyu sinawutahuye
Ugize neza
Kabisa courage
merciiiiii♥️♥️♥️
Umubyeyi uzatubwire nuko wasukura amenyo azana amabara ndetse nadacya
Courage ndakunda ukuntu wivugira kndi ukomeze kugira imibiri yacu ise neza
amen❤
Uwo munyu ugurigwa hehe
Murakoze cne
murakoze gushima
❤Hezagirwa
amen
Murakoze cane Hama twasab mutubwire iyumuntu yisize amavuta akagira ibitash kumaboko nokumagur mubiganza akirabur vyohera gut??
Murakoze cyane
murakoze gushima
Murakoze cyane mubyeyi
namwe❤️❤️❤️
Courage chr
merci et amen❤
Murakoze kuduha umuti wakorishya ibirenge.
Mwadufasha ku byadufasha koroshya intoki.
Merci mais je savais pas Gikukuru,nigiki?
❤❤❤
Murakoze cane mwigisha wacu turagukunda cane icotugusavye uturangire ahotugurira ubuki bwiza uzoba udufa shije
murakoze gushima❤️
Urakoze caaane Jeanine ❤ nzobigerageza.
Ndakeneye amavuta y'inka noyaronka gute??? Murakozre
Nanje ndayakunda
(Kuyafungura no kuyisiga)
nimeza cane Avura vyinshi uramubwira jewe ndayakura riguru Muramvya original amwe asa n'a jaune
Merci
de rien
Sha, ugirumugisha kabisa urakoze turonderere nutundi twinshi
amen ❤️
Urakoze. Umuntu adafite elayo.yakoresha iki hamwe niyo champon ikindi igikukuru ko kitameze nk'ibuye cyangwa nuko iseye. Uzanatubwire umuntu adafite elayo n'amavuta ya coconate yabisimbuza iki ngo imvi zigende
Sawa
Urakoze cane maman. Mukibanza cuwo munyu uwokoresha uwu munyu usanzwe dufungura canke bicarbonate harico?
Umunyu usanzwe nawo urabikora
Murakoze cane
Uwo munyu nawo ugurirwa hehe?
Umuntu sindawutahuye. N'a chanpo muyitweeke. Hama Imana ibahezagir
Ntabwo ari champo n'isabuni imeze nka champo boga k'umubiri ziri ubwoko byinshi
Uwo munyu ni bicarbonade? Urakoze
Udafise umunyu wa gikurikuri naho?
Urakozemubyeyi❤ 15:42
murakoze gushima♥️
Murakoze cane ndashaka kohanyuma mwodusabikaniriza ingene twokora umushatsi naturel ugasa neza
Sawa ncuti yanje
Sawa urambwira amafranga
Uwo munyu utawufise wakoresha iki Mama wscu
Murakoze,ndangira aho nokura gikurukuri
mu batempera
Abatempera n,abaki? Bakorera hehe?
Nanje ndagukunze!!wibereho utababaye
amen haleluyaaaaaaaaà🙏♥️
Merci maman wacu dukunda mbega none uwo munyuma baugurirahe?
Naturangire aho bawugurira kweli azoba agize neza
Urakoze cyane aliko.ndakubaze?
Iyo ndwara niyo kwa muganga bita eczéma?
sintahuye untunge
😢iyo ni gikukuri cyangwani urugera tubwire neza uvugan buhoro.
Merci maman Jeanine none uwomunyu ugurirwa hehe?
mubatempera www ubah
Urakoze cane uyo muntu ugurigwa hehe?
Nkubaz gikurikuri noyikurahe ka mama
Jewe shaka undangire ibikurako ibintu vyirabura kumaboko
Iyo champooon niyariyo yose?
❤❤❤❤🎉🎉
❤️❤️
Courage maman mbeguw muny ugurirwah cnk kubantu turima vyokunda?
cane gose ❤️
None uwutoronk umunyu wa gikurukuru akoreshej ury usanzwe wo kurya vyokunda?
Byakunda
Wubahw muvyeyi zuratwigisha ndabonabizogenda neza
amen vyose n'uhoraho abikora♥️
Urakoze cne muvyeyi ariko uwomunyu sindawuzi umuntu yowukura hehe?
Gute wokwivura ubuvyimbe bw'ibirenge
Abantu dufise ibirenge bikomeye twahageze
Uwo munyu twowukurahe
Murakoze cyane maman
Ariko muzatubwire nicyo twakora kugirango twivure utuntu tuza kumaguru tumeze kudutoritonzi
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Urakoze
Murakoze cane nanje mufise ikirenge kigumye pe nta whatsapp yanyu mwondonsa
Merci bcq Mme , bakoresha champo iyaliyo yose ?
oyaye yagenewe kumaguru
urayifise wokoga savonor ya noir bita runyenyeri
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Madame ndi Misha ariko 'urakoze muzoturondererr umuti wamenyo 'abakunze cane
Merci mama bkp nukuri❤
Gus uwomunyu basha twowukurahe plz
mubah
Murakoze cne.umuny twowuronka gte?
murakoze gushima
Nokubiganza vyokora ma chr
mukibanza kubera hakomeye sikirenga
murakoze can kubwo bumenyi mudusangij,Hama nagomba MBAze mukibanza ca champon,dukoreshej eau de javel ,harico???
Yoooh oya nta eau de javel woshira ku mubiri!!!!😮😮😮😮😮
Koresha isabuni usanzwe wiyogesha.
Muvyeyi muzotubwire umuti wabantu bagira imitsi ivyimba kumaguru nimuntege hose
Iyo champo niyihe
nzoyiguphotorera
None harigikukuru gusa nu mweru cyangwa uwo muntyu numwe wavuye wingezi duhe inyishu gikukuru isa nu mukara
uzokoreshe iyera iyirabura oyaaa
Nones udafite shampoo ntibikunda
Ivyo utwigissha ni vyiza.Ariko jewe nashaka kubaza uyu munyu wacanze n'amazi ashushe yo kwoza ibirenge ko utoba ari urya dusanzwe duteka mu mazu iwacu.Dusubiriremwo uko witwa,wongere uturangire aho twowugurira.Ivyigwa vyawe ni vyiza kuko biri mu vyo benshi bipfuza kumenya
Ivyo bintu umuntu yobikura hehe
Urakoze cane nanje Ngiye kubikora
😅
Nu wase goreth ndimurwanda ndagukunda
yambbiiiiiiiiiiiiiii,❤🇧🇮
Mu maso naho warisize amavuta arimo hydroquinone wahakorera iki ?
raba vidéo yibumba
@@jeaninetvibumba
Ariko ubundi uzi kwandika wowe
uwomunyu wa gikuku ugurirwahe?
Tubwire iyo champo ikoreshwa
Gus uw muny wa gikukuru ugurirwahe?
Uwomunyu ubahe
Abafite ibigañza bikomeyex nabyo byakoroha
Intoke zigumye nazo burya ntizokwiroha kweli
Uzatubwire ikintu gikuraho ubwoya mumaso ndavuga amoya
Tubikore kangahe mu kwezi?
Umunyu ugurirwahehe
mubatempera
None ufashe gikukuru yamabuye ukayisya ntivyokunda?icindi udafise erayo kdi amavuta yinka aguhumurira nabi wokoresha iki?
Urakoze . None umunyu wa gikukuri twowukura he? mu gifaransa witwa gute ? Utawuronse wowusubiriza n"iki? Murakoze cane
Ndi kunganira Jeanne muri Français ni bicarbonate de sodium iyo gikukuru yo twavuga ko ari bicarbonate yo muri Afrique 😂
Ni Bicarbonate