Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Emwe ngiye kubikora ndabe resultats bitanga kabisa.urakoze
Urakoze cane muvyeyi
Urakoze🎉
Turabashimiye cane Jeanine kubiganiro mwama mwatugejejeho kumusi kumusi Hama twagomba tubasabe muzotwereke umuti wimba nawo
mirakoze gushima 'hama ndakurangira vuba muri benshi
murakoze cyane
Urakoze
Savant merci nange ndaje mbikore kuko umusansi wange warananiye pe urakoze cyane
Merciii
Merci neaucoup
Jeani nukuri uhezagigwe cane
Watwunguye ubumenyi kweri!twereke uko amenyo yokwera imicafu yose ikavako
Nkeka bivana ni mushatsi jew nabikoze Kendji vyaranse
Urakoze cyane ngiye kubigerageza rwose
ego birakora
Bakunzi banje kubashaka imishatsi idacika yuzuye ku mutwe yokora ibi bintu birakora❤
Kangah imis yose
Merci madame. Gusa nashaka kubaza hagati yibi muhejeje kutubwira n'amazi y'umuceri nikihe gikora neza gusumba ikindi? Please munyishure
Umuneke,avoka,igi,amavuta yinka
❤❤❤🙏🙏🙏
Urakoze gusa urabukuntu wozuranyarutsa video ❤❤❤🎉🎉🎉
murakoze cane kuriyo nkebuzo♥️🙏
Mercii bcp nanje ngiy kubikora
courage
Bsr ham j maze kubigira2 gs ntakirahinduka nturakura '
Merc wacu❤
de rien❤️
Unkoreyumuti ❤
Merciiiiii❤
Merci
de rien, ♥️
Mrciii ugize neza ariko nagira nkubaze n'ayahe mavuta twosiga mwo😊
eco nayandi
Urakoze cn mama hama uzaduhe agafoto
egome
Bzzzz❤❤❤❤
bzuuuuu,♥️
Urakoze none namavuta adateste
Yaba mabisi yaba ayatetse
Ndagukunda cnnnn
Muvyeyi turakundana cane turakuramukije abo muri Canada 🇨🇦
yambi cane abo muri Canada ndabagumbiriye cane
Hoho ntiwomoresh iryo voc gusa nuwo muhwi niryo ringi ata mavuta yinka ushizemwo? Ntivyo kora?
Wodufasha uko bakura karya kamoto mu mavuta yinka??
Urakoz
❤❤❤ maman
merci beaucoup
❤❤❤
❤️
MRC mma,muturangire umuti w,imba(ingwara yo mumutwe)
nukuri vuba cane
Imaniguhezagire,uritangirabandi
amen ❤️
Merci udafise myinshi naho wokwirirwa uragira utwo dusuko mugusigamwo
oyaye ntatwo wogira
Mbega bimaramo amasaha angahe? Kugirango wuge mo
Eeeeee!Urakoze cane ni je na we!
namwe murakoze gishima
Mbega Jeani mfash jus y'igitunguru namavuta yinka harico?
ntangorane uvugira umushatsi ukomeye
Mercibeaucoupmama❤❤❤❤
❤❤❤❤❤ de rien
Mrc bcp,non nubwo wobigir nko kwituro ya1 nahonyn wogir umushatsi mwiza?
Rimwe gusa egome ariko uravandanya
Urakoze cane ariko nanje nashaka umushats wanje ukure kndi uvyibuhe nirende ariko ntirikura kweli womfasha bigakunda cnk bikunze ukampa aka numero tukaza turavugana umfasha kuko ndakeneye kubona umushatsi wanje wavyibushe ukaba mwinshi mfasha ndasavye nzopfuma nza ndariha make make 🙏
vyokwanka gîte Ari irende genda kuri description hejuru urabona numéro zanje za watsap
None bisabako ubikora kangah? Mundwi ? Cank mukwezi?
