Velikost videa: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Zobrazit ovladače přehrávání
Automatické přehrávání
Přehrát
Ndakeney visite kuruwo mutama.yoba akorerahe ivyo bikorwa,yitwa gute?
Nipfuza aho mukorera munyigishe ubwo buhinga uwoba azi iyo Bari yombwira canke akampa numéro
Ivyo biganiro nivyiza
Merci beaucoup
Nukuri ivyigwa vyuwomutama vyotezimbere uburundi
Vyoba vyiza ko ubwo buhinga bw'uwo murimyi bwokwigishwa mu gihugu cose abarimyi bakabumenya. Canke uwomurondera kugira ngo amwigishe yobimufashamwo?? Kuko ubwenge burarahugwa.
Ndi umurundikazi nifuza numéro za téléphone zanyu!