Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Urakoze cane video zawe ni zubwenge kd ziradufasha. Uwiteka agahe umugisha mwishi.
amen amen🙏❤️♥️❤
Umwanzi akubera incuti mugabo ajirango agushikire vuba!!!
Muraho. Ni byiza.Muzanatwigishe ibirukisha.Nibivura umaze igihe kinini ahumanyijwe.Murakoze cyanee
Urakoze cane muvyeyi
Hezagigwa cane mugenzi Uhoraho Imana ikongr ubumenyi
Kanga kumusi canke uwufata igihe kinganki
Imana nibnherereze vyinshi muduhek merci!
Urakoze cane .
Urakoze cane
IMANA iguhezagire uwo vyoshavuza nibo babo barozi nyene ,baragahura naYesu
Mwaramutse neza murakoze cane kunyigisho uduhaye imana iguhezagire jew ndaziko abatu tutari beza.
Urakoze muvyeyi mwiza
Urakoze cyane njye baranzengereje
Imana Iguhezagire muvyeyi, je umwana yarafashwe aribwa, akatubwira ko harikintu kiguma gikwega mumukondo, twaciye dusanga ari ishano.yemwe urakoze caane
mpore nizereko yakize
Merci kucayi wandangiye ishano uwo rimaze mwigihe worikora merci
Merci bcp imana igukomeze
Amen muvyeyi
Ndagukeje mama
Urakoze cane🙏🏾. Hanyuma abaza nyuma yanje mukande iyi foto twimenyanire /twikundanire. Imana ibahezagire🥰🥰
Isi irashaje cane jeanine!!!merciiiii
Merci Janine ndagukurikira cane.
Ikomerere muvyeyi❤
Urakoze muvyeyi wacu
🙏
Urakze cane kuvyigwa utgezaho birubaka cane
urakoze gushima NDI kukivi❤
Rugira aguhe umugisha Kubwo kuduha ibyadukiza twahumanyijwe n abanzi
amen amen
Nonesembaze nikinzari icyaricyose?
Ndagushigikiye murundikazi wacu
Mwiriw neza Mama wabanywanyi ba jeannine tv. None iyofu yamakara yabigenewe twoyigurirahehe tworiyante.
muba diventiste b'umunsi w'indwi iriyo sinzi rero Aho muba
Niwirambire mugore mwiza
Jewe kubwanje ndashimye inkoreye umuti
amen❤❤
jeaninetv Tumeric Ntago ari ikinzari nshuti yanjye😅utababwira ikinzari bakajya kugura kimwe kuva kivanze cya simbambiri kirimo na black pepper 🌶️ na red pepper 🫑 green Babwire gusa bashake tumeric imeze nka tangawizi ibyiza iyi ikijumba bakayisera ubwayo aho murwanda orginal tumeric biragoye kuyibona kuko iba ivanze
Murakoze cane maman
murakoze gushima❤
Merci bcp
Umuntu yomenya amavuta original ya olive gute?
Komera
Murakoze
,🙏
Murakoze cane jeanine
namwe ncuti Yanje♥️
C'est bon
merci ❤️
Merc
Ndagukunze imana iguhezagire❤❤❤
amen❤️❤️
None uwariye ishano ryica ritevye umuti nuwonyene ?
Amakara dutekesha
Nakwibariza??
Ndagushimiye Imana ikube hafi knd ikurinde
amen,♥️
Nyagasani aguhe umugisha uduhaye umuti ukomeye ❤
amen 🙏
Asante sana
Imana ikugirire neza
amen amen,❤
Urakoze caane
murakoze gushima♥️
Murakoze cane mwigisha mwiza
Ivyo vya jaunes nibiki?
Imana Ibandanye Iguhezahira muvyeyi natwe turagukunda kanini
amen ❤️
Murakoz can
namwe murakoze gushima
Urakoze uwabkiriye kera vyomufasha
egome ariko vyiza wobifata kare
Bjr mwene data jeanine none ayo makara aseye twoyagurira he
Merci. None umuntu abifata igihe kingana gute ?
