MINEAGRIE BURUNDI TV
MINEAGRIE BURUNDI TV
  • 345
  • 81 657

Video

Sensibilisation face à la pollution de l'eau des rivières traversant la ville de Bujumbura
zhlédnutí 46Před dnem
Descente du MINEAGRIE pour s'enquérir de l'État des lieux des déversements des déchets des eaux usées dans les rivières traversant la ville de Bujumbura.
Twirinde imiriro ya nyakanga (feu de brousse), tubungabunge amashamba
zhlédnutí 31Před 21 dnem
Gukingira ibidukikije n'igikorwa c'umurundi wese. Twese hamwe tuvyitwararitse nta cobuza ko twiteza imbere tugateza imbere n'igihugu cacu. Iki kiganiro mugikurikirana imisi yose ya gatatu kuri Tereviziyo y'igihugu RTNB
Irima ry'impeshi: Umugambi wa Reta wo kurimira hamwe amatongo watumye umwimbu wongerekana i Muramvya
zhlédnutí 71Před měsícem
Ikiganiro Inka, Imirima n'Ibidukikije, gitegurwa n'ubushikiranganji bw'ibidukikije, Uburimyi n'ubworozi kigashikirizwa n'imboneshakure y'igihugu, RTNB imisi yose ku wa gatatu igihe c'isaha zibiri z'ijoro.
ANAGESSA: ISEKEZA RYA KABIRI RYO KWEGERANYA UMWIMBU
zhlédnutí 44Před měsícem
Inyuma y'ikiringo co kwegeraniriza umwimbu ku ma "hangar" manini manini ategekanijwe neza, isekeza rya kabiri rirabandanya mu kiringo c'indwi zibiri. Kuva itariki 03 Ruheshi gushika itariki 15 Ruheshi 2024 Itangazo ryatanzwe kw'igenekerezo rya 31 Rusama 2024
Igikorwa co kugura umwimbu w'ibigori / ANAGESSA
zhlédnutí 2,4KPřed měsícem
Reta iratera intege inguvu z'umurimyi mu kumugurira umusesekara w'umwimbu. Iki gihe turimwo hakaba hariko hagurwa umwimbu w'ibigori bigaragara ko vyimbutse cane mur'iyi sizeni. Iki kiganiro INKA, IMIRIMA, N'IBIDUKIKIJE gitegurwa n'ubushikiranganji bw'uburimyi, ubworozi n'ibidukikije, kigashikirizwa n'imboneshakure y'igihugu, RTNB imisi yose ku wa gatatu, igihe c'isaha zibiri z'ijoro (20h00)
Imbuto z'ibigori (Hybride) zikorewe mu Burundi
zhlédnutí 252Před 2 měsíci
Ikiganiro ku bushakashatsi bw'imbuto z'ibivyarwa vy'ibigori harimwo izikorwa n'ishirahamwe SETRACO rikorera ku butaka bw'Uburundi mu ntara zitandukanye. Ikiganiro ni INKA, IMIRIMA, N'IBIDUKIKIJE gitegurwa n'Ubushikiranganji bw'Uburimyi, Ubworozi n'Ibidukikije kigashikirizwa n'imboneshakure y'igihugu RTNB
ANAGESSA: Inama yagirishijwe n'umushikiranganji wa mbere ku bijanye no kwegeranya umwimbu w'ibigori
zhlédnutí 1,2KPřed 3 měsíci
Kuwa 08 Ndamukiza 2024 umushikiranganji wa mbere w'igihugu c'Uburundi, yaragirishije abajejwe uburimyi, abajejwe intwaro n'abajejwe umutekano mu gihugu cose kugira bigire hamwe ikibazo co kugurisha umwimbu w'ibigori biciye ku kigo ANAGESSA
Gusahiriza abenegihugu mu kubaronsa ifumbire ku giciro kitavuna
zhlédnutí 79Před 4 měsíci
IFUMBIRE : Umugambi wa Reta wo gusahiriza abenegihugu mu kubaronsa ifumbire ku giciro kitavuna woba wifashe gute ? Mur'iki kiganiro INKA, IMIRIMA, N'IBIDUKIKIJE : Abarimyi barashima uwo mugambi. Umushikiranganji w'uburimyi, ubworozi n'ibidukikije arasigura aho uwo mugambi ugeze.
UBWOROZI: Kunagura igisata c'ubworozi mu kwinjiza ibitungwa vy'amaraso mashasha
zhlédnutí 176Před 4 měsíci
Mur'iki kiganiro musangamwo ibikorwa Reta iriko irakorwa mu kunagura igisata c'ubworozi mu kwinjiza ibitungwa vy'amaraso mashasha. Ikiganiro INKA, IMIRIMA, N'IBIDUKIKIJE gitegurwa n'Ubushikiranganji bw'uburimyi, ubworozi n'Ibidukikije.
ANAGESSA : Kubika umwimbu w'ibigori vy'abenegihugu vyifashe gute mur'iki gihe ?
zhlédnutí 85Před 4 měsíci
Ikiganiro INKA, IMIRIMA, N'IBIDUKIKIJE kivuga ku gikorwa ca Reta co kwegeraniriza umwimbu w'ibigori mu bigega rusangi biciye ku kigo c'igihugu ANAGESSA. - Umugambi wo kubika umwimbu wifashe gute ? - Abenegihugu bakira gute uwo mugambi ? - ANAGESSA iriko ikora gute ? - CIAP ikorana gute na ANAGESSA ? - Uno mwaka igikorwa co kwegeranya umwimbu w'ibigori cifashe gute ? - Abenegihugu basaba iki Ret...
