Irima ry'impeshi: Umugambi wa Reta wo kurimira hamwe amatongo watumye umwimbu wongerekana i Muramvya

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 25. 06. 2024
  • Ikiganiro Inka, Imirima n'Ibidukikije, gitegurwa n'ubushikiranganji bw'ibidukikije, Uburimyi n'ubworozi kigashikirizwa n'imboneshakure y'igihugu, RTNB imisi yose ku wa gatatu igihe c'isaha zibiri z'ijoro.

Komentáře •