Bjr Jeanine. Ndakunda ibintu utwereka . Imana uguhezagire. Nakunze nibi vyi mishatsi. Wotubwira ingene imishatsi yo kwirabura
Bjr,ukunda iyirabura
Sawa ncuti vuba cane
Oe jeanine ayomavuta yinka umuntu yoyaronk gute
Nkwibarize gato,je mfs imishatsi igumy,ningombwa KO usiga ubanj gusuka?mbga Ivy utwerets biratuma imishatsi yoroha? urakoz kunyishu uz kumpa
Ndabaramukije! Nanje nshaka umbwire amavuta nokwisiga akankura ibihere mumaso biranyishe
inbox nkurangira aha wakize
@@jeaninetv mbwira mwoba mukoze
Nguma mbatezugutwi
Urakoze tubwire ingene twogabanya imvi naho
sawa CA inbox
Ngira ngo udusuko n'ukugira ngo abone uko ashyiramo hose bimworoheye kuko wowe ari mukeya wasigamo gusa udakoze ibisuko
🎉❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤
Ubikor kangah
Gd merci ubikora kangahe mundwi??
kabiri nisawa uzobona impinduka
Ntiwogamwo?
2:09
None nkuwudafise ayo mavuta yinka ntaronka niyo vaseline agakoresha amamesa harico vyica?mumpe umuco madame mwoba mukoze
oyaye nukuri ntamamamesa wopfuma ukoresha y'amavuta y'ikigazi
Nibyiza chane
amen
Nisaw Shaka ubwire konirabu mumihogo nokoriki
Indimu, amata yinshushyu,ikirayi giseye amazi yacyo,ubuki. Ukabivanga. Ukabishyira muri frigo bikaba barafu. Ukajya ufata barafu yabyo ukayisiga mwijosi cg mu maso. Bikuraho ibintu byirabura ndetse ninkovu ukagira uruhu rutagira amabara. Nibyo nakoresheje birakora. Ariko bisaba kubikora ugiye kuryama.ukabikaraba mu gitondo. Urabikora mpaka kugeza igihe uboneye ko usigaye usa neza cyane
Udakoresheje amavuta yinka nayah yandi wovanga?
olive oil canke vaseline original
@@jeaninetv oya ukoresha l'huile végétale, vaseline sinziza kumushatsi yaba Nya Africa Kuko irimwo pétrole ashobora gukoresha ,amamesa,olive, l'huile d'avocat,ayimise,ayamahoke,nayinazi mugabo bivana n'a porosité yumushatsi Kuko vyose ntibikora Kuko hari porosité faible ikoreshwa ,kuri l'huile d'olive,avocat ,amahokePorosité forte ikoreshwa l'huile d'amande douce,ayimise,ayinaziAmavuta y'inka nayo ari akoreshwa muri hydratation cnk beurre de karité
Murakoze cane
murakoze gushima
Bite Jeanine ?uwokoresha avocado oil nawe ntivyomera neza?
Oyaye Ayo woze woshiramwo usokoza
Jeanine ndagukunda, impanuro mugabo uhabwa nabatari bak mbona utayikoresha vyankira hh? Urimenyereza gukora mububangutsi ukoresha umwanya muto, munshingano zaba dame nogukora mububangutsi birimwo, yarinkebuzo
None uhejeje kwoga uhora usiga mumutwe amavuta yitwa gut?kuko je sinzi Ayo basigayo adaca umushatsi
Jaenine ndakwikundir mer6
najewe ndagukunda ncuti yanje hezagirwa
Mugize neza can nn ukoresha igi ryariryo ryose?
ryikirundi vyoba vyiza❤
None ga Jeanine usigamwo kangahe mundwi??
kabiri canke gatatu
Uvuga bukebuke urarabe wongerezijwi
egome ncuti
Bivana numushatsi kuko ibi vyamagi namavoka nimihwi jew vyaranse goôose
haaaaaa Niba vyaranse wihangane ICO kirungo nicambere
Urashobora gukoresha Amavuta yinka arya basga umwana akir muto?