INKWAVU : Ibikorwa Reta iriko irakora mu guteza imbere ubworozi bw'inkwavu
zhlédnutí 667Před 4 měsíci
Ubworozi bw'inkwavu ni umugambi Reta yacu y'uburundi yashize imbere, aho umuhana wose usabwa gutunga n'imiburiburi inkwavu zitanu.
The effects of Climate change in Burundi / Cop 28
zhlédnutí 140Před 6 měsíci
To combat the threats linked to climate change, the Government is planting trees on all bare hills through the “Ewe Burundi Urambaye” program. In order to fight against erosion, the digging and revegetation of contour lines throughout the country is one of the Government's priorities in order to guarantee the population well-developed and well-protected soil. To avoid successive landslides, the...
Amakoperative akorera mu burimyi n'ubworozi afitiye akamaro kanini abarimyi-borozi mu Burundi
zhlédnutí 556Před 6 měsíci
Ikiganiro mutegurirwa n'ubushikiranganji bw'uburimyi, ubworozi n'ibidukikije (MINEAGRIE) mukagishikirizwa na televiziyo y'uburundi (RTNB).
Signature d'un mémorandum d'entente entre l'ISABU et CAAS, Chinese Academy of Agricultural Sciences
zhlédnutí 93Před 8 měsíci
Signature d'un mémorandum d'entente entre l'ISABU et CAAS, Chinese Academy of Agricultural Sciences
MINEAGRIE: Ubuhinga bushasha bwo kugwiza umwimbu mu Burundi
zhlédnutí 420Před 8 měsíci
MINEAGRIE: Ubuhinga bushasha bwo kugwiza umwimbu mu Burundi
La nouvelle stratégie d'augmentation de la production agricole au Burundi
zhlédnutí 680Před 8 měsíci
La nouvelle stratégie d'augmentation de la production agricole au Burundi
MINEAGRIE: Ingwara zibangamiye ibiterwa mu Burundi ziriko ziragwanywa
zhlédnutí 267Před 8 měsíci
MINEAGRIE: Ingwara zibangamiye ibiterwa mu Burundi ziriko ziragwanywa
Amazi n'ubuzima, Amazi aratugaburira twese, tuyabungabunge (JMA 2023)
zhlédnutí 202Před 9 měsíci
Amazi n'ubuzima, Amazi aratugaburira twese, tuyabungabunge (JMA 2023)
Remise et Reprise au MINEAGRIE, 03 Octobre 2023
zhlédnutí 379Před 9 měsíci
Remise et Reprise au MINEAGRIE, 03 Octobre 2023
SENAT / MINEAGRIE : Inyishu ku bibazo vyerekeye uburimyi, ubworozi n'ibidukikije 26/9/2023
zhlédnutí 385Před 9 měsíci
SENAT / MINEAGRIE : Inyishu ku bibazo vyerekeye uburimyi, ubworozi n'ibidukikije 26/9/2023
Irima ry'agatasi 2024A / Umwenegihugu-murimyi asabwa iki n'abajejwe uburimyi mu gihugu ?
zhlédnutí 976Před 10 měsíci
Irima ry'agatasi 2024A / Umwenegihugu-murimyi asabwa iki n'abajejwe uburimyi mu gihugu ?
Ibiciro vy'ifumbire uko bitunganijwe mur'uyu mwaka w'irima
zhlédnutí 39Před 10 měsíci
Ibiciro vy'ifumbire uko bitunganijwe mur'uyu mwaka w'irima
ITANGAZO KU BICIRO VY'IFUMBIRE HAMWE N'ITUNGANYWA RY'IRIMA RY'AGATASI RY'UMWAKA 2024
zhlédnutí 63Před 10 měsíci
ITANGAZO KU BICIRO VY'IFUMBIRE HAMWE N'ITUNGANYWA RY'IRIMA RY'AGATASI RY'UMWAKA 2024
Visite du Ministre Sanctus à l'ODECA, OTB, et FOMI faite ce mercredi le 13 Sept. 2023
zhlédnutí 134Před 10 měsíci
Visite du Ministre Sanctus à l'ODECA, OTB, et FOMI faite ce mercredi le 13 Sept. 2023
Kuvomera imirima mu gihe c'ici - Uburyo bwo kuvomera imirima mu Burundi / Irrigation au Burundi
zhlédnutí 577Před 10 měsíci
Kuvomera imirima mu gihe c'ici - Uburyo bwo kuvomera imirima mu Burundi / Irrigation au Burundi
Kumenya no kuvura ingwara zibangamira imirima / Abaganga b'ibiterwa / Kuvura ibiterwa
zhlédnutí 276Před 10 měsíci
Kumenya no kuvura ingwara zibangamira imirima / Abaganga b'ibiterwa / Kuvura ibiterwa
Uko ikawa ikorerwa: Gusasira, gukata, gufumbira, gupompa no gutera imivyaro mishasha
zhlédnutí 189Před 11 měsíci
Uko ikawa ikorerwa: Gusasira, gukata, gufumbira, gupompa no gutera imivyaro mishasha
ISUKARI : Kugira isukari iboneke mw'ihinguriro SOSUMO bigenda gute na gute ?
zhlédnutí 3KPřed 11 měsíci
ISUKARI : Kugira isukari iboneke mw'ihinguriro SOSUMO bigenda gute na gute ?

