Kuvomera imirima mu gihe c'ici - Uburyo bwo kuvomera imirima mu Burundi / Irrigation au Burundi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 6. 09. 2024
  • Kurikirana ikiganiro cerekana igikorwa co kuvomera imirima.
    Turasobanukirwa:
    - Uko ubushikiranganji bushigikira abarimyi mur'ico gice c'irima,
    - Uburyo bwo kuvomera bukoreshwa mu Burundi,
    - Akamaro abamaze kwijukira kuvomera mu ci babona mur'ico gikorwa,
    Kurikirana ido n'ido muri ico kiganiro INKA, IMIRIMA, N'IBIDUKIKIJE
    Ufise ico ubaza, twandikire muri commentaire canke kuri communication.mineagrie@gmail.com

Komentáře • 2

  • @samuchretien3082
    @samuchretien3082 Před rokem

    Murakoze cane . Ariko akabazo, mbega nimitumba yose ishobora kurimwako muci? Canke muba muvuze imitumba yegereye amazi? Ko hari imitumba kugira ushikaneyo ibido yamazi, amasaha 2 ahera

    • @mineagrieburunditv2023
      @mineagrieburunditv2023  Před 11 měsíci

      Mukurikiranye neza ikiganiro murabona aho umuhinga yasiguye uburyo bwo kuvomera. Rero ku mitumba itegereye amazi harashobora gukoreshwa ubuhinga bwo kwegeranya amazi mu ma tangi mu gihe c'imvura ayo mazi akazokoreshwa mu gihe c"ici.