Kora ibi ugire mu minwe horoshe nkah'uruyoya mu minsi mike cane

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 10. 05. 2024
  • • Kora ibi ugire mu minw... JEANINE TV

Komentáře • 45

  • @JusleneWIRINGIYIMANA
    @JusleneWIRINGIYIMANA Před měsícem +2

    Uratubwira ibindi bisubirira arya mavuta kumvi vyaranse

  • @user-do3hn1zi5x
    @user-do3hn1zi5x Před měsícem

    Urakoze maman mwiza inyigisho zawe ni nziza cane komera kukivi 15:32

  • @user-gr9rn8py4i
    @user-gr9rn8py4i Před měsícem

    Merci beaucoup

  • @DidicharlineMugisha
    @DidicharlineMugisha Před měsícem +1

    Jeanni nshaka akanimero kawe ndashaka iyo uhejj inyigisho uzoce uhereza kunimero yawe beshi turagukenera in box uhezagirwe cne

  • @BellyDivineKakunze
    @BellyDivineKakunze Před měsícem +1

    Uzotubwire ico twokora kubafise akamoto katari keza mukanwa

  • @AliceNTIRAMPEBA-gx2jk
    @AliceNTIRAMPEBA-gx2jk Před měsícem

    Uratubwira ico umuntu yogira kugira areke guhumura nabi mu kwaha.

  • @user-vf3iv5mg5m
    @user-vf3iv5mg5m Před měsícem

    Bnjr bcp,iyo sabuni yovura umwanya arwaye vyabiturika nibazako mumutwe?

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před měsícem

      cane gose kuko ivura n'urubandu harho nutuvuta ucumusiga

  • @evelynegakima5780
    @evelynegakima5780 Před měsícem +1

    Iyo brosse mwisoko iriyo?Jeho ntayo ndabona

  • @rtyrty7795
    @rtyrty7795 Před měsícem +1

    Uwufis nime yiw yoyimp yobakoze

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před měsícem

      hejuru Kuri Jeanine tv ziriko

  • @user-ic7ol1dh3v
    @user-ic7ol1dh3v Před měsícem

    Hezagigwa cane

  • @silviendayisenga
    @silviendayisenga Před měsícem

    Uzatubwire umuti ikiza ibihere mumaso mama

  • @BellyDivineKakunze
    @BellyDivineKakunze Před měsícem

    Uzotubwire ikintu kigabanya umukondo k'umwana

  • @user-cx4pr9lr1r
    @user-cx4pr9lr1r Před měsícem

    Bjr,mbega iyo bross igurigwa he?murakoze

  • @user-lm3cb7gj7b
    @user-lm3cb7gj7b Před měsícem

    Jendashaka nimero yawe urumuntadasanzwe keshindakumviriza cane cane ndungikiruko nokora wamuti ugwanyimvi ndafisumwana yamezimvi hataragera mwobabamukozecane ikindi amavuta olive elayo urayafise?uyagurishirizahe agugwangahe bisabakotumenyahukorera lmaniguhezagire cane

  • @user-gu3uz9sk7d
    @user-gu3uz9sk7d Před měsícem

    Ego mwiza uwo wimvi uzoba ukoze caaane.

  • @nahinkuyecapitoline6530
    @nahinkuyecapitoline6530 Před měsícem

    Mwaramutse neza. Iyo brosse twoyigurira he?

  • @user-cj2bm4cc7d
    @user-cj2bm4cc7d Před měsícem

    Ubw burso ningombwa ntshobra gukoresh ubndi buroso Gus butbbza??

  • @JusleneWIRINGIYIMANA
    @JusleneWIRINGIYIMANA Před měsícem +1

    Uratubwira ibindi bisubirira arya mavuta kumvi vyaranse

    • @jeaninetv
      @jeaninetv  Před měsícem +1

      egome ndiko ndarondera nukuri

  • @DidicharlineMugisha
    @DidicharlineMugisha Před měsícem

    Jeanni nshaka akanimero kawe ndashaka iyo uhejj inyigisho uzoce uhereza kunimero yawe beshi turagukenera in box uhezagirwe cne

  • @AliceNTIRAMPEBA-gx2jk
    @AliceNTIRAMPEBA-gx2jk Před měsícem

    Uratubwira ico umuntu yogira kugira areke guhumura nabi mu kwaha.