Komentáře

  • @user-uo5bb5gp8x
    @user-uo5bb5gp8x Před 14 dny

    Baguriye abadandaza babiranguriye umurimyi muto.Mubisanzwe igura ry'ibigori ryagenze nabi cane.

  • @geraldgm1217
    @geraldgm1217 Před 20 dny

    Kazi Safi!!!! Hongera!!!!!

  • @Muniraksu
    @Muniraksu Před měsícem

    Oya ntidushaka ibiza n'indege. Dushaka ivyunguka. Amase turayafise, turazi n'akamaro. Nimba mubikurikirana, murakorera kuvy'ukuri. Mr Ir Emmanuel Ndori yabivuze kandi anzi kuva mu buto. Je ubu ndiko nkorera Muri BUGENDANA na Bubanza-Buringa(mu bito). Duhe kumenya aho dukura IMBUTO YIMBUKA. no kuba multiplicateur kuri Maïs, ndahari. Iyo ndege tuyihoze. facts count more than words. Thank you!

  • @MalachieIrakoze
    @MalachieIrakoze Před měsícem

    Vyaguzwe nabadandaza nta murimyi nyezina anagesa yaguriye ubukene bwogusubiza abana kwishure twari kububikana ibigori

  • @nahimanafiston6518
    @nahimanafiston6518 Před měsícem

    Kuki reta itogura ama sillo kuntara kuntara kugira umwimbu ubikwe neza?