Murakoze hama harumtu wayiriye Yakoresha ivyo bintu hama agakira?
Kitabonetse wokoresha iki? tél yawe!!!
sintahuye?
murakoze
namwe murakoze
Ayandi makara nayahe bayadandarizahe
❤❤❤
♥️♥️♥️
Wiriwe
ndaho
Imana ikudukomereze gusa ayo makara sindayamenye kwl
n,amakara asyeye bacuruza yo kunywa nimeza cane ABA mudiventiste
Mbwira Jeanine ahukorera nzoze kukuramutsa
Thanks you my
Thank you mum
same too u❤
Ndafise ikibazo uwomuti wishano ukoresha akayiko kikinzari nakayikoka thé vert?
Bidusobanurireneza
Uvuzukuri kukwifu yamakara yarankuye habi
egome numuti ukomeye
Mercii
Urababaramugikiriza nizindi ngingo
cane gose
Nashaka kumenya uwufise imbanyi arashobora kubifata?
Iyo fu yamakara twoyigurirahehe,urakunzwe mada
mubadiventiste abariyo
Noé kubarway mund cnk kubafs
muraho amahoro yi Mana kumuti uvura imvi mwari mwatura ngiyi mwarakoze ariko bamwe bitewe naho umuntu aba amavuta yakokonati aragoye kuronka ahoya gurira sinzi komwoturangira yandi twozobona bítagoranye Hafiz murakoz3
Egoo,twerek umuti naw uwakuroze akakuroga ibintu vyaw ntivyigere bij imbere,donc umukoshi ,umuti wobikura nuwah? Wob ukoze
Mrci kukuntu witanga ukatugezaho ivyiza nkibi. Mwamaye watsap yawe .ndiburundi.
Ikinzari ni igiki mukirundi ga yemwe?mbega umuntu yokigurira hehe?murakoze
muba tempera
Mpahonamba yawe
kuri Jeanine tv hejuru ziriko
Yewe urakoze ariko ico kinzari ntaco ndabona hano muri America
tumeric narinziko iri hose
Bonjour bcp,ntawoshavura uriko uraduha umuti, hezagirwa Mme
bjr
Merciiiiiiiiiiiiiiiii🙏🙏🙏
de rien
Ikinzari nigiki?
Inda nini
Mugihe naho arumwana ataramenya kunwa? Ko nuwuvutse barimuha
Murakozecan arikonashak kubaz tever ugirayifu?
Kuri OTB barayidandaza
Nyagasani aguhe kuramba Mubyeyi
amen amen♥️❤♥️❤️
Ikinzar nigiki mbwira abakizi❤
Nikurungo bateka kimwegitukura
ni turmeric en francais
ndagukunda. Cane. Utuzaniye. Vyiza. Cane. Uyumusi. Komera. Kwibanga
merciiiiiii♥️♥️
Ivyo utubwira sivyo maze gukora vyonshi vyaranse ntivyo gukura imvi nabigize ukwezi kwose vyaranse
Wico kinzari kitabonetse naho mu Burundi ntaho ndakiziHama ayo makara ameze gute? Ayo badandaza muri pharmacie ava mubiki?
mugiti c'umukaratusi c'ubundi bwoko
Tumeric arico kinzari ca jaune urakironka muri alimentation z'i Bujumbura ni mu masoko mu birungo.
Imana iguhezagire kubintu vyakamaro udushikiriza harabamaze kumenya guteka kubera wewe. Hama ikinzari niki?
murakokoze,ikinzari ni turmeric
None iyo thé vert niyiteguye?ukoresheje iyowiteguriye ntiyokora?
vyokunda ncuti yanje❤️
Hama uwo rimaz iminsi nawe?
Bimaze nkimyaka 10 mumubiri byakira
Non iyotevere irahinguye cank teveryamababi ukayihura mumpinyishu
Turangir numuti wuruband
Non bigurigwahe
Madam merci ariko nkuwibungenze arawufata ntumubangamir?
akabazo; ko numva uvuga amavuta ya Olive canke aya Elayo none yose nico kimwe canke umuntu yokoresha ayahe.,?