oyaye ncuti amwe yomudusashe
bisaba amavuta akuze y,Inka ya naturel
@@jeaninetv Mrciiiii Muvyeyi🥰🙏
Inama utugira ninziza cyane uzaturangire amavuta ya naturel adapfura umusatsi Kandi akaworoshya ndetse ukanabyibuha
Wubahwe mugenzi
merci mugenzi, ♥️
Urampa nimero yawe
hejuru kuri Jeanine tv ziriko
Cank udafis amavuta yinka harico
wopfuma wigora ukayarondera uyabuze ugakoresha ayumuse
Nne ivyo wobikora kangahe kugira uvyibuhe umushatsi
kabiri mundwi
None nkuwufise umushatsi witsinga nawe utanavahuri yohava aronka umushatsi woroshe gt wew kombona ufise imishatsi yoroshe mabuja
cane gose
Uturangire umuti wimba nazo
egome❤
Asha bitwara umwanya munini kabisa😂
uwushaka akeza aragahebera
Ok
Muraho neza?izovitamini zumusansi uzimpazamo igihe kingana iki?
urabirarana 12 h
Tantine jaja ubikora kangahe mukwezi???
nka Kane 2 fois/ semaines
bivana ningene ufis umwete
Olive oil canke vaseline original❤
Yinka aba atetse ashika mw,icupa atetse
ok
❤❤❤❤
urakoze cane Ndiho akumpere umugisha
Emwe ngiye kubikora ndabe resultats bitanga kabisa.urakoze
Urakoze cane muvyeyi
Urakoze🎉
Turabashimiye cane Jeanine kubiganiro mwama mwatugejejeho kumusi kumusi Hama twagomba tubasabe muzotwereke umuti wimba nawo
mirakoze gushima 'hama ndakurangira vuba muri benshi
murakoze cyane
Urakoze
Savant merci nange ndaje mbikore kuko umusansi wange warananiye pe urakoze cyane
Merciii
Merci neaucoup
Jeani nukuri uhezagigwe cane
Watwunguye ubumenyi kweri!twereke uko amenyo yokwera imicafu yose ikavako
Nkeka bivana ni mushatsi jew nabikoze Kendji vyaranse
Urakoze cyane ngiye kubigerageza rwose
ego birakora
Bakunzi banje kubashaka imishatsi idacika yuzuye ku mutwe yokora ibi bintu birakora❤
Kangah imis yose
Merci madame. Gusa nashaka kubaza hagati yibi muhejeje kutubwira n'amazi y'umuceri nikihe gikora neza gusumba ikindi? Please munyishure
Umuneke,avoka,igi,amavuta yinka
❤❤❤🙏🙏🙏
Urakoze gusa urabukuntu wozuranyarutsa video ❤❤❤🎉🎉🎉
murakoze cane kuriyo nkebuzo♥️🙏
Mercii bcp nanje ngiy kubikora
courage
Bsr ham j maze kubigira2 gs ntakirahinduka nturakura '
Merc wacu❤
de rien❤️
Unkoreyumuti ❤
Merciiiiii❤
Merci
de rien, ♥️
Mrciii ugize neza ariko nagira nkubaze n'ayahe mavuta twosiga mwo😊
eco nayandi
Urakoze cn mama hama uzaduhe agafoto
egome
Bzzzz❤❤❤❤
bzuuuuu,♥️
Urakoze none namavuta adateste
Yaba mabisi yaba ayatetse
Ndagukunda cnnnn
Muvyeyi turakundana cane turakuramukije abo muri Canada 🇨🇦
yambi cane abo muri Canada ndabagumbiriye cane
Hoho ntiwomoresh iryo voc gusa nuwo muhwi niryo ringi ata mavuta yinka ushizemwo? Ntivyo kora?
Wodufasha uko bakura karya kamoto mu mavuta yinka??