  • @gilbertshirambere7753
    @gilbertshirambere7753 Před měsícem

    Vyoba vyiza badugije igiciro cikawa.hama bagahimiriza hagaterwa izindi nyishi

  • @iga2023
    @iga2023 Před měsícem

    Ndumva ibintu bimeze neza caane.ariko jewe nashaka kumenya aho ca giterwa ca millet cahereye ko mutigeze mutubwira uko cimbutse?

  • @felixantoine4078
    @felixantoine4078 Před 2 měsíci

    Nivyiz arik murab muzemurazishikan muntarazos

  • @user-ep8sx4mi7q
    @user-ep8sx4mi7q Před 4 měsíci

    None uwukeney iyo agura mwomuh

  • @mauricendayishimiye3102
    @mauricendayishimiye3102 Před 4 měsíci

    Murakoze

  • @mugishamireille9423
    @mugishamireille9423 Před 5 měsíci

    Muze muratubwira aho abo bandi batanguye gukora aho bakorera natwe tubasabe impanuro

  • @user-wq5pu2by5n
    @user-wq5pu2by5n Před 5 měsíci

    Bjr

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 Před 6 měsíci

    ❤❤

  • @saidgok7433
    @saidgok7433 Před 7 měsíci

    Super napier grass reduces feed costs by 80-90 percent. 60 tons per decare. 20-20-20 Harvested 3 times. An English description is also available on the internet. Take a look at this. Its spread is very fast. A man in Turkey planted the seeds and fed them to his animals. The seeds also produce steel. If you are purchasing from abroad. Get the seeds.

  • @user-oh9pl9bw3n
    @user-oh9pl9bw3n Před 7 měsíci

    IMANA IBAHEZAGIRE

  • @user-rh9is7gs3w
    @user-rh9is7gs3w Před 7 měsíci

    👋❤❤uraduhenz kuko ntimutubwiye ukuntu umutobe uvamwo uduteteteye

  • @user-vz9vg1iv4d
    @user-vz9vg1iv4d Před 7 měsíci

    Nti bisiguritse neza Uhjj gutekera uc ubushira hehe?

  • @rahaytv26
    @rahaytv26 Před 8 měsíci

    AMEN

  • @paternedusabe181
    @paternedusabe181 Před 8 měsíci

    Mushishikare kutwigisha ubwo buhinga ni ngirakamaro gose

  • @LydiaNininahazwe
    @LydiaNininahazwe Před 9 měsíci

    Mutama wubahwe kweri

  • @LydiaNininahazwe
    @LydiaNininahazwe Před 9 měsíci

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @DianeNIYOMWUNGERE-zw3ob
    @DianeNIYOMWUNGERE-zw3ob Před 9 měsíci

    None mukorera hehe?

    • @DianeNIYOMWUNGERE-zw3ob
      @DianeNIYOMWUNGERE-zw3ob Před 9 měsíci

      Twifuza kumenya aho mukorera kuko twarabuze aho twoyigurira. Mwoduha adresse mwoba mukoze

  • @ProsperNsengiyumva-ot2ek
    @ProsperNsengiyumva-ot2ek Před 9 měsíci

    Izinyigisho zirankoze k'umutima ,uwoshaka idonido yozironka gute

  • @samuchretien3082
    @samuchretien3082 Před 10 měsíci

    Akwbazo: None izo mbuto ziriko ziraza, muzizaniye abenegihugu kwiyi sizeni? Ko mbona itera ririko rirahera? Cank ziziye abadandaza bazozigura, bace bazibika bongere bazitugurisheko kuyindi sizeni? Jew mbona abanyagihugu twihitiramwo kuzimbwa kwisoko, ha kurindira izo za leta.

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 Před 10 měsíci

    ❤❤❤❤

  • @richardminani-bk8uo
    @richardminani-bk8uo Před 10 měsíci

    Nashakumenya uko bubakira inkwavu

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 Před 10 měsíci

    Imana ihezagire ibikorwa vy'amaboko yacu!

  • @KitostaSeverin-iv9dv
    @KitostaSeverin-iv9dv Před 10 měsíci

    Bazogir'ubushakashatsi bw'ibigori vyimbuka cane nay'ahandi baraduhenda usang'imbuto batanze zitama neza.