None iyofu yamakara iradandazwa komuvuzeko atararya dutekesha
Ayo makara bayadandariza hé ?
mubadiventiste
Mbega ishano riratuma ubababara mugikaraza ?
cane gose ukumvaho imisonga nokubabara ukababara
Urampa numero yaw mada
None waramaze kuremba vyogufasha?
égome kuko ntibisubira kurengana ngo bisanzare
Shalom shalom? muragize neza cane kudufasha muri vyinshi tworonka whatsapp yanyu GT?
zirihko Kuri Jeanine tv
karibu
None uwusanzwe yaragiye ishano ,ivyo vyomuvura agakira? Canke ivyo nivyo gupima!
Urakoze cane video zawe ni zubwenge kd ziradufasha. Uwiteka agahe umugisha mwishi.
amen amen🙏❤️♥️❤
Umwanzi akubera incuti mugabo ajirango agushikire vuba!!!
Muraho.
Ni byiza.
Muzanatwigishe ibirukisha.
Nibivura umaze igihe kinini ahumanyijwe.
Murakoze cyanee
Urakoze cane muvyeyi
Hezagigwa cane mugenzi Uhoraho Imana ikongr ubumenyi
Kanga kumusi canke uwufata igihe kinganki
Imana nibnherereze vyinshi muduhek merci!
Urakoze cane .
Urakoze cane
IMANA iguhezagire uwo vyoshavuza nibo babo barozi nyene ,baragahura naYesu
Mwaramutse neza murakoze cane kunyigisho uduhaye imana iguhezagire jew ndaziko abatu tutari beza.
Urakoze muvyeyi mwiza
Urakoze cyane njye baranzengereje
Imana Iguhezagire muvyeyi, je umwana yarafashwe aribwa, akatubwira ko harikintu kiguma gikwega mumukondo, twaciye dusanga ari ishano.yemwe urakoze caane
mpore nizereko yakize
Merci kucayi wandangiye ishano uwo rimaze mwigihe worikora merci
Merci bcp imana igukomeze
Amen muvyeyi
Ndagukeje mama
Urakoze cane🙏🏾. Hanyuma abaza nyuma yanje mukande iyi foto twimenyanire /twikundanire. Imana ibahezagire🥰🥰
Isi irashaje cane jeanine!!!merciiiii
Merci Janine ndagukurikira cane.
Ikomerere muvyeyi❤
Urakoze muvyeyi wacu
🙏
Urakze cane kuvyigwa utgezaho birubaka cane
urakoze gushima NDI kukivi❤
Rugira aguhe umugisha Kubwo kuduha ibyadukiza twahumanyijwe n abanzi
amen amen
Nonesembaze nikinzari icyaricyose?
Ndagushigikiye murundikazi wacu
Mwiriw neza Mama wabanywanyi ba jeannine tv. None iyofu yamakara yabigenewe twoyigurirahehe tworiyante.
muba diventiste b'umunsi w'indwi iriyo sinzi rero Aho muba
Niwirambire mugore mwiza
Jewe kubwanje ndashimye inkoreye umuti
amen❤❤
jeaninetv Tumeric Ntago ari ikinzari nshuti yanjye😅utababwira ikinzari bakajya kugura kimwe kuva kivanze cya simbambiri kirimo na black pepper 🌶️ na red pepper 🫑 green
Babwire gusa bashake tumeric imeze nka tangawizi ibyiza iyi ikijumba bakayisera ubwayo aho murwanda orginal tumeric biragoye kuyibona kuko iba ivanze
Murakoze cane maman
murakoze gushima❤
Merci bcp
Umuntu yomenya amavuta original ya olive gute?
Komera
Murakoze
,🙏
Murakoze cane jeanine
namwe ncuti Yanje♥️
C'est bon
merci ❤️
Merc
Ndagukunze imana iguhezagire❤❤❤
amen❤️❤️
None uwariye ishano ryica ritevye umuti nuwonyene ?