Urakoz
❤❤❤ maman
merci beaucoup
❤❤❤
❤️
MRC mma,muturangire umuti w,imba(ingwara yo mumutwe)
nukuri vuba cane
Imaniguhezagire,uritangirabandi
amen ❤️
Merci udafise myinshi naho wokwirirwa uragira utwo dusuko mugusigamwo
oyaye ntatwo wogira
Mbega bimaramo amasaha angahe? Kugirango wuge mo
Eeeeee!Urakoze cane ni je na we!
namwe murakoze gishima
Mbega Jeani mfash jus y'igitunguru namavuta yinka harico?
ntangorane uvugira umushatsi ukomeye
Mercibeaucoupmama❤❤❤❤
❤❤❤❤❤ de rien
Mrc bcp,non nubwo wobigir nko kwituro ya1 nahonyn wogir umushatsi mwiza?
Rimwe gusa egome ariko uravandanya
Urakoze cane ariko nanje nashaka umushats wanje ukure kndi uvyibuhe nirende ariko ntirikura kweli womfasha bigakunda cnk bikunze ukampa aka numero tukaza turavugana umfasha kuko ndakeneye kubona umushatsi wanje wavyibushe ukaba mwinshi mfasha ndasavye nzopfuma nza ndariha make make 🙏
vyokwanka gîte Ari irende genda kuri description hejuru urabona numéro zanje za watsap
None bisabako ubikora kangah? Mundwi ? Cank mukwezi?
Bjr Jeanine. Ndakunda ibintu utwereka . Imana uguhezagire. Nakunze nibi vyi mishatsi. Wotubwira ingene imishatsi yo kwirabura
Bjr,ukunda iyirabura
Sawa ncuti vuba cane
Oe jeanine ayomavuta yinka umuntu yoyaronk gute
Nkwibarize gato,je mfs imishatsi igumy,ningombwa KO usiga ubanj gusuka?mbga Ivy utwerets biratuma imishatsi yoroha? urakoz kunyishu uz kumpa
Ndabaramukije! Nanje nshaka umbwire amavuta nokwisiga akankura ibihere mumaso biranyishe
inbox nkurangira aha wakize
@@jeaninetv mbwira mwoba mukoze
Nguma mbatezugutwi
Urakoze tubwire ingene twogabanya imvi naho
sawa CA inbox
Ngira ngo udusuko n'ukugira ngo abone uko ashyiramo hose bimworoheye kuko wowe ari mukeya wasigamo gusa udakoze ibisuko
🎉❤❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤❤
Ubikor kangah
Gd merci ubikora kangahe mundwi??
kabiri nisawa uzobona impinduka
Ntiwogamwo?
2:09
None nkuwudafise ayo mavuta yinka ntaronka niyo vaseline agakoresha amamesa harico vyica?mumpe umuco madame mwoba mukoze
oyaye nukuri ntamamamesa wopfuma ukoresha y'amavuta y'ikigazi
Nibyiza chane
amen
Nisaw Shaka ubwire konirabu mumihogo nokoriki
Indimu, amata yinshushyu,ikirayi giseye amazi yacyo,ubuki. Ukabivanga. Ukabishyira muri frigo bikaba barafu. Ukajya ufata barafu yabyo ukayisiga mwijosi cg mu maso. Bikuraho ibintu byirabura ndetse ninkovu ukagira uruhu rutagira amabara. Nibyo nakoresheje birakora. Ariko bisaba kubikora ugiye kuryama.ukabikaraba mu gitondo. Urabikora mpaka kugeza igihe uboneye ko usigaye usa neza cyane
Udakoresheje amavuta yinka nayah yandi wovanga?
olive oil canke vaseline original
@@jeaninetv oya ukoresha l'huile végétale, vaseline sinziza kumushatsi yaba Nya Africa Kuko irimwo pétrole ashobora gukoresha ,amamesa,olive, l'huile d'avocat,ayimise,ayamahoke,nayinazi mugabo bivana n'a porosité yumushatsi Kuko vyose ntibikora Kuko hari porosité faible ikoreshwa ,kuri l'huile d'olive,avocat ,amahoke
Porosité forte ikoreshwa l'huile d'amande douce,ayimise,ayinazi
Amavuta y'inka nayo ari akoreshwa muri hydratation cnk beurre de karité