Ivyavuye mu rugendo Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu yagize mu gihugu ca Sierra Leone

Sdílet
Vložit
  • čas přidán 4. 07. 2024
  • Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu Angeline NDAYISHIMIYE yaganutse avuye mu rugendo mu gihugu ca Sierra Leone aho mugenzi we wico gihugu yari aramutse atanguza ibikorwa vyo guharanira iterambere ridakumira muri ico gihugu.

Komentáře • 7

  • @Taziratv
    @Taziratv Před 4 dny

    Uko nugu sesagura amahera yigihugu gusa--aho kuronder uko boyinziz igitoro nibind bishinga kunezererw gusa. Mungu ana waonaaaaa

  • @JonasJonas-tj6sj
    @JonasJonas-tj6sj Před 3 dny

    Mubanyafurika Bose perezida ndayishimiiye niwe ufite umugore mwiza uteyeneza murafurika yose

  • @imanipierre6449
    @imanipierre6449 Před 3 dny

    Ok

  • @baquezprofessionalcleaners3178

    Tapis rouge niyiki Ubu ngaha? Ivyo avuyemwo bizofasha iki uburundi?

  • @AdamAmos-rr6fg
    @AdamAmos-rr6fg Před 4 dny

    Umugabo numugore bangane shahu😅😅😅😅

  • @nizigiyimanayves9485
    @nizigiyimanayves9485 Před 4 dny

    Ntakuntu mwoturwiriza indege abarundi twese tukiyunguruza nazo kumengo nizo zisigaye zironka ibitolo kurusha imiduga nama motos nimba atarico kizimbutse kurusha essence na mazout? 🕯️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🕯️

  • @suavisndihokubwayo-cc3id

    🤔🤔umutama arongora umwana wa 12ans imba ivyobibera muri africa nivumwe