Imbuto z'ibigori (Hybride) zikorewe mu Burundi

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 6. 09. 2024
  • Ikiganiro ku bushakashatsi bw'imbuto z'ibivyarwa vy'ibigori harimwo izikorwa n'ishirahamwe SETRACO rikorera ku butaka bw'Uburundi mu ntara zitandukanye.
    Ikiganiro ni INKA, IMIRIMA, N'IBIDUKIKIJE gitegurwa n'Ubushikiranganji bw'Uburimyi, Ubworozi n'Ibidukikije kigashikirizwa n'imboneshakure y'igihugu RTNB

Komentáře • 3

  • @SophonieNtitetereza
    @SophonieNtitetereza Před 25 dny

    NDi muntara ya bubanza igice co mumisozi twebwe dukeney imbuto yibigori panare 53 kuko bazoka uruhande turimwo irabora cyane ikind turipfuza cyane nabafundi bindimo mugice co mumisozi ntabwo dufise uburimyi bufatiye mubiyaya ariko mumisozi baratwibagiye

  • @felixantoine4078
    @felixantoine4078 Před 3 měsíci

    Nivyiz arik murab muzemurazishikan muntarazos

  • @Muniraksu
    @Muniraksu Před 2 měsíci

    Oya ntidushaka ibiza n'indege. Dushaka ivyunguka. Amase turayafise, turazi n'akamaro. Nimba mubikurikirana, murakorera kuvy'ukuri. Mr Ir Emmanuel Ndori yabivuze kandi anzi kuva mu buto. Je ubu ndiko nkorera Muri BUGENDANA na Bubanza-Buringa(mu bito). Duhe kumenya aho dukura IMBUTO YIMBUKA.
    no kuba multiplicateur kuri Maïs, ndahari.
    Iyo ndege tuyihoze. facts count more than words.
    Thank you!