  • @leopoldmanirakiza4851
    @leopoldmanirakiza4851 Před 10 měsíci

    . . .... ...

  • @niyongabodeo5579
    @niyongabodeo5579 Před 10 měsíci

    Ibiturire nivyo bigorana

  • @samuchretien3082
    @samuchretien3082 Před 10 měsíci

    Murakoze cane . Ariko akabazo, mbega nimitumba yose ishobora kurimwako muci? Canke muba muvuze imitumba yegereye amazi? Ko hari imitumba kugira ushikaneyo ibido yamazi, amasaha 2 ahera

    • @mineagrieburunditv2023
      @mineagrieburunditv2023 Před 10 měsíci

      Mukurikiranye neza ikiganiro murabona aho umuhinga yasiguye uburyo bwo kuvomera. Rero ku mitumba itegereye amazi harashobora gukoreshwa ubuhinga bwo kwegeranya amazi mu ma tangi mu gihe c'imvura ayo mazi akazokoreshwa mu gihe c"ici.

  • @j.danielmugisha9332
    @j.danielmugisha9332 Před 11 měsíci

    💯

  • @richardminani-bk8uo
    @richardminani-bk8uo Před 11 měsíci

    Ni vyiza birakwiyeko abarundi n'abarundikazi KO bokwijukira uburimyi n'ubworozi❤

  • @nahimanajeanpierre-uq1ib
    @nahimanajeanpierre-uq1ib Před 11 měsíci

    Ndimurwanda ndabemera

  • @afrobwoy9553
    @afrobwoy9553 Před 11 měsíci

    Umuntu akeneye imivyaro yikawa yoyikurahe hehe yoyisaba hehe ayironka gute?

    • @mineagrieburunditv2023
      @mineagrieburunditv2023 Před 11 měsíci

      Murashobora kwegera (BPEAE) uburongozi bw'Uburimyi, Ubworozi n'Ibidukikije mu ntara yose urimwo bakagufasha ahantu hafi yaho uherereye ushobora kuronka iyo mivyaro.

  • @UbworozibwimbebanaDesireNKUNZI

    Mumpe num yuwo mwubahwa hanyuma aterajimbere kabisa❤

    • @mineagrieburunditv2023
      @mineagrieburunditv2023 Před 11 měsíci

      Mwipfuza numéro canke ikindi kintu cose mubaza vy'umwihariko, twandikire kuri communication.mineagrie@gmail.com

  • @reverienmwemera
    @reverienmwemera Před rokem

    Turto woha urukwavu niyihe?

    • @mineagrieburunditv2023
      @mineagrieburunditv2023 Před 10 měsíci

      Mugumane natwe, turiko turabatunganiriza ikiganiro cerekana uko inkwavu zigaburirwa, uko zubakirwa n'ubwoko bw'inkwavu uko butandukanye

  • @aimeniyomukiza1273
    @aimeniyomukiza1273 Před rokem

    Mwodufash ukuntu dushobor kwig kubik ubwats

  • @twororeturimekijambere5491

    komera cane

  • @alfredbarutwa2131
    @alfredbarutwa2131 Před rokem

    Waouh, courage !

  • @Rw0965EEARGasutamo
    @Rw0965EEARGasutamo Před rokem

    Nibiza cyane duhe nimero yawe

    • @mineagrieburunditv2023
      @mineagrieburunditv2023 Před 11 měsíci

      Mwipfuza numéro canke ikindi kintu cose mubaza vy'umwihariko, twandikire kuri communication.mineagrie@gmail.com

  • @j.danielmugisha9332

    🙏

  • @j.danielmugisha9332

    👌

  • @gedeonmusore4575
    @gedeonmusore4575 Před rokem

    Ifuzakubavugisha

  • @gedeonmusore4575
    @gedeonmusore4575 Před rokem

    Umungambi mwizakabisa ubasha yababonagute

  • @burundishallsmile1day109

    ✊🏾🎩

  • @twororeturimekijambere5491

    🌧️🌧️🌧️🌧️🌧️🌧️🌧️🌧️🌧️❤️❤️🇧🇮👐👐👐👐

  • @twororeturimekijambere5491

    🙏🙏🇧🇮👍💪🇧🇮💪🙏