Amakara dutekesha
Nakwibariza??
Ndagushimiye Imana ikube hafi knd ikurinde
amen,♥️
Nyagasani aguhe umugisha uduhaye umuti ukomeye ❤
amen 🙏
Asante sana
Imana ikugirire neza
amen amen,❤
Urakoze caane
murakoze gushima♥️
Murakoze cane mwigisha mwiza
Ivyo vya jaunes nibiki?
Imana Ibandanye Iguhezahira muvyeyi natwe turagukunda kanini
amen ❤️
Murakoz can
namwe murakoze gushima
Urakoze uwabkiriye kera vyomufasha
egome ariko vyiza wobifata kare
Bjr mwene data jeanine none ayo makara aseye twoyagurira he
Merci. None umuntu abifata igihe kingana gute ?
Murakoze hama harumtu wayiriye
Yakoresha ivyo bintu hama agakira?
Kitabonetse wokoresha iki? tél yawe!!!
sintahuye?
murakoze
namwe murakoze
Ayandi makara nayahe bayadandarizahe
❤❤❤
♥️♥️♥️
Wiriwe
ndaho
Imana ikudukomereze gusa ayo makara sindayamenye kwl
n,amakara asyeye bacuruza yo kunywa nimeza cane ABA mudiventiste
Mbwira Jeanine ahukorera nzoze kukuramutsa
Thanks you my
🙏
Thank you mum
same too u❤
Ndafise ikibazo uwomuti wishano ukoresha akayiko kikinzari nakayikoka thé vert?
Bidusobanurireneza
Uvuzukuri kukwifu yamakara yarankuye habi
egome numuti ukomeye
Mercii
Urababaramugikiriza nizindi ngingo
cane gose
Nashaka kumenya uwufise imbanyi arashobora kubifata?
Iyo fu yamakara twoyigurirahehe,urakunzwe mada
mubadiventiste abariyo
Noé kubarway mund cnk kubafs
muraho amahoro yi Mana kumuti uvura imvi mwari mwatura ngiyi mwarakoze ariko bamwe bitewe naho umuntu aba amavuta yakokonati aragoye kuronka ahoya gurira sinzi komwoturangira yandi twozobona bítagoranye Hafiz murakoz3
Egoo,twerek umuti naw uwakuroze akakuroga ibintu vyaw ntivyigere bij imbere,donc umukoshi ,umuti wobikura nuwah? Wob ukoze
Mrci kukuntu witanga ukatugezaho ivyiza nkibi. Mwamaye watsap yawe .ndiburundi.
Ikinzari ni igiki mukirundi ga yemwe?mbega umuntu yokigurira hehe?murakoze
muba tempera
Mpahonamba yawe
kuri Jeanine tv hejuru ziriko
Yewe urakoze ariko ico kinzari ntaco ndabona hano muri America
tumeric narinziko iri hose
Bonjour bcp,ntawoshavura uriko uraduha umuti, hezagirwa Mme
bjr
Merciiiiiiiiiiiiiiiii🙏🙏🙏
de rien
Ikinzari nigiki?
Inda nini
Mugihe naho arumwana ataramenya kunwa? Ko nuwuvutse barimuha
Murakozecan arikonashak kubaz tever ugirayifu?
Kuri OTB barayidandaza
Nyagasani aguhe kuramba Mubyeyi
amen amen♥️❤♥️❤️
Ikinzar nigiki mbwira abakizi❤
Nikurungo bateka kimwegitukura
ni turmeric en francais
ndagukunda. Cane. Utuzaniye. Vyiza. Cane. Uyumusi. Komera. Kwibanga
merciiiiiii♥️♥️
Ivyo utubwira sivyo maze gukora vyonshi vyaranse ntivyo gukura imvi nabigize ukwezi kwose vyaranse
Wico kinzari kitabonetse naho mu Burundi ntaho ndakizi
Hama ayo makara ameze gute? Ayo badandaza muri pharmacie ava mubiki?