Dj Philbyte-Collabo Feat M'ow Kanzie (Prod KDaGreat & X fecta)
Vložit
- čas přidán 28. 07. 2022
- Buja Vibes Ep
1.Papa mama Feat Berry Music & Ka kelly
2.Nivyo Sivyo Feat Rappy Boy & Trey Zo
3.Collabo Feat Mo'W Kanzie
4.Ntimubimpore feat 19th
5.Ivyo Bikundira
Bonus Track
6.Kwepa Feat Kirikou & Double Jay - Hudba
Tradi-Modern🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🎧🎶🇧🇮.........Philbyt arashobora Kuba ariwe umuziki w'uburundi warukeneye atari bwaze.......🔥
🙏🏾🙏🏾🙏🏾😊
Irijoro Nije naw kizigenza oookeeeyiii
Iyii song niyoo yambere iryosheee.....kuruyu mwanyaaaa ndavyandikiyeko...
k the great coup de chapeau akiwacuuu mimidiho yoseee biragwamwoooo🔥🔥🔥🔥
Vremaaa ibintu ni waneee🥵🥵🥵
INSTRUMENTAL‼️🔥🔥🥵🥵
La music Burundaise commence à avoir sa propre identité 💯 K the great ubahwaaa🙌🙌
Wubahw kliiiii 💥💥💥🔥 verry ep
Aka reo karanyemeje vya haaaaataaaaliiiii🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Instrumental ni iya bien vmt
Ce qui est étonnant, song ndayumvise right now😊😊
Iyi song vrt yarikwiye 1M
IT IS TOO MUCH O 🤩 WHAT YOU DID BRO....🔥🙏😎🇧🇮
IBI NI VYO DUSHAKA KUVA KERA
ELECTRONIC MUSIC INSPIRED BY BURUNDI RYTHMS HARIMWO NA INSTRUMENTS ZACU
Good creativity ♨️♨️Ki Ep kyatariiiiiiiiiiiiiiiiiiii 🙌🏼🙌🏼🇧🇮
iki kigoma ndzaaak....ni replay gusa
Maamaa weeee🇧🇮🔥🔥🔥
Thiz iz a true Vibe 🙌😁😁 Gusa Kuri Monna Nokuvuna, 🇧🇮Hejuru
Heeeeee music irarenze
🇧🇮🇧🇮🇧🇮 iyi yoyo mpaka 1M dushaka video
Oooooh mn this thing
Kbx😘🔥🔥🔥🔥🔥
Kizigenza ✌🏾 🔥
I do love this song 🥳🕺
Duregtement!!
Nice song🙌🏿🙌🏿🙌🏿
Byte🔥🇧🇮
Amashi menshiiii
Ewan we need this kind of creativity philbyte wubahw
K the great the best beat maker ever seen
Ringa kuri mon'kanzie wawe , kuri byte wawe !! So fireeeeee muranryoheyeeeeee waraaaah!
💥💥💥fire
I can't stop to support my country 🇧🇮 and good song @djphilbyte @kanezamonnawalda
Well done🎶🚀🚀🇧🇮🇧🇮
Iyi Ep ni iyumwaka. Uwuvyanka arimenya.
This song is dire👌🔥🔥cause this tradirional beat 💪💪nakubali
Kizegenza urashoboye🦾love from makamba
Ag clips tugahabwe gakosoye 😎😎
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Man uyu mudiho aba star nibarabe bawukorereko kWl nka Kurya ab sauza bafise amapiano natwe tukagir nkiyitwa #uruharamba par ex #kdagreat wubahwe 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
En tt cas vrmt👌
Muyironderere intambo IRI unique Hama muyi baptize ahanje ndakuye inkofero. Gusa ntibiherere aaha...
🤔🤔🤔👍Kali bro
Buja vibes💥💥💥
Hejuru canee mr Kizigenza
GHz🎵🎵🎵🔊🔊🔊🎹🎸🔥🔥🔥🔥🔥
A l'identité 🇧🇮Burundaise🔥🔥🤝
Mzeeh wakoze Ep kbsaa wubahwe🙏🔥🔥💉🇧🇮
Iyi IP 💯Niyo yumwaka ndaga✌️
Ooouuuh this one is too🔥🔥🔥🔥
Kandi félicitation nyishi sana bro natwe dukomeza twumviriza uti du sings iyo mwakoranye na Monna na nivyo sivyo mwakoranye na Rap Boy na tray-zo zirarene nizo ziyoboye
Aka kantu Niko vraiment big up mister Dj
Kbx kizengeza
Kbs
🤩🤩🤩🤩🤩🤩🤩🔥🔥🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥🔥Kizigenza kabisa
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Phylbit salut🔥🇧🇮
@kDagreat u made something clean pee🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Good song wallah
Ringa ringa
Song yamaz kunryohera naho ntaraheza kuyumviriza melodie niya bien xaan 🔥🔥❤️🎻👊🤙🎤
Ringa kizigenza kuri Monna wawe😁😁❤️❤️🔥🔥
🔥🔥🔥🔥
Kbx mwe na monna muratwemej kuwu mudiho Wikirundi👍🏻👍🏻🔥🔥 mwubahwe🙏🏻🙏🏻🙏🏻
#KIZIGENZA🔥⛽💥🚀🇧🇮
🔥🔥🔥
Kbx mwakozumuti Kizigenza ft M'ow kenzi
Really talented 🔥🔥
Umudiho wa Barundi 🇧🇮twari tuwukumbuye Kabisa 🔥🔥
More blessings. 🔥🔥🔥🔥🔥
Ringa kizigenza hit song🔥🔥🔥🇪🇦
Naring kwli
Hasigaye kwepa nayo mwakoranye na Kirikou na Double Jay nayo turayirindiriye
neza cane
By the way kararyoshe Sana fi
Icobita umuziki ndundi
Fire 🔥
bro mwahatwats umuti kbxaa
Ringa🔥🔥🔥🔥
Refrain👌👌💯
💥💥💥💥💥💥
Good vibes 🇧🇮🤝
Akakera ndake kumikenke turisoma😂😂😂🇧🇮💪
Cute🔥🔥❤️🇧🇮
The whole project is Just Faya Afta Faya Much respect 💪🏿🔥🔥 #KIZIGENZA
Thank you🙏🏾
More than creativity
Uzohera kuriyinyen kuyi korera video
🤗🤗
🔥 🔥 🔥 🔥 🔥
good song🔥🔥
Akako karanryohey kbs zos mpaka ndazumvirij
Ringa
Nice pic
Courage ♥️♥️♥️🔊🔊✅✅🎶🎶✌️✌️🇧🇮🇧🇮😋😋
✌✌✌✌✌✌✌✌✌
kizigenza crg ukomez uturyohera nogusaba kutocika intege uri mubantu bakora ibintu bimpimbara
nice song
Aka kangoma karakaze sana ako ka instrument numuti
nagomba nshimire uwundi Muntu badakunze kuvuga kubera aba arinyuma ya caméra muga ariko akora ibikorinka ni producteur "X-Fecta" ewana yubahwe gose uwo mu bro burya n'umu producteur mwiza gose arabizi kabisa.uti Big up kandi courage .mukomeje uko mugufashanya muri rwarukundo muzogera kure natwe views nama subscribe tuzoguma twazibahaye mwibereho
Urakoze cane🙏🏾
😂😂
Murino song mwari mwabuz imistari🥱
Mukomeze cn
Mubandanye muduha ibintu vyamavuta mbe umuntu akeney kwiga kuvuza bigenda gt
@mo'w kanzie official