Mugihe uburimyi bwoba bwatejwe imbere, vyokunda ko umwaka wa 2040 Uburundi coba igihugu cigaburira.

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 17. 09. 2023
  • Mu gihe usanzwe ufise inzu ubamwo, kwubaka izindi zigeretse ngo si umugambi ukomeye ahubwo wo kwihutira kubanza kuja mu burimyi kuko hoho ushobora uha akazi abantu benshi. Astère Ndabadugaritse umurimyi wo muri komine #Mpanda intara ya #Bubanza kuri wa mugambi wa Reta w'uko Uburundi mu bihumbi 2040 buzoba bwigaba bukigaburira, 2060 naho buteye imbere avuga ko uburimyi bufise ikibanza kinini kugira tuzobishikeko.#Burundi

Komentáře • 4

  • @nsabimasheba9165
    @nsabimasheba9165 Před 2 měsíci

    Mana 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @nirudi1890
    @nirudi1890 Před 9 měsíci

    Uburimyi burashobora guteza imbere igihugu ca Burundi.
    Imwembe ni icamwa gikomeye cane gishobora guteza imbere igihugu.

  • @BUSHASHASWITCH
    @BUSHASHASWITCH Před 9 měsíci

    Ego kbs harakwiye imvugo ngiro reo kubwivyo imashini zubwoko bwose ziboneke Hama Hari umuntu a kora ama machine yiwe bwite reo yarakwiye gushigikigwa kugira vyorohe

  • @nduwimanajeannine7934
    @nduwimanajeannine7934 Před 9 měsíci

    Turabuze ibibanza binini vyokurimamwo ex nijew ndumurimyi wumuceri ndafis I NGorane yokubura Aho ndima hanini Hari hamwe nka 10ha nguma nkota nahonyene ahatandukanye Reta niduhe ahoturima kugira tugure izo mashini